Tylo Sixer Demana

Tylo Sixer Demana Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tylo Sixer Demana, Magazine, R9, Bujumbura.

๐Ÿ“ข Ukaba Ushaka Promotion , publicitรฉ Canke Ko Nogupostingira Ikintu Nyandikira Kuri WhatsApp canke ibox ๐Ÿ’ฌ๐Ÿ“ž
๐ŸŒ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช

โ˜Ž๏ธ WhatsApp / Call: +257 62138890 ๐Ÿ‘‘๐Ÿ’ก

14/01/2026

Nikihe gihimba cumubiri Abarundi Bose batinya kuvuga kumugara garo???? ๐Ÿค”๐Ÿค”

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Kuva Sat-B   Avuye Muri Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Akavayo Abonanye Na  GOD LOVE  โ˜ ๏ธ Harabavugako Urugendo Rwiwe Rw'Umuziki Rwoba R...
14/01/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Kuva Sat-B Avuye Muri Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Akavayo Abonanye Na GOD LOVE โ˜ ๏ธ Harabavugako Urugendo Rwiwe Rw'Umuziki Rwoba Rwarahindutse Rukaja Kurwego Rwohejuru Kandi Rutinyitse Aho Mbere Bamwe Bamwe Badasiba Kuvugako Yoba Yarinjiye Mumuryango Wa Firmasoni โ˜ ๏ธ๐Ÿ’€๐Ÿ”ฅ

Sat-B Ubu Ntakeka Tugerageje Kuraba Ibikorwa Vyiwe Biri Kumuvuduko Udasanzwe Ugereranije No Mumyaka 2 Iheze Kandi Urwego Rwiwe Rwaraduze Cane Gusumba Nabandi Baririmvyi Babarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Kuko Asigaye Aja No Mumahiganwa Atandukanye!

Harabavugako Bidatahuritse Nagato Ahubwo Sat-B Yoba Yavuye Muri Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Yinjiye Firmasoni Kugirango Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Uje Kurwego Mpuzamakungu ๐ŸŒ

๐Ÿ”บ Bivanye Nuko Ubona Ibikorwa Vya Sat-B Bisigaye Vyifashe Ubona Koko Ivyo Bamuvugako Arivyo? Yoba Yarinjiye Muruwo Muryango Wa Firmasoni?

๐Ÿ”บ Hoho Vyoba Arivyo Akaba Yarinjiye Yoba Yarakoze Ikosa Canke ?

Tylo Sixer Demana ๐Ÿซ…๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ…

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎBiratangaje Aba Nibo Baririmvyi Bamaze gukeza Sat-B  Kuva Avuye Guserukira Igihugu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎN' Umuziki Ndundi Aho Yari   Muh...
14/01/2026

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎBiratangaje Aba Nibo Baririmvyi Bamaze gukeza Sat-B Kuva Avuye Guserukira Igihugu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎN' Umuziki Ndundi Aho Yari Muhiganwa Rya .

๐Ÿ•น๏ธ Kubamukejeje Babicishije Kumbuga zabo Bandikako Namajambo Yokumutera Intege Bamwerekako Arigikogwa Gikomeye Yakoreye UBURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Nabarundi Reka N ' Umuziki Ndundi.

๐Ÿ•น๏ธ Murabo Baririmvyi harimwo
_ Natacha Burundi _ D-ONE Offical

_ MB Data _ Masterland _ Lolilo Simba

_ B-face On The'flo _ Mkombozi Lucifer

๐Ÿ•น๏ธ Niki Bikwigishije Kuruyu Mutima W' Urukundo Abaririmvyi Batanguye Kwerekana M' Umuziki Ndundi โ“
๐Ÿ•น๏ธ Ajambo kamwe kuri Sat-B โ“

Sat-B ibi nivyo ashikirije abarundi bose ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿซ…
14/01/2026

Sat-B ibi nivyo ashikirije abarundi bose ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿซ…

14/01/2026

Natacha Burundi
๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญโค๏ธโค๏ธ

14/01/2026

Agahinda ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ kuri Sat-B ๐Ÿซ… ni kenshi cane umviriza nawe aka kababaro vrt kuba igihugu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ kititaho abana baco ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿฅน๐Ÿ˜“๐Ÿ˜ฐ

