Burundi Smart Vision

Burundi Smart Vision We share story to learn and inspire

27/01/2026

Music

27/01/2026

Ducishemwo dutwenge

24/01/2026

Que diriez-vous de la vie

le Real madrid remporte la victoir avec le nouveau coach
20/01/2026

le Real madrid remporte la victoir avec le nouveau coach

Qu'en dites vous??
19/01/2026

Qu'en dites vous??

13/01/2026
Jour du match
11/01/2026

Jour du match

Bja over view
10/01/2026

Bja over view

Abantu benshi   bati :Ni igiki vy'  c'ihishe inyuma y'  y'isegenya yama irwa iminsi yose   15 z'ukwezi kwa Munani, mu gi...
16/08/2024

Abantu benshi bati :
Ni igiki vy' c'ihishe inyuma y' y'isegenya yama irwa iminsi yose 15 z'ukwezi kwa Munani, mu gihe dusanzwe turi .
Benshi ko kuri uwu munsi Mariya yurizwa mw' , rero ngo ni w'Umukama.
Hari ico ?
ico nawe wosangiza ?
Aho uhagaze aka , iyi mvura nkuku iriko irabica bigacika i Gitega ku mukuru w' ?

munywanyi w'ijisho muco👁 ry'i burundi turagutee amatwi👂🦻

source Yaga
16/08/2024

source Yaga

🤔 Ukuntu "diplômes" zitebe kuboneka: twatohoje aho bipfira

😔 Abanyeshure bahejeje igice ca mbere ca kaminuza (baccalauréat), baridoga ko bateba kuronka impapuro z'umutsindo babiriye akuya. Bamwe bakidoga ko bishika bagatakaza n'amahigwe y'akazi.

👉🏾 Solange* yize kuri kaminuza yitiriwe Umuco y'i Bujumbura. Ati : "nasomye raporo y'ukwinenyereza muri Ndamukiza 2023. Nca nsaba urupapuro rw'umutsindo. Bambwiye ko inyuma y'indwi zibiri nogaruka kuyitora. Narasubiyeyo incuro zitari nke ntaha ntayironse. Hari aho bambwira ko habuze umukono wa "Recteur", ahandi uw'umushikiranganji w'indero".

👧🏾 Inès* yize kuri kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika. Nawe ati : "Haraheze amezi umunani ntararonka urupapuro rw'umutsindo rwa kaminuza. Kw'ishure ngo batubwira turindire ko izo mpapuro zemezwa."

👆🏾 Inyuma y'izo ntahe, twaregereye uwukora muri kaminuza yitiriwe Umuco y'i Bujumbura, aratubwire ico abiziko. Pierre* ati : "Abipfuza impapuro z'umutsindo, bategerezwa kuzisaba. Bagatanga ibisabwa vyose, bakariha n'amahera akenewe. Haciye igihe kanaka, baca baza gutora impapuro zabo z'umutsindo".

⁉️Muti none uguteba kwazo kuva kuki ? Yishura ati: "bishobora guturuka ku kuntu zasabwe, canke bikava mu bushikiranganji iyo batevye kuzemeza (entérinement)".

👌🏾 Twarondeye uwukora mu bushikiranganji bw'indero. Umupfasoni Jeanne* asigura ati : "Abanyeshure baridoga nk'uko umenga impapuro z'umutsindo zitebera mu bushikiranganji. Ariko siko biri. Ubushikiranganji bwobwo bukora ibijanye n'amakopi y'izija zaratanzwe (conformités). Igishobora guteba ni ukuzemeza. Navyo bikorwa n'umugwi (commission) washizweho n'ubushikiranganji".

😏 Ahubwo wewe yemeza ko "impapuro z'umutsindo zitebera mu mamakaminuza. Kuko, ngo barateba kuriha amahera yo kuzemeza, kugira ababijejwe bashireko imikono isabwa".

🤔 None ivy'ayo mahera yo kwemeza impapuro z'umutsindo bimeze gute ? Twabajije uwahoze ari umunyabigega muri kaminuza imwe mu zigenga ziri mu gisagara ca Bujumbura.

🎙️ Raoul* adusigurira ati : "70 000 BIF niyo mahera yo kwemeza izo mpapuro. Rimwe rimwe abo mu mugwi ujejwe kuzemeza, baraja ku makaminuza, bagasubira inyuma badakoze kubera hari impapuro bijana zibuze".

☎️ Twahamagaye umuvugizi w'ubushikiranganji bw'indero. Yatwishuye ati : "Impapuro z'umutsindo zitangwa ku gihe, kiretse mu gihe habaye ukutumvikana kanaka. Nimba hariho umunyeshure urupapuro rw'umutsindo rwiwe rwatevye, aritura ubushikiranganji, twiteguye kumutunganiriza mu maguru masha."

Igisomwa cose kiri aha : https://lc.cx/GAQVN5.

umunsi mukuru mwiza ku bakristu bakatorika
16/08/2024

umunsi mukuru mwiza ku bakristu bakatorika

  vous revient avec les jo, suivez vous ces jeux de Paris??Revenons un peu sur la team usa de basketballhttps://web.face...
08/08/2024

vous revient avec les jo, suivez vous ces jeux de Paris??
Revenons un peu sur la team usa de basketball

https://web.facebook.com/share/NuKMxU9JM8pgd4nm/

"Je voulais dunker sur quelqu’un, mais je n’en ai pas encore eu l’occasion. Donc je suis content d’avoir passé celui-ci.” Anthony Edwards sur son windmill.

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Telephone

+25768756473

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi Smart Vision posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi Smart Vision:

Share

Category