2Day News/+257

  • Home
  • 2Day News/+257

2Day News/+257 PAGE DE L'ACTUALITE MUSICALE ET DIVERS
(1)

🌑🌑  mwiyi summer ntakubaha agahengwe vuba cane arabarundamwo iyindi song very 🔜!🌑✍️Turavye ayamasanamu iyo song ya Kino ...
25/07/2023

🌑🌑 mwiyi summer ntakubaha agahengwe vuba cane arabarundamwo iyindi song very 🔜!

🌑✍️Turavye ayamasanamu iyo song ya Kino Kidoma Akili izobica ! Muyiteze gute namwe ?

🌑✍️   ati "Isi y’ubu …Gukora ineza = 00Gufasha = 00 kuko uwufasha arahindukira agakoresha izo nguvu mu kukwica.Imico n’a...
24/07/2023

🌑✍️ ati "Isi y’ubu …

Gukora ineza = 00
Gufasha = 00 kuko uwufasha arahindukira agakoresha izo nguvu mu kukwica.
Imico n’akaranga = 00 kuko abatayikorikiza nibo bahabwa intebe.
Guhemuka = 100% kuko benshi mubona bagenda barahemutse.

Shirako Ico nibagiye ??"

🌑🌑   ahejeje gushika Ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE C’i Bujumbura, avuye mu ugihugu kibanyi ca  Follow...
24/07/2023

🌑🌑 ahejeje gushika Ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE C’i Bujumbura, avuye mu ugihugu kibanyi ca

Follow 2D2Day News/+257e2Day News/+2572Day News/+2572Day News/+2572Day News/+257

🌑🌑 Iyi niyo couple igezweho muri Buja fleva !   once again na   yahora akundana na   mbere bavyaranye n'umwana✍️🌑 Akajam...
23/07/2023

🌑🌑 Iyi niyo couple igezweho muri Buja fleva ! once again na yahora akundana na mbere bavyaranye n'umwana

✍️🌑 Akajambo kamwe kuri iyi Couple, nogukeza Double Jay muri akagakino yinjiyemwo !

Follow 2Da2Day News/+257w2Day News/+2572Day News/+2572Day News/+2572Day News/+257

🌑🌑 f✈️  ahejeje gufata rutemikirere yerekeza ahantu hataramenyekana ariko ibimujanye nakazi kiwe ka music 🎵.🌑✍️Tumwipfur...
17/07/2023

🌑🌑 f✈️ ahejeje gufata rutemikirere yerekeza ahantu hataramenyekana ariko ibimujanye nakazi kiwe ka music 🎵.

🌑✍️Tumwipfurize urugendo rwiza uyu musore wacu Mr mitoma !!!

🌑🌑   arikumwe na A.T.M JEFF umwe baririmbana akaririmbo karyoshe cane , mwakunze muri benshi kitwa     babipfurije Umusi...
16/07/2023

🌑🌑 arikumwe na A.T.M JEFF umwe baririmbana akaririmbo karyoshe cane , mwakunze muri benshi kitwa babipfurije Umusi w'Imana mwiza ! Mubona gute babongeye akandi ga collabo ?

🌑✍️ Burya   yarasumye  gusa sinarinzi ko nawe yarakiri umusolait !!
16/07/2023

🌑✍️ Burya yarasumye gusa sinarinzi ko nawe yarakiri umusolait !!

🌑✍️CA Kidoma   gihejeje Examen d'Etat gitora inkumi nziza ati nca ngaha nawe ndakurishe hit !!
14/07/2023

🌑✍️CA Kidoma gihejeje Examen d'Etat gitora inkumi nziza ati nca ngaha nawe ndakurishe hit !!

🌑🌑   ntafyina ya nkumi yiwe    aheruka kuronka agomba ayikweshe ! Avuze ati "Mpejeje kuvugana na   ambwirako yomukwere u...
14/07/2023

🌑🌑 ntafyina ya nkumi yiwe aheruka kuronka agomba ayikweshe ! Avuze ati "Mpejeje kuvugana na ambwirako yomukwere umwana wiwe kuri 80000€, Ariko yobamake, nawe ngo turindire akure Reka turindire turabeko yoduha 10000€ kumfura yanje yumukobwa Cubahiro Ada Chloe .
"

🌑✍️Mubo ayo madorare bazohava bayamuha ?

🌑🌑 Wa Muririmvyi wacu dukunda King   yamaze gushika kubwa nyaburunga avuye muri Leta nzunze ubumwe za Barabu neza na nez...
12/07/2023

🌑🌑 Wa Muririmvyi wacu dukunda King yamaze gushika kubwa nyaburunga avuye muri Leta nzunze ubumwe za Barabu neza na neza mugisagara ca aho yakiriwe nku mwami kuri Aëroport international Melchiol Ndandaye . Ndabibuyse koyari yajanywe ni giteramo yarafise kwitaliki 1/7/ 023/

🌑✍️ Hari indirimbo Sat_B yigeze gusohora kavuga walisema kwamba sitofika mbali ariko avuye Dubai mu misi irimbere naho agomba kuja Suede ! Akajambo kamwe kuri SAT_B!

🌑🌑   nawe ahejeje kuronka umwana mu mumuhe amashurwe yiwe , ariko ijambo atangaje rikomeje gutwenza abantu  ! Mutima yag...
12/07/2023

🌑🌑 nawe ahejeje kuronka umwana mu mumuhe amashurwe yiwe , ariko ijambo atangaje rikomeje gutwenza abantu ! Mutima yagize ati " Karibu kibondo ❤, inyumbati ya proje ubu yerera amezi abiri 🤦🏽‍♂️, kandi kera yerera amezi umunani 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 "

🌑✍️ Akajambo kamwe ko gukeza Mutima le Comedien!!

🌑🌑   yaronse uwundi mwana akurikira uwo yari afise Yitwa ANTIVIRUS ! Nakanyamuneza kenshi MKOMBOZI yanditse ati " Imana ...
11/07/2023

🌑🌑 yaronse uwundi mwana akurikira uwo yari afise Yitwa ANTIVIRUS ! Nakanyamuneza kenshi MKOMBOZI yanditse ati " Imana ninziza kuba yaduhaye umumalaika.
Uwambere ko yitwa ANTIVIRUS uyu nawe tumwite ANTI BOMBE😎?
Canke tumwite gute ?
Imana ibandanya inkunda nkumva n isoni
Nana Nayeyo "

🌑😲✍️ Akajambo kamwe kuri MKOMBOZI ko kumukeza kuri ico kibondo aronse !!

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 2Day News/+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to 2Day News/+257:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share