Buja Hit Connexion

Buja Hit Connexion 🧲‼️BÜJÃ HÍT ČŌÑÑĖČTÍŌÑ 257 UPTO CAPITAL LEGEND OF THE LEGENDS 🔥🔥

12/12/2025
R.I.P⚰️😭Amwe mumajambo yanditswe na Chimamanda Moses abicishije kurubuga rwiwe rwa   yagaragaje umubabaro kubwo urupfu r...
10/12/2025

R.I.P⚰️

😭Amwe mumajambo yanditswe na Chimamanda Moses abicishije kurubuga rwiwe rwa yagaragaje umubabaro kubwo urupfu rwuyu mwaba.

🛑Abantu mwakurikiranye neza amakuru yaciye kumbuga harasabwe ubufasha bwo gufasha uyu mwana icogihe abatri bake barashoboye kwitanga kugirango uyu mwana avurwe.

🛑 yaragerageje kwitanga afasha mugutanga amafaranga Atari make kugirango bashobore kuvuza uwo mwana mubitaro bikomeye.
Ariko ivyo vyahereye aho Ayo mafaranga bivurwa neza ko yariwe umwana bamugumiz murivyo bitaro biciriritse 😭😭😭

😭😭 None raba birangiye apfuye 😭😭

VYUKURI NAHO ABANTU BAVUGA NGO Moses Nimubi NTIVYARI BIKWIYE KO AVUGA NABI ??????



NTIWIBAGIRE GUKORA FOLLOW KURI PAGE YANJE KUGIRA AMAKURU YA BURI MUSI NTAZO GUCIKE 👇👇👇👇👇👇👇
Buja Hit Connexion

FOLLOW TO FOLLOW
10/12/2025

FOLLOW TO FOLLOW

AMEN 🙏🙌 FOLLOW TO FOLLOW
10/12/2025

AMEN 🙏🙌

FOLLOW TO FOLLOW

09/12/2025



FOLLOW TO 10 🙏
@2

08/12/2025

💪

FOLLOW TO FOLLOW 🙏🙏
08/12/2025

FOLLOW TO FOLLOW 🙏🙏

07/12/2025

Follow to Follow 🙏

🔴   SOMA HANO 👇👇👇RÉSEAUX SOCIAUX N’UMURYANGO: IKIBAZO GIKOMEYE N’UKUNTU DUSHOBORA KUGITSINDAMuri iki gihe, imbuga nguruk...
07/12/2025

🔴 SOMA HANO 👇👇👇

RÉSEAUX SOCIAUX N’UMURYANGO: IKIBAZO GIKOMEYE N’UKUNTU DUSHOBORA KUGITSINDA

Muri iki gihe, imbuga ngurukanabumenyi zafashe ikibanza kinini mu buzima bwacu. Zirafasha, ziranezera, ziratuma dutahura amakuru menshi… Ariko ku miryango, zishobora kuba intandaro y’ibibazo bikomeye cane iyo tuzikoresheje nabi.

Ibibazo bituruka kuri réseaux sociaux mu miryango:

📍 Guta igihe mu kudasangira umwanya n’abana n’uwo mwubakanye
📍 Kubura ukwizigirana hagati y’abubakanye
📍 Gutangura ubucuti budasobanutse hanze y’urugo
📍 Amakimbirane aterwa n’amafoto canke ubutumwa bitabereye
📍 Uruhara rwo kwerekana ubuzima butari ukuri, bigateza umwumvikano muke

Ariko ibintu vyose bifise ibisubizo, kandi umuryango ushobora gukomera kurusha kera!

UKUNTU DUSHOBORA GUKIZA UMURYANGO WACU MU GIHE CA RÉSEAUX SOCIAUX

1️⃣ Gushiraho amategeko y’ukoresha téléphone mu rugo

- Nta téléphone mu gihe muriko murasangira(murafungura).
- Mu gihe muriko muganira n’uwo mwubakanye, téléphone iheze itegereze(uyishire kure yawe).

2️⃣ Kwubaka ukwizigirana

- Kudahishanya ibintu bikomeye.
- Kumenya kubwira uwo mwubakanye ico ukora ku mbuga no kubwizanya ukuri.

3️⃣ Kubaho mu kuri, ntibisimburwe n’ivyo tubona kuri internet

- Reseaux sociaux ntizerekana ukuri kose. Muri make ntiwozigirako reférence y'ubuzima bw'abazivugiraho
- Mwiyemeze kubaka urukundo rutava ku mafoto, ariko ruva ku bikorwa no ku biganiro vyubaka.

4️⃣ Gufata umwanya wo kuvugana imbonankubone
Uko mwumva mwabanye nabi, mufate umwanya w’iminota 20 ku musi mwicaye muganire mu mahoro. Ni umuti mworoshe ariko ukiza vyinshi cane.

5️⃣ Kwitoza gukoresha réseaux sociaux mu buryo bwubaka

- Gusangiza ubutumwa bwiza, inyigisho, ibintu vyumutima.
- Kutaguma ku bintu vy’abacafuza abandi canke bitera ubusambanyi.

Gusozera

Umuryango ni impano ikomeye Imana yatugabaye. Rézo sociaux ni ibikoresho, ntibisubira kuba ibishinge vy’ingo. Nidusubize umutima mu rugo, twubake urukundo rutagurishwa ku mbuga, kandi duhe abana bacu akarorero keza.

Umuryango ukomeye uruta ama “likes” yose yo ku mbuga.

Murakomeze, mube urumuri n’umunyu mu miryango yanyu! 💛

Please 🙏 follow me 👇👇👇👇
Buja Hit Connexion

FOLLOW TO FOLLOW 🙏🙏AMEN 🙏
07/12/2025

FOLLOW TO FOLLOW 🙏

🙏AMEN 🙏

FOLLOW ME 👉 Buja Hit Connexion
06/12/2025

FOLLOW ME 👉 Buja Hit Connexion

04/12/2025



Amwe mumakosa ari mumurwi wa Réal Madrid

PLEASE FOLLOW ME 👉 Buja Hit Connexion

Address

Bujumbura
791582

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Hit Connexion posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category