21/08/2026
Kuva ku ndero ya mbere y'umuziki gushika ku mudiho wa nyuma, ng'iyi incamake y'urugendo, umwete n'ubwitange bwa bose vyatumye Source of Culture Festival 2026 iba umunsi udasanzwe.
Mu misi itatu itazokwibagirana, twarahuriye hamwe kugira twizihize ubwiza, ubuhinga, imico, imigenzo, umuziki, imideri n'amateka bigize Uburundi n'Abanyagihugu baco.
Iyi ntambwe ntitwari kuyishikako tudafise abahanzi, abaririmvyi, aba-DJ, abafatanyabikorwa, abakozi, abadandaza, abakorerabushake hamwe n'umuntu wese yaje akagira uruhara muri uru rugendo.
Turakengurukiye cane:
🎤 Abahanzi:
@ satb_satura · · · · ·
🎧 Aba DJ:
·
🎙️ Aba MCs:
· ·
Kandi turashimira abandi benshi cane bagize uruhara muri iki gikorwa, baba abari imbere canke inyuma y'ivyo abantu babonye. Murakoze cane. ❤️🇧🇮