Twitature Média

Twitature Média digital

Umukobwa yakuriye....
02/06/2026

Umukobwa yakuriye....

Ngizo intare batinya mumuji za 📍zahuye🔥🔥🔥🔥🔥🔥Sat-B with Kirikou A Kili
01/06/2026

Ngizo intare batinya mumuji za 📍zahuye🔥🔥🔥🔥🔥🔥Sat-B with Kirikou A Kili

Ngiki   Sat-B Asumvya   Narababwiye ko   Ari   Muri   Muburundi no   🇷🇼
30/05/2026

Ngiki Sat-B Asumvya
Narababwiye ko Ari Muri Muburundi no 🇷🇼

🫵📱📱 Ejo Téléphone yubuswage ntiyaduga hejuru iPhone 17 nizo zivugira muri show ya Sat-B  Amafaranga m'uburundi arahari I...
30/05/2026

🫵📱📱 Ejo Téléphone yubuswage ntiyaduga hejuru iPhone 17 nizo zivugira muri show ya Sat-B Amafaranga m'uburundi arahari Imiriyoni 16 ntibatinya gushirako bakaza 4ne zigezweho

🇧🇮 Aba Méchant bose ubu ni 17

Média

Béco Entertainment Biragoye kowoza  mumuzki  imboko boko  hama  ukore    ngungende  utabonye  akobagukorera uwubizi  yob...
26/05/2026

Béco Entertainment Biragoye kowoza mumuzki imboko boko hama ukore ngungende utabonye akobagukorera uwubizi yobaza umuririmvyi -B.

Hari mumwaka wa 2023 aho yariko atembera n'imodori hama -B agira isanganya ariko bigenda neza ntiyagira icaba nubwo imodoka yasiye niyo nonekaye icogihe yaragifite niyibayebaye.

Icaje gutangaza abantu bari bagereye aho isanganya ryabereye ni ukuntu,baje gusanga 🐓🐓🐓Imbere kuri uwo mwaka vyanaateje uruhagaragara mubakunzi b'Umuzki ndundi ,bibaza niba arinde yari yashize amaguru y'Inkoko mumodoka ya -B

@✍️✍️✍️Kubwawe wibaza kwaya amaguru y' 🦃🦃 yari agamije iki mw'iyimodoka😂😸😸☠️☠️☠️☠️☠️



Onésime Manirakiza@✍️✍️✍️✍️✍️ ndakwibutseko mfite ubukunze wagenda ugakora hama ukabana nanje buri musi mubirwa mu vyamamare bitandukanye Twitature Média

🇧🇮🔥 Muri Tanzania Haherutse Kuboneka Bajaji 🛺 Iriko Ama Photos Ya King Sat-B Mugihe Muri Kenya 🇰🇪 Habonetse Bus 🚎Zandits...
26/05/2026

🇧🇮🔥 Muri Tanzania Haherutse Kuboneka Bajaji 🛺 Iriko Ama Photos Ya King Sat-B Mugihe Muri Kenya 🇰🇪 Habonetse Bus 🚎Zanditseko TELAVIV 🤙 .

Ibi Nivyerekana Ko Umuziki Ndundi 🇧🇮 Watanguye Gufata Akarere Ka Afrika Buke Buke Tubifashijwemwo N'intare Batinya Sat-B

Ibi Nivyo Bintu Bigoye Kubona Mubisagara Vyibindi Bihugu Kuko Akenshi Usanga Abanyagihugu Baho Babigwanya!

Kubona Bajaji Iriko Ama Photo Ya Sat-B I Daresalaam Kwa Diamond Platnumz Sibintu Vyoroshe!

Nokubona Ama Bus Manini Manini I Nairobi Yanditseko TelAviv Sibintu Vyoroshe!

Kuva Sat-B Asohoye Indirimbo TELAVIV Igihagararo Ciwe Muri Afrika Gisigaye Gihambaye 🫡

Sat-B Yamaze Kwavança Ubu Ageze Kurundi Rwego 🤙 Muze Munfashe Kumukeza 🇧🇮🔥🔥

Abari Kenya 🇰🇪 Izo Bus Murazibona?......✍️

Sat-B niwe muririmvyi wibihe vyose mu 🇧🇮🇧🇮 ndabira basubiye ku mutumako muri   ubugira Kandi 🎙🎙😂😂.Congratulation my big ...
25/05/2026

Sat-B niwe muririmvyi wibihe vyose mu 🇧🇮🇧🇮 ndabira basubiye ku mutumako muri ubugira Kandi 🎙🎙😂😂.

Congratulation my big Brother Sat B.

