12/06/2020
URUTOK WOKWAMBARAKO IMPETA NICO BISOBANURA
Haribintu tukunda kubona ahotubaye eka nomubindi bihugu birikwisi abantu baho usanga bafise umuco wokwambara impeta keshi ukasanga batazi icyobisobanura murimake impeta bazambara kukuboko kububaf cank kwiburyo bivana nahakubangukiHaribintu tukunda kubona ahotubaye eka nomubindi bihugu birikwisi abantu baho usanga bafise umuco wokwambara impeta keshi ukasanga batazi icyobisobanura murimake impeta bazambara kukuboko kububaf cank kwiburyo bivana nahakubangukiye.
ariko kurutoke uyambayeko bibabifise icobisobanura nkubu uyambaye
1kurukumu bisobanura kowigenga kandi kowikunda hama murukundo bisobanurako utakeneye kurongora cnk kurongor1kurukumu bisobanura kowigenga kandi kowikunda hama murukundo bisobanurako utakeneye kurongora cnk kurongorwa
2nkombarukoko,iyowambaye impeta kuri nkombarukoko bisobanurako wiyumvamwo ubutware kuwoshobora kuba umurongozi hama murukundo bisobanura ko utararonka umukunzi ahubwo kukeney umukunzi
3sumbazose uwambaye impeta kuri sumbazose bibabisobanurako afise umuryango kwafis nabakunzi hama murukundo bisobanura kwafise umukunzi koyamaz gufatwa kwarimurukund3sumbazose uwambaye impeta kuri sumbazose bibabisobanurako afise umuryango kwafis nabakunzi hama murukundo bisobanura kwafise umukunzi koyamaz gufatwa kwarimurukundo
4Gihugu nibeng uwambayeho impet bisbanura koyamaz guhitamw uwoyegurira ubuzimabwiwe ngo babusangir kand hakambarw nuwarongow cank uwihebeyiman
5agahererezi bisobanur kutishimiy icurco kutarakura nturageragush5agahererezi bisobanur kutishimiy icurco kutarakura nturageragushaka.