Joachim Ruhuna News

Joachim Ruhuna News FROM BURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ to UAE๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช
Invite you to follow this page for more news
Kumenya vyinshi ku buzima bwo hanze y'igihugu cane cane UAE , Dubai.

๐Ÿ›‘None ko mwemerera Abarundi ivyo kudafise, mukabarya amahera yabo ngo mubasafirishe  bikarangira mubuze iyo mubashira mu...
01/09/2026

๐Ÿ›‘None ko mwemerera Abarundi ivyo kudafise, mukabarya amahera yabo ngo mubasafirishe bikarangira mubuze iyo mubashira mugaca muhunga.

๐Ÿ›‘ Nicogituma Jewe nkubonye uriko wamamariza Agence kanaka mbona kk uhemutse. Aho rero abantu muzi ayo makuru ko mutayatubwiye.

๐Ÿ›‘Tayari ngo Abahs company vyarangiye bahomvye baca baromoka, bamwe muri bo barahunga. (Theophile)nawe ngo baramurembeje bamutera ubwoba

๐Ÿ›‘Ibi bintu vyaw Dubai jewe mbona mumyaka irimbere bizohekura imiryango myinshi. Kuko hari Benshi batazokwihanganira kukubona mumaso yabo wabaririye inoti.

Anyway muze murya ivyo mushobora gukorera reka gukoreshwa nubukene , iyo watse amahera Umuntu mutunganirije kuko Arya Mahera yaramugoye

01/09/2026

ABAHS COMPANY Kiss Africa mumbonera igikora nshaka gucishaho Umuntu ๐Ÿ˜„bamundungikir Dubai. Simperutse kubona offer zabo๐Ÿ˜„

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡Some iyi message umwe aduhaye  bitumwe numwe aheruka kuburirwa irengero . Please sangiza Abandi iyi message kuk...
01/09/2026

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Some iyi message umwe aduhaye bitumwe numwe aheruka kuburirwa irengero .

Please sangiza Abandi iyi message kuko uri Tres important. ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Mardi le 01/09 ushaka ticket y'indege izimbutse igushikira aho uri hose nyandikira utunganirijwe mukanya gato  MURAKOZE ...
01/09/2026

Mardi le 01/09 ushaka ticket y'indege izimbutse igushikira aho uri hose nyandikira utunganirijwe mukanya gato

MURAKOZE cane.
Joachim Ruhuna News

๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ชITANGAZO RYO KURANGISHAMwiriwe neza canke mwaramutse neza umwe wese aho aherereye , hanyuma twagira ducishemwo aka ka ...
31/08/2026

๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ชITANGAZO RYO KURANGISHA

Mwiriwe neza canke mwaramutse neza umwe wese aho aherereye , hanyuma twagira ducishemwo aka ka gatangazo kubari aha UAE. Mudufashe kurondera uyu muntu yitwa
NIYONYISHU Emani

๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ชYarasanzwe aba muri Sharjah, hanyuma abo babana ngo bamubuze.
Ngo hari kumusi wa5 uheze aterefonwa numuntu batazi, araheza amuha location uwo NIYONYISHU Emani aca aja kuraba uwo amuterefonye.

๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ชNgo gushika ubu abo babana ntibamutora kuri Phone, WhatsApp canke appel isanzwe . Iciyongeyeko ngo yagiye atakintu nakimwe atwaye. Knd nuwo yamuterefonye ntibamuzi.

Dufashe musangije iyi message kubandi dufashe kurondera uyu muvandi mwe Wacu.

Uwo mubona yoyakura abo babana kuri 971547304831
MURAKOZE cane. Canke akanyandikira in box canke WhatsApp yanje.Murakoze
Joachim Ruhuna News โœ๏ธโœ๏ธ

๐Ÿ™ BWIRA IMANA UTI: โ€œSINZIFISE INGUVU ZO KWIGWANIRA, ARIKO NDIZEYE KO USHOBOYE KUNKIZA!โ€Hari igihe umuntu agera aho yumva...
31/08/2026

๐Ÿ™ BWIRA IMANA UTI: โ€œSINZIFISE INGUVU ZO KWIGWANIRA, ARIKO NDIZEYE KO USHOBOYE KUNKIZA!โ€

Hari igihe umuntu agera aho yumva ata nguvu agifise zo kurwana nโ€™ibibazo bimuri imbere. ๐Ÿ˜ข
Ariko aho wewe ubona ko vyose biheze, Imana yo ibona inzira.

Bwira Imana uti: โ€œMana, sinagifise inguvu zo kwigwanirira. Ndazi ko ntashoboye, ariko ndazi ko WEWE ushoboye kunkiza. Ndagushizeko ivyizigiro vyanje.โ€ ๐Ÿ™โค๏ธ

Niwaba nawe wumva ko ata nguvu ugifise, ntucike intege. Imana irumva amasengesho yawe kandi igihe cayo kizogera. ๐Ÿ™

Andika โ€œAMENโ€ mu comments niba wizera Imana. โค๏ธ๐Ÿ™

Lundi le 31/08 ushaka ticket y'indege izimbutse igushikira aho uri hose nyandikira utunganirijwe mukanya gato  MURAKOZE ...
31/08/2026

Lundi le 31/08 ushaka ticket y'indege izimbutse igushikira aho uri hose nyandikira utunganirijwe mukanya gato

MURAKOZE cane.
Joachim Ruhuna News

Gute mwese umutipe yitwa Alex Amoah yatakaje Emirates ID yiwe who bita Sharjah uwoba amuzi canke babana yoronderw iyi Nu...
31/08/2026

Gute mwese umutipe yitwa Alex Amoah yatakaje Emirates ID yiwe who bita Sharjah uwoba amuzi canke babana yoronderw iyi Numero mubona hepfo kugira yakire Emirates ID yiwe

Hi everyone, the guy Called Alex Amoah from Ghana has lost his EMIRATES ID in Sharjah place.

Please contact this Whtsapp number 257809232. Or someone who knows him can help him . Thank you all .
Joachim Ruhuna News

Ndonderera aka  kaboro  uwoba agafise cnk yiyemera azi kugashona neza hapana bamwe bakoreshwa n'inzara
30/08/2026

Ndonderera aka kaboro uwoba agafise cnk yiyemera azi kugashona neza hapana bamwe bakoreshwa n'inzara

Reka duhe yambuuu abantu mwese MUSHAKA kuza kunyonga Taxi  kuri 6millions ๐Ÿ˜„๐Ÿ˜„ .Mbega mbaza ntiyababwiye Lincense ko izova...
30/08/2026

Reka duhe yambuuu abantu mwese MUSHAKA kuza kunyonga Taxi kuri 6millions ๐Ÿ˜„๐Ÿ˜„ .
Mbega mbaza ntiyababwiye Lincense ko izova muri izo 6millions?
Ko guca Lincense aha UAE burari musi ya 10.000 dirham . Vyose bizoba muri izo 6millions muzomuha?
Reka tubatashe mwese๐ŸคฃGusa numva akagongwe

Address

Ajman Industrial 1

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Joachim Ruhuna News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share