22/04/2026
✝️ITANGAZO RYO KUBIKA
Uwahoze ari Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru n'ibimenyeshamakuru, umuhisi Gabby BUGAGA azoshinguranwa iteka ku musi wa Kabiri igenekerezo rya 28/04/2026 mw'itongo ry'abapfuye ryo ku Mpanda. Iri tangazo rikaba ryashikirijwe n’umunyamabanga mukuru, akongera akaba n’umuvugizi wa leta.