14/04/2026
GIHAMAGARA!!!Hari kumusi wakane igenekerezo rya 9/4/2026 ahumusore yitwa Jean Marie yari yiteguriy ubugeni bucakora samedi yafatwa bukumbi bamuhana kubitaro Hôpital communal d'Itaba yakera umusore yavomisa amaraso gusa niho kumusi wurubanza bajakumukurayo kugira bamuhezagire numugeni wiwe murusengero imigirwa yarabaye ariko atameze neza bari muri salle kumwanya wamakado haje umukecuru umwe amuzanira ibahasha acamubwirango ntuyishire muyandi shira mumufuko.
kuvubwonyen umuhungu yaciy ayamira,bafunduruy nyabahasha bsanzeyo inoti yijana gusa.umuhungu bcabashira mumodoka nokubitaro biri mugisagara ça Gitega vyitwa Betania.
Kuwimana mugatondo yaracikanye ngaho bacabahera amatohoza kuwo yamushiriy ibahasha irimwo ijana bamushikanye kukirindiro cinyamiramabi yaravyiyemereye kwaribo babikoze acavuga nabandi bose hamwe kobari abarozi 9 bose barafatwa bacabavuga ngontibamushire muri morgue ngumuhungu bamurabitse ntarapfa.
kumurango niho umukecurumwe yavuga bamujane ajekumukurako baramujanye bash*tseyo (video yiwe turayibaha)
yavuzeko habura umuti umwe ufiswe numutama yitwa kagoma ngutabonetse bidakunda.bagarutse kubwira uwo kagoma yabishuye kwadashobora kuwutanga ngokuko nawe yocapfa.
kugezubu rero uwomuhungu baraye bamukuye mubitaro bariko baramusengera abobarozi nabo nabomubona baracari munyamiramabi kugira babakingire kuko abanyagihugu biriwe bugarije kugiporisi nishavu ryishi ngonibabahe.
Musitanteri wa komine Gitega yarahishikiye kubahoyahoya ariko ntibavyumva.
Abenegihugu bakaba baraye babomoye inzu zimwe muzabo barozi
Wew uremera ko uburozi bubaho? Cank uwutaraburogwa avuga ko.....,?Kubwawe ko amategeko atabivugako cane umurozi yarakwiye iki? Bibiliya ivuga ngo ntimuzokwerer umurozikazi ko abaho!! None bisigura kumwica canke kumuhanura akabiheba ntabeho aroga? Abapfumu bobo ubabona gute? Uwo mugeni turamuhojeje twizere ko bazomusengera akavayo Cank kagoma azozana uwo muti
Source:Tubigenze gute