Ibigezweho social media

Ibigezweho social media Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ibigezweho social media, Bujumbura.

🔵Gumana natwe wironkere :
👉Amakuru y'inkino agezweho ⚽,
👉pronostics zizewe cane, Résultats
n’ibindi bigezweho mu gihe nyaco.

🔴Na mwebwe mushaka kumenyekanisha ivyo musanzwe mukora,
KARIBU TUBIBAFASHEMWO👏👏👏
👉WATSAPP :+25762429945

🚨🚨🔥NGIYO RÉSUMÉ YA MATCH YA REAL MADRID NA VALANCE 🤣🤣🤦 ABA Barça mwihangane dutwenge gato 🤣Abonne à ma page.
03/11/2025

🚨🚨🔥NGIYO RÉSUMÉ YA MATCH YA REAL MADRID NA VALANCE 🤣🤣🤦 ABA Barça mwihangane dutwenge gato 🤣

Abonne à ma page.

🚨🛑✅AMWE MU MAKURU Y'IGURA N'IGURISHA ARIKO ARAVUGWA KU MUGABANE WA BULAYA 👇⚽🚨🇰🇷 FC Barcelone iriko iriyumvira uburyo bwo...
03/11/2025

🚨🛑✅AMWE MU MAKURU Y'IGURA N'IGURISHA ARIKO ARAVUGWA KU MUGABANE WA BULAYA 👇⚽

🚨🇰🇷 FC Barcelone iriko iriyumvira uburyo bwo gutira umusatirizi wa LAFC Son Heung-min mu gihe gito, kuko ihiganwa rya MLS rigeze ku musozo. (Fichajes)

🚨🇧🇷 Endrick yahisemwo neza kwwerekeza mu mugwi wa Lyon. Ivyerekeye amasezerano biri mu nzira nziza, kandi hitezwe ko bazomutira ata burenganzira bwo kumugura. (Fabrizio Romano)

🚨🏴 Tottenham iriko irakurikirana uburyo bwo kugura Scott McTominay wa Naples. (Teamtalk)

🚨🇪🇬 Ubusabe bwa Saudi Pro League bwo guha Mohamed Salah amasezerano buracari ku meza. Burimwo imiliyoni 150 € Ku mwaka, harimwo akazi ko kuba ambasaderi w’ubutunzi bw’ingenzi (tourisme) hamwe n’uburyo yoshobora kuzogira umugabane mu mugwi. (TBR Football)

🙏 Kugira ntutangwe no kwironkera amakuru y’umupira buri gihe, kora suivre kuri 👉 Ibigezweho social media

🚨🛑✅UKU NIKO VYARAYE BIGENZE HIRYA NO HINO MU MAHIGANWA ATANDUKANYE 👇⚽🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ANGLETERRE : PREMIER LEAGUEWest Ham 3-1 Newc...
03/11/2025

🚨🛑✅UKU NIKO VYARAYE BIGENZE HIRYA NO HINO MU MAHIGANWA ATANDUKANYE 👇⚽

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ANGLETERRE : PREMIER LEAGUE
West Ham 3-1 Newcastle
Manchester City 3-1 Bournemouth

🇪🇸 ESPAGNE : LALIGA
Levante 1-2 Celta Vigo
Alaves 2-1 Espanyol
Barcelona 3-1 Elche
Betis 3-0 Mallorca

🇩🇪 ALLEMAGNE : BUNDESLIGA
FC Koln 4-1 Hamburger SV
Wolfsburg 2-3 Hoffenheim

🇮🇹 ITALIE : SERIE A
Verona 1-2 Inter
Fiorentina 0-1 Lecce
Torino 2-2 Pisa
Parma 1-3 Bologna
AC Milan 1-0 AS Roma

🇫🇷 FRANCE : LIGUE 1
Rennes 4-1 Strasbourg
Lens 3-0 Lorient
Lille 1-0 Angers
Nantes 0-2 Metz
Toulouse 0-0 Le Havre
Brest 0-0 Lyon

