Vouloir

Vouloir uku turi siko tugomba kuguma tubwirizwa gukora cane kugira tumere uko dushaka

🔴😍Intéressant !🌾La production de   a considérablement augmenté dans certaines régions du  , passant de 3 à 10 tonnes par...
26/06/2025

🔴😍Intéressant !
🌾La production de a considérablement augmenté dans certaines régions du , passant de 3 à 10 tonnes par hectare, grâce à l'appui technique de la Chine via le Centre pilote agricole de Gihanga, dans la province de Bubanza.

📌3 800 hectares sont actuellement consacrés, à l'échelle nationale, à la multiplication de riz hybride, ce qui devrait permettre d'atteindre l'autosuffisance en riz à moyen terme, voire d'envisager des exportations vers la région.

L'annonce a été faite lundi par Léonard BUTOYI, Assistant du ministre chargé de l'Agriculture, au Centre pilote agricole chinois de Gihanga, à l'occasion d'une cérémonie célébrant la coopération agricole sino-burundaise et récompensant différentes catégories d'acteurs pour les moissons de 2025.(👉: http://french.peopledaily.com.cn/Afrique/n3/2025/0626/c96852-20332885.html )

📸: Quotidien du Peuple

❌👸🏽 Umu Miss umwe aravuye muri rya higanwa rya   kubera indwara: Kenguruka Delia Chainese Ketina ntazobandanya iryo higa...
26/06/2025

❌👸🏽 Umu Miss umwe aravuye muri rya higanwa rya kubera indwara: Kenguruka Delia Chainese Ketina ntazobandanya iryo higanwa

📌 Iyo ni inkuru yaraye imenyekanye mw'ijoro ryo kuri uno wa 26 Ruheshi 2025, aho uburongozi bwateguye iryo higanwa rya Miss bwashikirije ko Kenguruka Delia Chainese Ketina yavuye mw'ihiganwa rya Miss ku mvo z'indwara

🧐 Uyo mwigeme w'imyaka 21 yari yaserukiye Intara ya Bujumbura yari muri 15 baronse amahirwe yo gushika mu mwanya wa nyuma wa Finale, aho yari guhiganwa mu bandi kugira arabe ko yoshika muri 3 ba mbere

👉🏿 Mu migambi yiwe yari yarashize imbere harimwo ivyo kuvuza indwara ya AVC (Accident Vasculaire Cérébral) no gukurikirana hafi abayirwaye

25/06/2025

Yesu Yagaburiye Abantu 5000 Bararya Barahaga Nugusigaza* Ariko Ubu Abo Bantu 5000 Nibo Bagaburira
😂‼️😂

🔴🎙Umuririmvyi w'indirimbo z'akaranga August Burundi yaramuye batoyi biwe mu muziki w’Uburundi. Akaba yahereye ku muririm...
25/06/2025

🔴🎙Umuririmvyi w'indirimbo z'akaranga August Burundi yaramuye batoyi biwe mu muziki w’Uburundi. Akaba yahereye ku muririmvyi RAMBO 2 asanzwe amaze kwerekana ko ashoboye muri GAME.🎶

🔹Uyu Rambo2, benshi bamumenye ku ndirimbo « NOSARA », yaririmbanye na CHANY QUEEN n'izindi nyinshi zitandukanye. Ubu akaba aherutse gusohora indirimbo yitwa « TOI ET MOI » ( 👉: https://www.youtube.com/watch?v=-BE3j3La5oc ) kugirango afashe abakunzi biwe kunezerererwa ibi bihe vya SUMMER tugezemwo.

📍💬 Agira ati : " Nivyo August benshi bamuzi mu ndirimbo z'akaranga, ariko n'uyu muziki wundi dusanzwe turirimba arawuzi kuko niyo yahereye. Yahisemwo kumfasha no kunshigikira kugirango nanje nterimbere, nakare indoto afise ni irya nyene yo gushikana impano z'Uburundi kure hashoboka ».


🛑‼️Nyuma y'indwi mama wiwe yitavye Imana, Chriss Eazy ari mu gahinda gakabije ko kubura nyokuru  yitavye Imana 📌Umwandit...
25/06/2025

🛑‼️Nyuma y'indwi mama wiwe yitavye Imana, Chriss Eazy ari mu gahinda gakabije ko kubura nyokuru yitavye Imana

📌Umwanditsi w'indirimbo zakunzwe nka "inana ,folomiana nizindi nyinshi....ariwe Chris Eazy niho gitondo co ku wakabiri, itariki 24 /6/ 2025, vyavurwa ko yabuze nyokuru wiwe inyuma yokubura mama binavurwako nyokuru wiwe ikimuhitanye Ari ingwara ya diyabete (Diabetes) yari ayimaranye igihe kinini.

📌Amakuru mabi y’urupfu rw’uyu muvyeyi yemejwe n’umwe mu bo mu muryango wiwe, wabwiye InyaRwanda ko yari amaze igihe yitabwaho n’abaganga bamukurikirana buri musi hama bizakwanka Imana itwara uwo yakunze, twihanganishe Chris Eazy n'umuryango wose titibagiye abakunzi ba Chris Eazy tunagusaba gufyonda kuri canke kwururubuga hama ubane natwe umusi kumusi



NARAY NTERAMANYE NA CACAMAMARE,《《《&NEGLICH PROMOTER》》 ABIKORA NEZA MURI KAMPALA,URU TUVUGAN YIBEREY NGAHA BUJUMBURA MUKA...
24/06/2025

NARAY NTERAMANYE NA CACAMAMARE,《《《&NEGLICH PROMOTER》》 ABIKORA NEZA MURI KAMPALA,URU TUVUGAN YIBEREY NGAHA BUJUMBURA MUKARUHUKO,
AJABA YARAMPAYE NALASHURWE,NKINTWARI,KUBUHINGA BWANJE.

NAW MPAYABDI IN COMMENTAIRES.

Bano ba types&typettes uwo bajana muburimyi,umwimbu wokwiyongera .Murabona izonguvu kweri bafi,biterurir ivyuma ni bébé ...
21/06/2025

Bano ba types&typettes uwo bajana muburimyi,umwimbu wokwiyongera .
Murabona izonguvu kweri bafi,biterurir ivyuma ni bébé bakarenzako Brigitte &etc🐵🐵🐵

21/06/2025

Intambara ya Ukraine na Russie yadusigiye ingaruka mbi nyinshi harimw nizo kwiyunguruza hamw nizimba ryibintu bidandazwa🧨🎋😂😂
Iyi nayo iriko ibera mûri Israël n'a uran twiteke ko izokora bikomeye kubijanye,n’ukwemera ndoramana,nkaba Kristen ubu ntibatekanye,kuk Iran nimva zabatumwa irasenyura🫠🫠🫠🫠🫠

08/06/2025

akaruta akandi karakamira,uwu mugani mur football ntukora

14/06/2024

Bonjour.

28/02/2024

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vouloir posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Vouloir:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share