Burundi Celebrity

  • Home
  • Burundi Celebrity

Burundi Celebrity Jesus is the way ,the truth and the life (John 14:

22/11/2025

Sindumva umuntu murabana yasanze waarondeye waravunitse akaza kumunsi murabanye haciye amazi 3 gusa ngiyo divorce irabaye amatungo yoso nikuyagabura atazi ningene yarondewe
Niyompamvu abakobwa bikigihe baza bakurikiye itungo atarukundo bafise mwashwana Gato divorce igihugu kirakwiye kubiraba ako karenganyo kakavaaho .

Ico hamwe igihugu cobitunganya neza ama divorce yogabanuka ndibaza nabasore borongora kubwinshi

Send a message to learn more

18/10/2025

Iribara ryabaye 👇👇👇👇👇😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭rRqEYnVIVphttpsrRqEYnVIVphttpsrRqEYnVIVphttpsrRqEYnVIVphttpsrRqEYnVIVphttpsrRqEYnVIVphttps

18/10/2025

Abarundi turagoye #($) rimanutse muca mushaka nibintu bica bimanuka ubunyene

bihe umwanya rka gushusha ibintu

16/10/2025

Aba star bakije umuriro bazowuzimya Kwl ibintu Nibiki Kwl abarundi kobahumye Nibiki
Yamigisha y,ubatare ibinibiki🔥🔥🔥🔥👇👆 👇👇👇👇👇👇👇

Amarira ni menshi kuba    😥😥😥😥😥😥😥Igihugu cose ni ikigandaro gikomeye cne Umuntu wese yandike imoji🥲🥲yakababaro yokwifadi...
16/10/2025

Amarira ni menshi kuba 😥😥😥😥😥😥😥Igihugu cose ni ikigandaro gikomeye cne

Umuntu wese yandike imoji🥲🥲yakababaro yokwifadikanya nabo muri commentaire

  odinga umunyapopilitique wo mugihugu ca  # Kenya yaraye yitavye Imana aho yariko yivuza mubitaro abontu Bose bakunda u...
15/10/2025

odinga umunyapopilitique wo mugihugu ca # Kenya yaraye yitavye Imana aho yariko yivuza mubitaro abontu Bose bakunda uwumugabo mwihangane nabanyakenya Bose😭😭😭

15/10/2025

New songs double jay

Uwomukobwa ese mwobana????? Umuvuzeko iki ??!
14/10/2025

Uwomukobwa ese mwobana????? Umuvuzeko iki ??!

14/10/2025

nyene nzobereka umu wambere nuwakabiri wu yoserukira amakungu nuburyo bobikora murakoze

Address


Telephone

+25762572708

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi Celebrity posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi Celebrity:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share