Kuri Station, Aba Mubona Bariko Baterura Umuduga Wari Warenganije Iyindi Yari Itondeye Igitoro, Baheza Bawegeza Inyuma.
Ni Akahe Kajambo Wobwira Abo Bantu ?
#samamoney #Burundi
Kuri Uno Musi Itariki 28 Nzero 2022, Niho Haba Itanguzwa Ku Mugaragaro Ry'Uburyo Bushasha Bwokurungika No Kuriha Amahera Ukoresheje Ngendanwa Yawe.
Ukoresheje Umuhora Wa Lumitel na EconetLeo, Ushobora Gufyonda #300# hama Ukibona Ubudasa!
Buje Busanga Ubwari Bumenyerewe Aribwo #Lumicash, #Ecocash , #SmartPesa, #Pesaflash na #eNoti.
N'ikihe Ubona Cokenerwa Cane Ugereranije n'ubundi buryo bwahora?
SAMA Money Burundi
Yabaye icamamare kubera kugurisha Insenene nzikaranze mu ndege.
Kubera urwo rudandazwa yakoreye mu ndege y'ikompanyi #UgandaAirlines, Paul Miburi arahakwa gufungwa imyaka indwi.
We na mugenzi wiwe yafashe iyo video agaca ayishira ku rubuga rwa #twitter, bahagaritswe ku musi w'IMANA igihe bari batahutse bavuye i #Dubai.
Urwo rudandaza muruvuzeko iki?
https://colisecours.com
La plateforme #coliSecours assure le pont entre les voyageurs qui ont des kgs à offrir et les personnes étant dans le besoin d'expédier les colis.
C’est donc du #cotransportage et #livraison collaboratifs.
Pour savoir plus, veuillez regarder la video suivante.
N.B: Je ne suis pas proprietaire de cette video.
#voyage, #colis
Francine NIYONSABA, #Umurundikazi aguma yandikisha amateka mu makungu.
Mu kanya gaheze, #FrancineNIYONSABA atahukana ikibanza ca mbere mwi higanwa rya #BrusselsDiamondLeague ryariko ribera i #Bruxelles.
Yariko ahiganwa ku metero 5000.
Iyo ntsinzi uyivuzeko iki?
#EmmanuelMacron, umukuru w'igihugu ca #France akubitwa ikofe.
#Igitsindo cabonetse ku munota wa 84 wu rukino rwahuza #IntambaMuRugamba , umugwi nserukira gihugu c' #Uburundi, aho wakina n'umugwi nserukira gihugu ca #Tanzania. Kuri uwo munota, niho #SaidoNtibazonkiza yaronsa #Uburundi itsinzi.
Kari akanyamuneza ahantu henshi barabira inkino, nko mu #Buyenzi co kimwe n'ahandi bariko baraba urwo rukino bifashishije #AzamTV.
#Plus257TV, #IntambaMuRugamba, #SaidoNtibazonkiza, #SaidoBerahino, #FrederickNsabiyumva, #FFB
AMABENDERA N'IMIGWA MIKURU Y'IBUHUGU VYO MURI ASIE.
Muri Afrika, abakuru b'ibihugu bitavye IMANA bakiri ku butegetsi kuva mu 1960 (African presidents dead during their mendats since 1960)
Muri Afrika, abakuru b'ibihugu bitavye IMANA bakiri ku butegetsi kuva mu 1960.