🚨 𝗕𝗜𝗥𝗔𝗦𝗛𝗨𝗦𝗛𝗘 😭🔥! Arda Güler yasubije Lamine Yamal kuri story ya IG nkuko yari yabasotoye inyuma y’amajambo yavuze kuri R...
13/05/2026

🚨 𝗕𝗜𝗥𝗔𝗦𝗛𝗨𝗦𝗛𝗘 😭🔥! Arda Güler yasubije Lamine Yamal kuri story ya IG nkuko yari yabasotoye inyuma y’amajambo yavuze kuri Real Madrid 🤍🏆

🇪🇸 Ejo, Yamal yabonetse yerekana umwambaro wa Barça wanditseko uti :

🗣️ « 𝗜𝗠𝗔𝗡𝗔 𝗜𝗦𝗛𝗜𝗠𝗪𝗘… 𝗡𝗧𝗔𝗥𝗜 𝗠𝗔𝗗𝗥𝗜𝗗𝗜𝗦𝗧𝗔 😭 »

💥 Haheze amasaha make gusa, Arda Güler aca amusubiriza kuri STORY ya Instagram 📲😂 mwifoto ateruye igikombe ca UCL agira ati:

🇹🇷 « 𝗜𝗠𝗔𝗡𝗔 𝗜𝗦𝗛𝗜𝗠𝗪𝗘… 𝗡𝗧𝗔𝗥𝗜 𝗨𝗠𝗨𝗞INYI 𝗪𝗔 𝗕𝗔𝗥Ç𝗔 🙏🤣 »

😂😂 Imbuga nkoranyambaga zaciye zishaa! Abafana ba Real baca bavuga bati :

🏆 « Yamal ntaranakina finale ya Champions League n’imwe! » 😭🥶

🚨𝗕𝗥𝗘𝗔𝗞𝗜𝗡𝗚 🤍💪 —  José Mourinho yasavye ibintu bisobanutse neza , kandi ntaho bihuriye n’amafaranga 💰❌🗣️ « Nta muntu n’umw...
12/05/2026

🚨𝗕𝗥𝗘𝗔𝗞𝗜𝗡𝗚 🤍💪 — José Mourinho yasavye ibintu bisobanutse neza , kandi ntaho bihuriye n’amafaranga 💰❌

🗣️ « Nta muntu n’umwe akwiye kwivanga mu kazi kanje . »

🇵🇹 Mourinho ashaka kugenzura neza dressing room n’ugucungera abakinnyi, ata bantu bo hanze y’abamenyereza binjiyemwo ❌

⚪ Avuga ko umuntu wese muri club akwiye kuguma muvyo ajejwe :
👔 Abarongozi bakora ivyabo,
🧠 staff technique nayo igakora ivya Ekipe.

❌ Ntashaka abantu bo hanze y’ abamenyereza batera tensions canke bagira influence ku ngingo zifatiwe abakinnyi.

✅ Mourinho ntasaba kuganza vyose muri Real Madrid, ariko ashaka kuba ari we jambo rikomeye ryonyene muri dressing room 💪

🤯 Nk’uko abivuga, kimwe mu bibazo bikomeye biri muri club ubu ni uko hari opinions nyinshi cane zikikuje Ekipe ⚽

📰 [Source : COPE]

Ishiramamwe mpuzamakungu kwisi rijanye no gutigira riramenyesha abakunzi Bose ko promo igezweho mukwugurura ko ari Kuko ugiheza kwugurura compte nshasha ya ukoresheje promo uca uronka bonus ya 300% kuri yambere ukoze.

Ba mubambere bugurura 1xbet na code promo ELIOR68 Nawe ayomahigwe ntagucike.

🇧🇮🔥 Uyumusi Sat-B Azakurara Yanditse Amateka Yokuba Umuririmvyi Wambere Hano Iwacu Muburundi 🇧🇮 Akwije 3M Views Mukwezi ...
11/05/2026

🇧🇮🔥 Uyumusi Sat-B Azakurara Yanditse Amateka Yokuba Umuririmvyi Wambere Hano Iwacu Muburundi 🇧🇮 Akwije 3M Views Mukwezi Kumwe Kurubuga Rwa YouTube .

Ubu Tuvugana Indirimbo TelAviv Ibura Amavyuzi Ibihumbi Mirongo Ine Nukuvugako Uyumusi Nyene Dushobora Kurara Duserebuye 3M Mukwezi Kumwe Isohotse Iyi Ndirimbo!.

Drama-T Na Kirikou Bari Bamaze Gukwiza 2M Views Mukwezi Kumwe Ariko Ntanumwe Yari Bwakwize Imiriyoni 3 Zama Vyuzi Mukwezi Kumwe.

Sat-B Niyontwari Y' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Nkuko Bigaragara Kuko Indirimbo Yiwe "Ibandanya" Kiwagarurira Imitima Y'Abantu Nkuko Tubibona Kubiharuro.

🔺 Nakahe Kazina Kubuhizi Woha Sat-B Kano Kanya Kumateka Ahaye Akora?

🔺 Umusi Wose Uhora Uhera Utumvirije TelAviv? 3M Soon 🔥🔥🔥

Address

Bujumbura
Buganda
ELIOR68

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Twitature Média posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Twitature Média:

Share