Let The Star Shine Media

Let The Star Shine Media Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Let The Star Shine Media, Bujumbura.

๐Ÿ”ด Happy Sundy ๐Ÿ˜๐Ÿ’ฅSandy Nduwimana  ๐Ÿ’ฏ
06/07/2025

๐Ÿ”ด Happy Sundy ๐Ÿ˜๐Ÿ’ฅ
Sandy Nduwimana ๐Ÿ’ฏ

Famille Hilaire&Emelyne ATI Umuhungu barashobora kumuheba incuro 3 bamuhora ubukene Aho guca ahiga akanoti acabandanya u...
01/07/2025

Famille Hilaire&Emelyne ATI Umuhungu barashobora kumuheba incuro 3 bamuhora ubukene Aho guca ahiga akanoti acabandanya urondera uwomukunda Kandi akenye๐Ÿ˜‚ Enda sha muhungu kora akazi Ngako turakazanye.

IMBONEKA RIMWE

70.000FRBU Cash

โ›” Ehe ndabarangire idiri , babandi mushoboye marketing, ntugume wiruka inyuma yinkumi ukenye, Ngaha hantu uzanye umuntu umwe gusa baca baguha ifungo ya 70.000frbu

Ibihumbi 70.000frbu uyakoreye utarinze kuva muhira Burya si make๐Ÿ‘‡

โžก๏ธ Iyi niyo sociรฉtรฉ yonyene iriko iravugwa cane mugisagara ca Bujumbura 's_Travel_Agency igurisha amatike y'indege ivugwa cane ingene itanga ubushimwe k'umuntu abazaniye umu Client.

โœ… Uzanye umuntu umwe akagura itike ,baca baguha 70.000frbu ubwo nyene, naho wozana abantu 100 baragwiza bakaguha imiliyoni zawe indwi (7000.000frbu)

๐Ÿ“› Akabirya kubantu bafise amashirahamwe bakunda kwurira indege kenshi muri benshi , barakugabanya cane bakongera bakaguha umwanya wo gufata ingendo zawe ukaza kuriha munyuma .

Uzanye sociรฉtรฉ irimwo abaguma bagenda, ushatse woharurirwa kagashimwe nyene kuri buri muntu agiye ukayahererwa rimwe.

โžก๏ธ Benshi muca mwibaza ngo barazimba Nico gituma batanga ubwo bushimwe, oya namba ibiciro vyabo bizimbuka kubera bafise Ama stocks kundege zose zibaho.

Adresse : centre ville gallery centropolis bureau C1

๐Ÿ‘‡

๐Ÿ“ž +257 61 866 466

+25761185122
Ushobora kubaza itike kuri tรฉlรฉphone , bakayikora bakayigusanza Aho uri baje gutora amahera.

Ntutangwe rero muri:

's_Travel_Agency *Travel as A King*

CIRAMUNDA Part 4 ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
30/06/2025

CIRAMUNDA Part 4 ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™Œ
14/06/2025

๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™Œ

๐Ÿ›‘๐Ÿ”ฅ KWA ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ’๐Ÿ˜๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

โœ๏ธ Inyuma yโ€™aho atangarije ko agiye gusubira gutanguza project yavukiye mu Burundi mu mwaka wa 2020, ๐ŸŽถ yavuze ko agiye kubandanya ashigikira abana baririmba neza cane: ๐Ÿ‘ง๐Ÿพ๐ŸŽต and ๐Ÿ‘ง๐Ÿพ๐ŸŽถ.

๐Ÿ”ต ati: ๐Ÿ—ฃ๏ธ Iโ€™ve been helping them for a long time, and Iโ€™m not stopping! ๐Ÿ’ช๐Ÿพโค๏ธ

Abo bana baranezerewe cane kuko basigaye bazwi muri ๐ŸŒŸโœจ!