🇳🇱 PAYS-BAS : EREDIVISIE
Heracles 8-2 Zwolle
Groningen 1-1 Twente
Sparta Rotterdam 0-1 AZ Alkmaar
Utrecht 1-0 Nijmegen

🇧🇪 BELGIQUE : JUPILER PRO LEAGUE
Westerlo 0-1 Genk
Leuven 4-0 Gent
St. Truiden 1-0 Antwerp

🇵🇹 PORTUGAL : LIGA PORTUGAL
AFS 2-2 Tondela
FC Porto 2-1 Braga

🇹🇷 TURQUIE : SUPER LIG
Konyaspor 2-3 Samsunspor
Kayserispor 3-2 Kasimpasa
Besiktas 2-3 Fenerbahce

🇩🇰 DANEMARK : SUPERLIGA
Viborg 3-2 Randers FC
Sonderjyske 2-1 Vejle
Nordsjaelland 2-4 Odense

🇬🇷 GRÈCE : SUPER LEAGUE
AEL Larissa 0-2 Levadiakos
Panserraikos 0-5 PAOK
AEK Athens FC 1-0 Panetolikos

🇳🇱 PAYS-BAS : EERSTE DIVISIE
FC Emmen 2-2 Waalwijk
Maastricht 3-4 Den Haag

🇳🇴 NORVÈGE : ELITESERIEN
Stromsgodset 1-2 Viking
Bryne 2-1 Brann
Fredrikstad 3-1 Kristiansund
HamKam 3-1 Sandefjord
KFUM Oslo 1-4 Haugesund

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 ÉCOSSE : LEAGUE CUP
Celtic 3-1 Rangers

🇸🇪 SUÈDE : ALLSVENSKAN
Elfsborg 0-3 AIK
Halmstad 0-0 Brommapojkarna
Djurgarden 0-0 Goteborg
GAIS 1-1 Oster

🇨🇭 SUISSE : SUPER LEAGUE
Lugano 1-0 St. Gallen
Luzern 6-0 Grasshoppers
Young Boys 0-0 Basel

🇺🇦 UKRAINE : PREMIER LEAGUE
FK Zorya Luhansk 1-0 Rukh Lviv
Shakhtar Donetsk 3-1 Dyn. Kyiv

🇷🇴 ROUMANIE : SUPERLIGA
UTA Arad 2-0 Metaloglobus Bucharest
FC Hermannstadt 1-3 Otelul

🇷🇺 RUSSIE : PREMIER LEAGUE
Orenburg 3-1 Sochi
Baltika 2-0 Akhmat Grozny
Krasnodar 2-1 Spartak Moscow

🇦🇹 AUTRICHE : BUNDESLIGA
Salzburg 4-1 Ried
Wolfsberger AC 0-0 Tirol
SK Rapid 2-1 Sturm Graz

🇦🇿 AZERBAÏDJAN : PREMIER LEAGUE
Turan Tovuz 2-1 Shamakhi
Sumqayit 3-2 Araz

🇨🇳 CHINE : SUPER LEAGUE
Qingdao Hainiu 1-0 Wuhan Three Towns
Yunnan Yukun 1-0 Qingdao West Coast

🇭🇷 CROATIE : HNL
Slaven Belupo 0-0 Hajduk Split
Osijek 0-0 Varazdin

🇨🇾 CHYPRE : CHYPRE LEAGUE
Krasava 0-1 Anorthosis
Apollon 1-2 AEK Larnaca
Pafos 1-0 AEL Limassol

👉 NTUTANGWE NO KUTWANDIKIRA MU GUFYINDAKO KWIYI NUMÉRO 👉 62 42 99 45 TUGUSHIRE MURI GROUPE YACU WATSAPP TA 1XBET ITANGA COUPON ZA BURI MUSI.

