Le Mandat

Le Mandat Faits, Vérification des Faits, Investigations & Analyses

02/09/2026

🛑Inyishu ya Bob Rugurika ku vyo yagirijwe bijanye n'ugutegura guhungabanya umutekano mu .

Yabivugiye mu makuru ya Radiyo RPA yo kuri uwu wa 2 Nyakanga 2026 https://youtu.be/cYsHwz9PojI

02/09/2026

🛑Avuga ko ari Umunyarwanda wo muri RED-Tabara

Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano Pierre Nkurikiye yeretse abamenyeshamakuru umuntu avuga ko yatorotse umugwi witwaje ibirwanisho . Hari kuri uwu wa kabiri, itariki 1 Nyakanga 2026. https://youtu.be/KEtUKgsihdc

🛑 Ibiheruka gushikirizwa n'umunyamabanga mukuru wa   Révérien Ndikuriyo hamwe n'umushikiranganji w'imigenderanire Edouar...
31/08/2026

🛑 Ibiheruka gushikirizwa n'umunyamabanga mukuru wa Révérien Ndikuriyo hamwe n'umushikiranganji w'imigenderanire Edouard Bizimana ku bijanye n'Abarundi bahitamwo kuja kwisumamwo hanze y'igihugu ni ukwigovyora ariko ntibifashe ku bwa Dr Diomède Ninteretse https://youtu.be/uqScB2Bz0D0

31/08/2026

🛑Ikigo CREDEJ carandikiye umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye rijanye n'ingene ubushomeri bwotorerwa inyishu mu Burundi

Arsène Arakaza arongoye ico kigo yaravuze ivyari muri iryo kete mu kiganiro co ku musi wa gatatu https://youtu.be/kDzp-lHJc7g

30/08/2026

🛑Ubushomeri buri mu muri kino gihe ngo buratandukanye n'ubwa kirya gihe CNDD-FDD yari mw'ishamba ikaza irasambagura ivyo abanyagihugu babiriye akuya.

Icegera c'uwurongoye ishirahamwe FOCODE Denis Ndayishemeza aradondagura ibituma Abarundi batari bake babura akazi, abandi nabo ugasanga bafise akazi kadashobora kubabeshaho. Ikiganiro cose kiri aha https://www.youtube.com/watch?v=kDzp-lHJc7g&t=489s

30/08/2026

🛑"Je suis parmi ceux qui ont pris les armes contre le pouvoir de l'Etat, non pas pour le simple plaisir mais par nécessité de réparer les injustices multiformes qui sévissaient dans mon pays ..."

Evariste Ndayishimiye a évoqué une expérience personnelle lors de la 21ème session extraordinaire de la Conférence des chefs d'Etat et de gouvernement de l'Union africaine consacrée à la prévention et au règlement des conflits en Afrique https://youtu.be/E70airR9anY

🛑 Ikiganiro kijanye n'ukubura akazi mu   co kuri uwu wa gatatu murashobora kugisanga no kuri YouTube mufyonze ngaha http...
27/08/2026

🛑 Ikiganiro kijanye n'ukubura akazi mu co kuri uwu wa gatatu murashobora kugisanga no kuri YouTube mufyonze ngaha https://youtu.be/kDzp-lHJc7g

🛑 CNDD-FDD : Combien de combattants la rébellion comptait-elle réellement avant les négociations ?Le secrétaire général ...
25/08/2026

🛑 CNDD-FDD : Combien de combattants la rébellion comptait-elle réellement avant les négociations ?

Le secrétaire général du CNDD-FDD, Révérien Ndikuriyo, affirme qu’un groupe qui veut attaquer le doit disposer d’au moins 200 000 combattants, tous armés de fusils. Une déclaration qui ramène à l’histoire de son propre parti : de combien de combattants armés les Forces pour la Défense de la Démocratie disposaient-elles réellement lorsqu’elles combattaient le pouvoir burundais ? https://lemandat.org/2026/08/cndd-fdd-combien-de-combattants-la-rebellion-comptait-elle-reellement-avant-les-negociations/

23/08/2026

🛑 Révérien Ndikuriyo wa CNDD-FDD : "Mushaka ko imbonerakure zirara mu bibanza vyose vyo mw'isoko, zicungane n'umuriro ? Abantu barare mu ma shop n'amacupa y'amazi n'amadumu?"

22/08/2026

🛑 Kubona bamwe mu Barundi bahitamwo kuja kuronderera ubuzima mu mahanga, ubwo ntibiva ku ngorane ziri mu Burundi?

Inyishu ya Révérien Ndikuriyo, umunyamabanga mukuru w'umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD 👇

Address

Canberra, ACT
0061

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Le Mandat posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Le Mandat:

Shortcuts

Share