Flambeau Tv +257

Flambeau Tv +257 Entertainmaint, News, Movie, Modeling and More

01/09/2021

Umurwi ugizwe namahasa( na )batuyagiye vyinshi
Kuvyerekeye Album yabo no kuvyerekeye iteka Batewe ryo kuba aba bland ambassadors mubirori vyitiriwe semaine de diaspora
Bikurikire murico kiganiro
https://youtu.be/g-nqyt2OLIk

23/06/2021

Umuririmvyi kazi aratubwiye vyinshi kubimwerekeye impamvu yahevye kuririmba murusengero aja mumuziki ingene vyaje kugira ngo aje mumuziki tutibagiye ko tumaze imisi tumubona muri Studio ya aratubwiye ivyo aba ariko arakorayo.
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://youtu.be/vPSnzh9o4Do

15/06/2021

Debat

14/06/2021

Abakobwa nibobonyenyene bakunda ?
Hagati nibande baca inyuma abandi cane ico twokwita (kuvangana)???
Ikiganiro cakozwe nurwaruka umviriza uko bobo babibona hama uheze utubwire nawe uko ubibona muri commentaires.
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://youtu.be/quDU67isY88

12/06/2021

Mugihe tuzi ko abamenyesha makuru bakora kuri you tube biswe abayoutubeur hari abemera iryo zina nabatarishima
Hakaba kndi hakunda kuvugwa ijambo "Buja Fleva " Biratangaje kubona bamwe bamwe mubamenyesha makuru batazi ico bisobanura.Twabazaniye wa hamwe na wo kuri
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://www.youtube.com/watch?v=SViPzoBNfbI

11/06/2021

Mugihe tuzi haguma haba amahiganwa(compétitions) atandukanye atunganwa nuwitwa Cocoda
None uwo Ninde?
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://youtu.be/_OOXQLwyXBw

09/06/2021

Bahastwe kugwana bapfa umugabo.
👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://www.youtube.com/watch?v=K1Q9JpSZOqg
/ / Bashwaniye imbere ya camera.
Umugabo cnk umu chr aguhevye akaca kuwundi ikibazo kiba cabaye kwande?Raba uko bobo bishuye. Ninduru vyakweze.

09/06/2021

|Alice Niyo aravuze ukuri icatumye agomba kwiyahura.

👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
https://www.youtube.com/watch?v=X_tx4tP2JnM
Mugihe hagiye hagiye haravugwa ko bamurokoye agiye kwiyahura kubera ko umuhungu bakundana yateye inda uwundi mukobwa
Vyabaye ngombwa ko tumurondera akatwihera umuco kurivyo.

29/05/2021

Address

Kinama
Bujumbura

Telephone

+25771290796

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Flambeau Tv +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share