🛑🚨🔵 Ubu nibwo Busesanguzi bw'inkino z'uno musi twabateguriye Muri 1XBET ⚽️👇🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ENGLAND: Premier League15:00 West Ham...
02/11/2025

🛑🚨🔵 Ubu nibwo Busesanguzi bw'inkino z'uno musi twabateguriye Muri 1XBET ⚽️👇

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ENGLAND: Premier League
15:00 West Ham - Newcastle 👉plus de 1.5
17:30 Manchester City - Bournemouth 👉12

🇫🇷 FRANCE: Ligue 1
15:00 Rennes - Strasbourg👉 plus de 1.5
17:15 Lens - Lorient 👉plus de 1.5
17:15 Lille - Angers 👉12
17:15 Toulouse - Le Havre 👉1X
20:45 Brest - Lyon 👉plus de 1.5

🇮🇹 ITALY: Serie A
12:30 Verona - Inter 👉V2
15:00 Fiorentina - Lecce👉 1X
20:45 AC Milan - AS Roma👉 moins de 4.5

🇪🇸 SPAIN: LaLiga
18:30 Barcelona - Elche👉 V1
21:00 Betis - Mallorca👉 12

👉 Ntimwibagire kwugurura bushasha Compte zanyu za 1XBET UKORESHEJE CODE PROMO
👉 INKINO100

TWANDIKIRE WATSAPP 62 42 99 45 TUBIGUFASHEMWO TWOGERE TUGUSHIRE MURI GROUPE YA 1XBET

🚨🛑 📢 Football na 1XBET Vyose  Birajana.  Reka kwitwaza ngo mwarabuze akazi kandi mufise téléphone Android. Ngo muri  ibi...
02/11/2025

🚨🛑 📢 Football na 1XBET Vyose Birajana. Reka kwitwaza ngo mwarabuze akazi kandi mufise téléphone Android.

Ngo muri ibishomeri? 😀 mwabantumwe iyo téléphone yawe niwo mutahe wawe ntanikindi kintu nakimwe gikenewe ! Aha twese uku utubona dukoresha téléphone kandi dukora ku cicaro gikuru ca 1XBET.

👉 Abari muri groupe yacu ya watsapp Nibo bazi ivyiza bihayagirwa bigatuma Babona akamaro Téléphone yabo ibamariye.

✅Fata Téléphone yawe, UGURURA BUSHASHA compte yawe ta 1xbet Ukoresheje code promo
👉 INKINO100
‼️ MUNDOME NKURU KANDI BIFATANYE VYOSE

Hindura compte usanzwe ukoresha utangure gukoresha iyo Ku cicaro Gikuru ca 1XBET mu Burundi ukoresheje Iyindi numéro ukayugurura bushasha.

🔵 Ikindi naco, Umuntu iyo agomba akwugururire 1XBET raba neza ko kuri code promo atagushiriyeho ibintu bitazwi kuko bizotuma utarotira canke usange bakwugariye compte yawe kuri code promo itazwi neza. Uzuzaho code promo
👉 INKINO100 niyo code promo yo ku cicacaro gikuru ca 1XBET mu burundi

N.B: abantu mwuguruye mukoresheje izindi code promo nukuri bakazobugarira compte ntimuzovuge ngo ntitwabamenyesheje twama twabisemereye no kuma radio code promo yo ku cicacaro gikuru ca 1XBET, ni code promo INKINO100 ( uvyandika bifatanye kandi mundome nkuru)

👉Ukeneye ubufasha bwo kwugurura canke ufise ikibazo icarico cose, Twandikire WhatsApp 62 42 99 45 Tugufashe twongere tugushire muri groupe yacu.
( Siège nationale de 1XBET au code promo : INKINO100)

Ibigezweho social media

🚨🛑📢Uku Niko vyagenze bigenze hirya no hino mu Mahiganwa atandukanye ⚽🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : PREMIER LEAGUEBrighton 3-0 Lee...
02/11/2025

🚨🛑📢Uku Niko vyagenze bigenze hirya no hino mu Mahiganwa atandukanye ⚽

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ANGLETERRE : PREMIER LEAGUE
Brighton 3-0 Leeds
Burnley 0-2 Arsenal
Crystal Palace 2-0 Brentford
Fulham 3-0 Wolves
Nottingham 2-2 Manchester Utd
Tottenham 0-1 Chelsea
Liverpool 2-0 Aston Villa

