Flash news

Flash news Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Flash news, News & Media Website, Bujumbura.

Umurwi wa REAL MADRID waraye utsinze   bita man city 😂✅🫡Hala madrid 🫡❤️💪🏿
18/04/2024

Umurwi wa REAL MADRID waraye utsinze bita man city 😂✅🫡

Hala madrid 🫡❤️💪🏿





03/03/2024

Burundi Bwacu 🇧🇮🤷🏾‍♂️❤️🤷🏾‍♂️🇧🇮

27/01/2023
14/01/2023

🔴 🇧🇮Pièrre claver NDAYICARIYE yashize ahabona Ibicumuro 12 biranga ubutegetsi bubi nkuko tubikesha ikinyamakuru

1. Kwica abanyagihugu urongoye
2. Kwiba abanyagihugu : kwihagira ubutunzi abanyagihugu babiriye akuya
3. Kuzivya no kwima ijambo abanyagihugu, kugira ntibavuge ibitagenda neza kandi ntibasabe ivyo bipfuza
4. Kwiba canke kunyaga igihugu catwibarutse
5. Gukorera igihugu nk'abacangero
6. Kubiba amacakubiri mu gihugu no mu mitima y'abanyagihugu
7. Kutamenya ibihe, kugenda duhumurije, kugaya ibihe no kunebagura ibimenyetso vy'ibihe vy'ihinduka canke vy'amahinduka, canke kugaya abandi
8. Gutosekaza agateka ka zina muntu
9. Kubura imbono no gusinzira umukondorazosi ngo amahoro ni umusesekara mu gihugu
10. Kwama hahandi, kurwanya iterambere no kuniga imitavu
11. Gusaba canke kwama usaba ataco nawe utanga
12. Kudibama mu butegetsi.



Happy birthday to Rodrygo  who turns 22 🎂 todayIsabukuru nziza kuri Rodrygo goes Aho aramutse akwiza imyaka 22 y amvukoH...
09/01/2023

Happy birthday to Rodrygo who turns 22 🎂 today

Isabukuru nziza kuri Rodrygo goes Aho aramutse akwiza imyaka 22 y amvuko

Hala

09/01/2023

Address

Bujumbura

Telephone

+25761342341

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Flash news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Flash news:

Share