Munezero worshiper

Munezero worshiper Worship

Nouvelle année  2025 ,  tuyi bonamwo  vyinshi cane. Kaze rero mushigikira abo bene Data
16/12/2024

Nouvelle année 2025 , tuyi bonamwo vyinshi cane. Kaze rero mushigikira abo bene Data

Muimbaji Wa Gospel ,  Emile Israël , Ana watakiya Heri y'a mwaka , Ni mutu wawatu , ni mu imbaji anaye pedwa Sana Hapa B...
15/12/2024

Muimbaji Wa Gospel , Emile Israël , Ana watakiya Heri y'a mwaka , Ni mutu wawatu , ni mu imbaji anaye pedwa Sana Hapa BUJUMBURA , Mungu azidi kumu linda

04/12/2024
Indirimbo nshasha y'a Emile Israël  yitwa NDAVYEMEZA ubu yageze kuri YOU TB kandi ni Ndirimbo  Iryoshe cane , Simbirako ...
14/08/2024

Indirimbo nshasha y'a Emile Israël yitwa NDAVYEMEZA ubu yageze kuri YOU TB kandi ni Ndirimbo Iryoshe cane , Simbirako nawe wirabire iyo NEW Song . Andika Gusa NDAVYEMEZA by Emile Israël , Murakoze

Hello , Igihe cose Utahuye Ico waremewe Ukora neza ivyo wahamagariwe Gukora , Guteri mbere  kwawe vyobabaza abantu , ari...
27/01/2024

Hello , Igihe cose Utahuye Ico waremewe Ukora neza ivyo wahamagariwe Gukora , Guteri mbere kwawe vyobabaza abantu , ariko nu munezero mwinshi cane kuri YESU kristo ,

Terimbere uyu mwaka mwizina Rya YESU , wirinde cane gukorana nu mutima mubi canke , kwi furiza abandi nabi . Uzo shika kundoto zawe

20/06/2022

Kaze,welcom,karibu

Yesu niwe Data twizera muri vyose
11/06/2022

Yesu niwe Data twizera muri vyose

Imana yacu irakomeye cane , Niyo yonyene Mana yo kwizerwa ,  Buri musi buri saha ,
09/06/2022

Imana yacu irakomeye cane , Niyo yonyene Mana yo kwizerwa , Buri musi buri saha ,

Mungiye ndiye anaye towa Upako kwakila ana ye ombeya karama yake , Hapo ni 2020  nilipo kubali  kumupa eshima yote Mungu...
08/06/2022

Mungiye ndiye anaye towa Upako kwakila ana ye ombeya karama yake , Hapo ni 2020 nilipo kubali kumupa eshima yote Mungu , na Yeye aka ni inuwa , À santé Baba kwa neema yako juuh ya maisha yangu ,

Eshima na Utukufu nivyako siku zote , mimi na imba tuuh , ila sigusi utukufu Wako na Eshima yako Mungu wangu , Vyote nivyako Vipokeye

Address

Bujumbura

Telephone

+25779767570

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Munezero worshiper posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share