🇪🇸 ESPAGNE : LALIGA
Villarreal 4-0 Rayo Vallecano
Atl. Madrid 3-0 Sevilla
Real Sociedad 3-2 Ath Bilbao
Real Madrid 4-0 Valencia

🇩🇪 ALLEMAGNE : BUNDESLIGA
Heidenheim 0-0 Eintracht Frankfurt
Mainz 1-1 Werder Bremen
RB Leipzig 3-1 Stuttgart
St. Pauli 0-4 B. Monchengladbach
Union Berlin 0-0 Freiburg
Bayern Munich 3-0 Bayer Leverkusen

🇮🇹 ITALIE : SERIE A
Udinese 1-0 Atalanta
Napoli 0-0 Como
Cremonese 1-2 Juventus

🇫🇷 FRANCE : LIGUE 1
PSG 1-0 Nice
Monaco 0-1 Paris FC
Auxerre 0-1 Marseille

🇳🇱 PAYS-BAS : EREDIVISIE
Ajax 1-1 Heerenveen
NAC Breda 1-0 G.A. Eagles
Feyenoord 3-1 FC Volendam

🇧🇪 BELGIQUE : JUPILER PRO LEAGUE
Waregem 1-4 Royale Union SG
Club Brugge KV 2-1 Dender
Anderlecht 3-1 KV Mechelen

🇸🇪 SUÈDE : ALLSVENSKAN
Hacken 1-1 Malmo FF
Norrkoping 1-2 Sirius

🇨🇭 SUISSE : SUPER LEAGUE
Thun 2-1 Sion
Winterthur 4-2 Servette
Zurich 1-2 Lausanne

🇹🇷 TURQUIE : SUPER LIG
Goztepe 1-0 Genclerbirligi
Galatasaray 0-0 Trabzonspor

🇳🇴 NORVÈGE : ELITESERIEN
Valerenga 3-1 Bodo/Glimt
Molde 4-2 Rosenborg

🇵🇹 PORTUGAL : LIGA PORTUGAL
Nacional 0-1 Famalicao
Rio Ave 0-4 Estoril
Casa Pia 3-5 Estrela
Vitoria Guimaraes 0-3 Benfica

🇩🇰 DANEMARK : SUPERLIGA
FC Copenhagen 3-2 Fredericia

🇦🇹 AUTRICHE : BUNDESLIGA
BW Linz 0-1 LASK
Grazer AK 3-1 Altach
Hartberg 2-1 Austria Vienna

🇦🇿 AZERBAÏDJAN : PREMIER LEAGUE
Karvan 2-3 Zira
Neftci Baku 5-1 Kapaz

🇷🇺 RUSSIE : PREMIER LEAGUE
Dynamo Makhachkala 2-0 Krylya Sovetov
Rubin Kazan 0-0 Dynamo Moscow
FK Rostov 0-1 Akron Togliatti
Zenit 2-0 Lokomotiv Moscow

🇸🇦 ARABIE SAOUDITE : SAUDI PROFESSIONAL LEAGUE
Al Taawon 2-0 Al Qadisiya
Al Khaleej 4-4 Al Ittihad
Al Nassr 2-1 Al Fayha

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 ÉCOSSE : PREMIERSHIP
Falkirk 3-1 Kilmarnock
Hearts 4-0 Dundee FC
Livingston 2-2 Hibernian

🇨🇳 CHINE : SUPER LEAGUE
Changchun Yatai 0-4 Beijing Guoan
Shandong Taishan 2-1 Tianjin Jinmen Tiger
Meizhou Hakka 2-2 Dalian Yingbo

🇭🇷 CROATIE : HNL
Din. Zagreb 2-1 Rijeka
Istra 1961 1-1 Vukovar 1991

🇨🇾 CHYPRE : CYPRUS LEAGUE
Omonia Aradippou 0-1 Ol. Nicosia
APOEL 4-1 Achnas
Paralimni 0-2 Omonia

