Kagabo Superman

Kagabo Superman content creator

05/06/2026

Kuberiki abantu muva ruguru arimwe usanga muja muma Gyms 🏋️‍♂️ guterura ivyuma harya muba mushaka kwemeza bande🤣🤣
Twebwe invukira twikundira amafege

04/06/2026

Iyingeso ya B-face On The'flo yo gufukama

04/06/2026

None kuberiki abantu mugorana kweri twena REGIDESO tubazimiriza amatara kugira muryame muruhuke mugaca mwatsa ama plaques none mushaka tuzobagire gute?🤣🤣🤣
Basi🤣🤣

03/06/2026

Jewe na Intore Cyane ngiyo Impanuro yagusa duhaye mukwiye gukurikiza🤣🤣
Ingeso yo gufukama

03/06/2026

Harumuntu yubaka ama escalier ukibaza ko yariko yubaka inzira ija mwijuru ukabibura😂

Anyway mwebwe mugurira he ama machines?😂ko Jewe nzi hamwe honyene naho atahandi atari muri JAY ELECTRONICS.

Galerie VIP shambaa/tél :+25769598908 chez Jay electronics

02/06/2026

It's remix 😂😂 nn aka Benz kaje gute mundirimbo ya LinoG Umvukuri

Twari twibagiye Masterland

01/06/2026

none tuzobagire gute🤣🤣🤣

31/05/2026

Twebwe twari tuje gusaba imbabazi😂😂😂🙏💥

30/05/2026

Namwe muramaze kubona ko ama hôtel ya Bujumbura aguma yuzuye!? Nn afatwa na bande??!😂😂

29/05/2026

Ibaze ko Mr. Tubane Neza twatumye Amara amasaha atatu ariko arahiga amafaranga amajana abiri😂😂(200FBU).

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kagabo Superman posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share