KYb Tv

KYb Tv Hyd

🔴Burundi: "Hari abareka kwikingiza canke gukingiza ivyabo ngo vyose Imana irabibona ariko....ntibamenye ko impanuka idas...
28/07/2022

🔴Burundi: "Hari abareka kwikingiza canke gukingiza ivyabo ngo vyose Imana irabibona ariko....ntibamenye ko impanuka idasezerana"

Ivyo vyashikirijwe n'umushikiranganji wa mbere w'umukuru w'igihugu c'uburundi, Alain Guillaume Bunyoni ahanura abarundi kwijukira kujana ivyabo mu mazu y'ubwishingizi(maison d'assurance), igihe yariko arugura ibikorwa vy'indwi yahariwe ubwishingizi mu gisagara ca Bujumbura, kuri uyu wa 28 Mukakaro 2022.

Uyo mushikiranganji akaba yasavye abafise ayo mashirahamwe kwijukira kunyarutsa gutunganiriza ababituye bagize ibibazo.

Benshi mubantu batandukanye na cane cane abakunzi b'umuziki ndundi baremeza neza ko abaririmvyi ndundi mubituma badatera...
28/07/2022

Benshi mubantu batandukanye na cane cane abakunzi b'umuziki ndundi baremeza neza ko abaririmvyi ndundi mubituma badatera imbere cane harimwo nuko igihugu bakoreramwo umuziki gipanze.

Imico n'imigenzo vy'igihugu, vy'idini kanaka canke umuryango kanaka vyotuma abo bantu bagize ubwo bumwe batera imbere canke bagasigara inyuma yamajambere bivanye nuko bibohera mubintu vyasizwe nigihe.

Bamwe ati iyaba abaririmvyi bakorera umuziki mubihugu birimwo abantu benshi kandi bateye imbere baba bakomeye cane gusumba.

NI MUBURUNDI HONYENE UMURIRIMVYI AFATWA NK'UMWANSI KANDI ATANGA UMUNEZERO MUBANTU😢

🔶 B-face On The'flo murugendo arimwo i Kigali - Rwanda 🇷🇼 haruhande y’ibiganiro ari kuhakorera, hari nabaririmvyi bahura...
28/07/2022

🔶 B-face On The'flo murugendo arimwo i Kigali - Rwanda 🇷🇼 haruhande y’ibiganiro ari kuhakorera, hari nabaririmvyi bahura bakaganira ivyakazi ☑️ Murabo harimwo Papa cangwe aheruka gukoran’indirimbo na O.l.g Olegue !!!

02/03/2022

Bimezegute hiyo iwanyu?
Jendabifurije
Umusimwiza

Aba

Nkubuhaje umush*tsi utiteze ugomba ufungure iyi sosi wovyitwarambogute ikibazo mwosangira? Canke wocurindira akagenda😹😹😹...
25/02/2022

Nkubuhaje umush*tsi utiteze ugomba ufungure iyi sosi wovyitwarambogute ikibazo mwosangira? Canke wocurindira akagenda😹😹😹

Comanter lik un page

Hello bakunzi muramzneza Jenashakatuyage kuraba bagabo babiri sat-B ft Big fizzoJengerageje kuraba ivyo fizzo yavuze kur...
23/02/2022

Hello bakunzi muramzneza
Jenashakatuyage kuraba bagabo babiri sat-B ft Big fizzo

Jengerageje kuraba ivyo fizzo yavuze kurisat-B muri live aherutsegukora yishura kubibazo abafana bamubajije yavuzeko atacobafa kandi yongeravugako azosaba colabo sat b kandi agasaba abarundi kuzoja gushigikira sat b mukirori kizobera Tanzanie yatumiwe
Na Harmoniz je mbona fizzo ata nzigo arise kuri sat b

Kurundi ruhande satb amaze kwumva ivyo fizzo ya muvuzeko yara bishimye cane

Kumwanje mbona bibandanjuku umuzikindundi woterintambwe nini sinzinamwe uko mwavyakiriye
Gira comantr pratag hamwe na lik kuri page
# #
Kyb
De bossi

numwe muba sore bafise impanoIdasanzwe yokuririmba aho yemezako agiye gukoravyinshi ahindure music ndundi akabarumusore ...
22/02/2022

numwe muba sore bafise impano
Idasanzwe yokuririmba aho yemezako agiye gukoravyinshi ahindure music ndundi akabarumusore azwikwizina nkakeybi de bossi
Numusore asanzwe abizi mumufashemumugongo yovyitwaramwoneza

Gira lik cmnt pratag
# #
+257

+63GANG

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KYb Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KYb Tv:

Share

Category