๐Ÿค™ Natwe nka .Com ๐Ÿ™Œ๐Ÿพ, weโ€™re proud to walk with them โ€” ready to support every step of their journey! ๐Ÿš€๐ŸŽค

๐Ÿ‘๐Ÿพ Big Up to ๐Ÿซถ๐Ÿพ for believing in young talent and making it shine! ๐ŸŒŸ๐Ÿ”ฅ

๐ŸŽ‰ Turiteguye kwakira ibikorwa bishasha vya hamwe na new project agiye kudushikiriza!
๐Ÿ’ซ | ๐Ÿ‘‘ | ๐ŸŒˆ | ๐ŸŒŸ | ๐Ÿค | ๐Ÿš€ | ๐ŸŽถ

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต ๐ŸŒŸ   ๐ŸŒŸ================================๐ŸŽค Umuririmvyikazi wโ€™umurundi  , ntadutangaza gusa nโ€™ijwi ryiwe ryโ€™igitangaza, ar...
30/05/2025

๐Ÿ”ด๐Ÿ”ต ๐ŸŒŸ ๐ŸŒŸ
================================
๐ŸŽค Umuririmvyikazi wโ€™umurundi , ntadutangaza gusa nโ€™ijwi ryiwe ryโ€™igitangaza, ariko nโ€™uko yigenza โ€“ biradutangaza ๐Ÿ˜๐Ÿ’ซ
Kuga photo gatovye ari kumwe nโ€™umugenzi wiwe , bibereye ijisho cane โ€“ style na รฉlรฉgance
Birarenze! ๐Ÿ“ธ๐Ÿ”ฅ

Abaririmvyi nkโ€™aba dutegerezwa kubashigikira โ€“ kuko baratwereka ko bipfuza kugera Kure hashoboka ! lโ€™รฉtoile brille ๐ŸŒŸ

๐Ÿ‘‡๐Ÿพ Kora partage, uce usiga nโ€™akajambo kamwe ko Kumushigikira nimba ukunda abaririmvyi b'abarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿ›‘ Umuririmvyikazi w'umurundi    kuva muri   , yaraye aduhaye umunezero utagabanije ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐโœ๏ธ Aka kanya tuvugana , Indirimbo ...
30/05/2025

๐Ÿ›‘ Umuririmvyikazi w'umurundi kuva muri , yaraye aduhaye umunezero utagabanije ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ
โœ๏ธ Aka kanya tuvugana , Indirimbo yiwe yamaze gushika k'rubuga rwiwe rwa youtube ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿซฐ Urashora kwinjira muri Commentaire ukayikurikirana kuko twabasangije Link , canke ugafyonda hano ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

https://youtu.be/TnA22SnCDlc?si=LkUICcvYshO0dLqJ

NDAHAZI PART 4 ๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
26/05/2025

NDAHAZI PART 4 ๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

๐Ÿฅฐ INKONI by Janeth and fainess ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
25/05/2025

๐Ÿฅฐ INKONI by Janeth and fainess ๐Ÿฅฐ
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

INTAHE YA CONSTANCE NIYO ๐Ÿ˜ญ ๐Ÿ˜ญ ๐Ÿ‘‡ ๐Ÿ‘‡
19/05/2025

INTAHE YA CONSTANCE NIYO ๐Ÿ˜ญ ๐Ÿ˜ญ ๐Ÿ‘‡ ๐Ÿ‘‡

๐Ÿ˜ Tayaliiii rero   ari mu Burundi kuva ejo hahise Mercredi !Injira muri Commentaire urabe uko yakiriwe Canke mufyonde ha...
15/05/2025

๐Ÿ˜ Tayaliiii rero ari mu Burundi kuva ejo hahise Mercredi !
Injira muri Commentaire urabe uko yakiriwe
Canke mufyonde hano ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

https://youtu.be/OcbOVQFIIX0?si=KMKC2l0A1BCk06VA

Courrage uri kubikora neza
10/05/2025

Courrage uri kubikora neza

๐Ÿšจ ๐Ÿ˜ฒ : Ibibaye kuri mwabimenye ? ๐Ÿค”

๐Ÿ›‘ Inyuma yo kurangiza Film , umukinyi w'amarersi azwi nka , yahise aduza Niveau ! Ese woba uriko urakurikirana imbuga kuva Film ihera ? Henshi uhasanga โค๏ธ

๐Ÿ›‘ Iyo niyo nyungu rero yo gukina Films ! Uko ukina , niko utera intambwe ! Ariko iyo ukinye ivyo abantu batishimira , ntaho uva , btanaho ugera ! Niyo mpamvu mu gisata ca Cinรฉma hariho bamwe bakinye imyaka n'iyindi ariko batamenyekana uko bikwiye !

๐Ÿ›‘ AKARORERO : Films zafashije abazikinyemwo uyu mwaka mu buryo buboneka , ni , , NA NUBWO ITARARANGIRA !

๐Ÿ›‘ ESE HOBA HARI IYINDI FILMS U*I YAFASHIJE ABAYIKINYEMWO ?
๐ŸŒ

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Let The Star Shine Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Let The Star Shine Media:

Share