Loxysmith

Loxysmith Artist 🎻&Content Creator
(1)

18/08/2026

Imana na nyuma y'ubusa irakora🇧🇮
Even After zero God still acting🌍
Même après zéro Dieu agit 🙏
“शून्य के बाद भी भगवान काम करता है।” 🙏❤️

Mvugira Imana nimba uvyizeye 🙌
Let's worship together 🙌

17/08/2026

Hakuna wa kufanana na Yesu 💥
Anaweza Yote 💪

Trust in him he will never disappoint you 🔥
Let's worship together 🙌

Don't forget to share this video 🙏
fans Loxysmith

17/08/2026

Iminsi yose Dimanche soir niyo noba navyibagiye bano bagabo baraza aho ndara kunyibutsa ko notora Guitar tukaja kuririmba kandi barazi ko ari indirimbo z'abakristo🙌

Our God is Number one ,Mugire umunsi Mwiza 💥
Generation born to save nations through Jesus's name 🔥
fans Loxysmith

16/08/2026

Imana iturinda buri munsi ibitero vya wa mugwanizi 💪🔥

shall praise his mighty name 🙌
Loxysmith wish you a nice night 💥

fans

Today is the birthday 🎂 of my big best friend Steve Arstide RugaBoy Muri ino si hariho abantu imana iguhuza nabo usanga ...
16/08/2026

Today is the birthday 🎂 of my big best friend Steve Arstide RugaBoy
Muri ino si hariho abantu imana iguhuza nabo usanga baruta cane imiryango. Be blessed my brother may God fulfill your dreams come true 🔥

Mumfashe tumwipfurize Isabukuru nziza y'amavuko 🎂🎂🎂

Tubipfurije kandi umunsi w'Imana mwiza 💥
fans Loxysmith

15/08/2026

Here i am to worship
Here i am to bow down
Here I am to say that you're My God 🙏

Happy weekend my people God leads you to a victory of your dreams 💪🔥

Wibuka gukora j'aime partage na comment,God bless you
fans Loxysmith

Kandi aha mwebwe ba boss banje umwumwe ampaye 1000fb×60.000=60.000.000fbu noca ntaha nukuri mbahe lumicash,??🤣Anyway nda...
14/08/2026

Kandi aha mwebwe ba boss banje umwumwe ampaye 1000fb×60.000=60.000.000fbu noca ntaha nukuri mbahe lumicash,??🤣

Anyway ndabakunda my People Imana nyenamahoro ihezagire umuntu wese akurikirana uru rubuga 🙏

Nyaturako ivyo unyipfuriza mubuzima bwanje ivyo unyaturako bizokubeko incuro indwi Hallelujah 🙏
fans Loxysmith

Ibibazo birarutana 😭😭😭Hari igihe uba ufite ibibazo wihevye ariko ukabona uwundi muntu agusumvya ibibazo ivyawe bigacika ...
14/08/2026

Ibibazo birarutana 😭😭😭

Hari igihe uba ufite ibibazo wihevye ariko ukabona uwundi muntu agusumvya ibibazo ivyawe bigacika utubazo mbere ugaca uvyibagira.

Uyu mwana ni umurundikazi ndashaka tugire ico tumukoreye ,Amasengesho ndetse n'ibigaragara ,ni umunyeshure kandi azoshika kure.

Uwumuzi azompuze na mama wiwe yoba akoze kandi nuwumva yomufasha nawe abikore 🙏

Nimba ugikomeye nturengane udakoze j'aime na commentaire kuri iyi photo😭
fans Loxysmith

13/08/2026

Nawe woba uri mubabonye Imirimo Imana ikora ikagutangaza??

Nimba hari ivyo yagukoreye ukumva uratangaye ,iri joro fata ibibazo vyawe ubibwire Yesu hama wiryamire 🔥

Mugire ijoro ryiza 💥
fans Loxysmith

13/08/2026

Impamvu bigishoboka ko uhindurirwa amateka nuko ukiri muzima,utarapfa ntiwihebure 🙌

Dieu va maintenir tous tes problèmes Hallelujah 🙏

Mugire umunsi Mwiza 💥
fans Loxysmith

Address

ABU DAHBI
Bujumbura
00971

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Loxysmith posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share