Ncobuco

Ncobuco NCOBUCO

11/08/2025
Aho nimugihe NCOBUCO iba iriko irasozera ibikorwa # NCOBUCO kukivi #
29/07/2025

Aho nimugihe NCOBUCO iba iriko irasozera ibikorwa # NCOBUCO kukivi #

28/07/2025

😭
Uyumwigeme yavuye ruguru aje ibujumbura kudandaza cafetariat ariko birangira yirukanwe mwijoro ryejo hahise niho kubura indaro acaja kuri parking kuri 11 mukamenge imisore ibiri iciramutahana none baramwenze baranka kumuhemba banka nokumugaburira baca baraboha mumufuko baterera mugisaka je nsanze ataracikana acambwira kwavuka ikarusi ntiyari bwambwire umutumba namazina yabavyeyi ntanakaranga muntu afise raba ngaha urabe kowomumenya umenyeshe abavyeyi biweπŸ‘‡
https://youtu.be/hAhXMILigmc?si=6iprLCziUxaVOeKJ

Abigeme bava ruguru baza ino buja guhiga amahera ubahanuyiki nyamba waravye iyo video yuwomukobwa ukuntu namaguru yanyuranye subira wihwezeπŸ‘‡
https://youtu.be/hAhXMILigmc?si=6iprLCziUxaVOeKJ

26/07/2025

Aha nimugihe NCOBUCO yarihejeje gushikiriza inzu nyeneyo πŸ’ͺπŸ’ͺ

Isa neza cane nigitangaza

NCOBUCO kukivi
25/07/2025

NCOBUCO kukivi

21/07/2025

Yitwa Lieutenant Ornella ni umukomandakazi uburundi bwishimira mugukoroka n'umutaka mundege
Niwaba ukunda igihugu cawe vyerekane hano mukuraba utuvideo twiwe tubereye ijisho akoroka n'umutaka mundege twashoboye kuja ahabona uyu musi uciye kuriyi linkπŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡
https://youtu.be/hAhXMILigmc?si=6iprLCziUxaVOeKJ

Muri NCOBUCO ibikorwa nivyo vyivugira
16/07/2025

Muri NCOBUCO ibikorwa nivyo vyivugira

16/06/2025

Wigisha neza!

23/05/2025
πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„
10/04/2025

πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„πŸ™„

Vuba cane NCOBUCO buca itangura iyi nyubako igezweho yo kubuhinga bwanone. Kuko ijana nibiheNamwe mwurahawe ikaze kuko i...
08/04/2025

Vuba cane NCOBUCO buca itangura iyi nyubako igezweho yo kubuhinga bwanone. Kuko ijana nibihe

Namwe mwurahawe ikaze kuko ibubakira neza Kandi ibikorwa vyayo biranyaruko.

@Nivyishimo bikomeye cane kururu rwaruka rwaba stagiaire bashimyeGukorera stage muri NCOBUCO.
04/04/2025

@Nivyishimo bikomeye cane kururu rwaruka rwaba stagiaire bashimye
Gukorera stage muri NCOBUCO.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ncobuco posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share