Elyse Bayubahe

Elyse Bayubahe Arts & entertainment & news

17/10/2025

Naho biruko uwu mwidegevyo (freedom) urarenze //ntiwoca wisamburirako nkuku!

16/10/2025

Kuberiki Hari abantu bakunda kwinjira mubuzima bwabandi? Rabana nibikuraba stop!

16/10/2025

Kugeza uyumwanya 1$ dollar Ni 4500Fb hamwe vyobandanya uku vyoba Ari vyiza

16/10/2025

Ukuntu idollar riguma rikoroka ntirigenda ridasubiye Kubihumbi 3000Fb

16/10/2025

Bamwe bakeneye kuduza page zabo ntitwabibagiye Shira link Muri comments following following back

15/10/2025

Nta VISA bahagaritse k, uburundi rero ntimwitinye kujayo inzira Ni nyabagendwa

15/10/2025

Ngo Dubai yahagaritse VISA kubariko bajayo? Vyoba arivyo? Canke nukubesha?

15/10/2025

Vyukuri Ibihumbi amajana 500FB woyakoresha ubuzima bukagenda neza? Woyakoresha gut? Nabibonye Muri comments

15/10/2025

Mwaramutse? Zana page yawe ngaha tugu following Hama following back

14/10/2025

Aho Nari Kuri (wedding) y,aba South Africa ubona marriage y,aba South Africa baryosha ibirori kurusha iziwacu?

Ntamuntu yonfasha gukemura Kino kibazo? Aha ndiko ngeragereza guhindura Tax information guko navyujuje Nabi ariko vyase ...
14/10/2025

Ntamuntu yonfasha gukemura Kino kibazo? Aha ndiko ngeragereza guhindura Tax information guko navyujuje Nabi ariko vyase kondayihindura nandikiye payout support murabona ukuntu bica bigenda kuva ejo bambwiruko

14/10/2025

Naho ibintu vyazimvye Harya million 4Fb urumuntu yugurutse mumutwe ntiwoyakoresha ukabaho Neza?

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elyse Bayubahe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share