13/01/2026

nkubu ntimwontamwo utu unite yiyongerereze nigurire utu mega twukwezi ko mbona tumperanye aka numรฉro 62138890 merci d'avance ๐Ÿ™

ร‘tamurundi numwe akunda igihugu n'umuziki yorengana ngaha kwa Sat-B  nizi ngabo zigihugu adasizeko Like ๐Ÿ‘
13/01/2026

ร‘tamurundi numwe akunda igihugu n'umuziki yorengana ngaha kwa Sat-B nizi ngabo zigihugu adasizeko Like ๐Ÿ‘

Nta murundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ yorengana adashize j'aime kuriyi photo๐ŸคSat-B  ๐Ÿฅ๐ŸŽผ
12/01/2026

Nta murundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ yorengana adashize j'aime kuriyi photo๐Ÿค
Sat-B ๐Ÿฅ๐ŸŽผ

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Vyonyene Kuba Sat-B  Yarash*tse Mwihiganwa Rya AFRIMA ๐Ÿ… Akaryitabira Akahashika Akagenda Yambaye Impuzu Ziranga Igih...
12/01/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Vyonyene Kuba Sat-B Yarash*tse Mwihiganwa Rya AFRIMA ๐Ÿ… Akaryitabira Akahashika Akagenda Yambaye Impuzu Ziranga Igihugu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Avamwo Nagaciro Kambere Yerekanye Kuburundi Nabarundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Nubwo Atagashimwe Yatwaye Ariko Ivyamamare Vyose Vyo Muri Afrika No Kwisi Hatandukanye Abantu Bose Batari Bazi Igihugu Cacu Baraye Bakimenye Biturutse Kwizina SAT-B โœŠ

Nagaciro Gakomeye Kuba Hano M' Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘‘ Dufise Ingwanyi Yahisemwo Gusohora Ama Miriyoni No Gutanga Amaraso ๐Ÿฉธ Kugirango Umuziki Wacu Umenyekane Mumakungu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœŠ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ”บUmurundi Nyamurundi Ntiyorengana Adatanze Amashurwe Kuri King Sat-B ๐ŸŒบ๐Ÿฅ€๐Ÿ’๐Ÿ’ฎ๐ŸŒธ๐Ÿ’ฎ

๐Ÿ”บMvuzeko Ariwe Dereva ๐Ÿš˜ W'Umuziki Ndundi Ndibaza Sinoba Nibeshe? Haruwo Mukimugereranya Hano Iwacu? ๐Ÿค”

Tylo Sixer Demana ๐Ÿซ…๐Ÿ’ช

12/01/2026

Mama Weee Sat-B ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Uku Niko Yagiye Yambaye Muri AFRIMA AWARD ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ Munyambaro Yerekana Akaranga Kuburundi ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Twese Hamwe Dushire Idarapo Ryuburundi Muri Commentaires Tumwereke Urukundo Nawe Yeretse Uburundi Mumahanga Mugisagara Ca Lagos ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ

Habibi Huuu Njoo Star International From Burundi Nakubali Sana Bizimana Aboubacar Karum Intare Batinya AKA Papa Liam ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Warakoze Kuduserukira Neza Mwijambo Sat-B Ashikirije Avuze Ati :

Burundi well represented at the AFRIMA Awards 2026, And We Are Proud.๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Nโ€™aho haburaba babiri, hagatsinda umwe.
Intambwe irashimishije cane, Kandi twarerekanye ko Buri muntu afise iyo Ava. ni harambe uburundi nโ€™uruganda rwโ€™umuziki wโ€™uburundi.๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Shira Idarapo Ryuburundi Muri Commentaires ๐Ÿ‘‡ ๐Ÿ”ฅ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Tylo Sixer Demana ๐Ÿซ… ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

12/01/2026

Umuntu yoba afise numรฉro ya _nziza ayindose ndayikeneye cane canke bishobotse nawene yoyindosa murakoze ๐Ÿ™

Address

R9
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tylo Sixer Demana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Tylo Sixer Demana:

Share

Category