16/06/2026
🔴🔵 INKURU NSHASHA: FC Barcelona yacu iri gutegura gutanga amafaranga ya nyuma kugira igure Julián Álvarez inyuma y’Igikombe c’Isi.
Intumbero ni ugutanga miliyoni 135 z’ama-euro hamwe n’ayandi mafaranga y’inyongera (add-ons), ivyo bishobora gutuma igiciro cose c’iyo transfert gishika kuri miliyoni 150 z’ama-euro.
✅️ SPORT
Barcelone Fans Burundi: Ubu nibwo busabe bwanyuma Barça itegekanije gukora Atlético Madrid ikaramuka ibwanse Barça izoca iheba ivyo kuzana Alvarez ✅️