🇨🇿 RÉPUBLIQUE TCHÈQUE : CHANCE LIGA
FK Pardubice 1-1 Dukla Prague
Jablonec 1-3 Zlin
Slovacko 0-3 Liberec
Slavia Prague 2-0 Ostrava

🇬🇷 GRÈCE : SUPER LEAGUE
Volos 1-0 Panathinaikos
Atromitos 1-2 Kifisia
Olympiacos Piraeus 2-1 Aris

🇭🇺 HONGRIE : NB I.
Kazincbarcikai 1-3 Puskas Academy
Gyor 0-0 Paks
Ferencvaros 4-1 MTK Budapest

🇮🇱 ISRAËL : LIGAT HA’AL
Maccabi Haifa 2-2 Hapoel Jerusalem
Hapoel Tel Aviv 2-0 Ironi Tiberias
Hapoel Petah Tikva 2-2 Sakhnin
SC Ashdod 4-1 Hapoel Haifa
Maccabi Bnei Raina 0-2 Maccabi Tel Aviv

🇷🇴 ROUMANIE : SUPERLIGA
Unirea Slobozia 0-1 FC Arges
U. Cluj 0-2 FCSB

🇧🇷 BRÉSIL : SERIE A BETANO
Cruzeiro 0-0 Vitoria
Santos 1-1 Fortaleza

🇪🇬 ÉGYPTE : PREMIER LEAGUE
Ghazl El Mahallah 0-0 Modern Sport
El Gouna 0-1 Pharco
El Ismaily 2-1 Kahrabaa Ismailia

👉INJIRA BUSHASHA MURI 1XBET UKORESHEJE CODE PROMO
👉 INKINO100 MURI 1XBET

TWANDIKIRE WATSAPP
62 42 99 45

🚨🛑📢 Lamine Yamal yafashe ingingo ikomeye cane mu buzima bwiwe bw'umupira w'amaguru ! 💎🔥Nk’uko vyashikirijwe na Sport, in...
01/11/2025

🚨🛑📢 Lamine Yamal yafashe ingingo ikomeye cane mu buzima bwiwe bw'umupira w'amaguru ! 💎🔥

Nk’uko vyashikirijwe na Sport, inyuma y’impanuro nyinshi yahawe n’abakuru bakomeye hamwe n’abahoze ari ibihangange mu mupira ww'amaguru, Lamine Yamal 🇪🇸 yakoze ikintu gikomeye cane :

👉 Yamenye ko ubuzima bwiwe bwo mu mupira bufise agaciro kanini cane kurusha urukundo rwo ku mbuga ngurukanabumenyi hamwe n’ubucuti bumwe na bumwe bwo ku murongo… harimwo na Nicki Cole. ✅📵

Iyo nyenyeri ya La Masia 💙❤️ yasanze ko ategerezwa kureka ibintu vyose bimubangamira kugira ashobore kwitaho cane iterambere ryiwe ry’umwuga. Ingingo yuzuye ubukerebutsi, ubwitonzi n’iciyumviro gikomeye co kwubaha impano yiwe. 💪🏼✨

Turamukeje cane, crack ! 🙌
Nabandanye agendera mu nzira y’umuvyeyi wiwe w'umupira w'amaguru… Lionel Messi 🐐.

Kazoza ni ak’abaguma bashize umutima ku mugambi wabo nka Kylian.. 🚀⭐️

Mwakiriye gute iyo ngingo ya Lamine Yamal yo kuvavanura na Nicki Nicole Mu Rukundo ?

👉 Ntimwibagire gukora suivre canke follow kwino page yacu kugira mubandanye mwironkera inkuru zigezweho muri football.

🚨🛑✅ Ukaba Ukunda Umugwi wa Real Madrid canke FC Barcelona ukina na 1xbet cane, Ntutangwe no gushigikira umugwi wawe usan...
01/11/2025

🚨🛑✅ Ukaba Ukunda Umugwi wa Real Madrid canke FC Barcelona ukina na 1xbet cane, Ntutangwe no gushigikira umugwi wawe usanzwe ukunda mu gukoresha code promo yawo.

Ku Bakunzi ba Real Madrid, ni code promo 👉 RMA257

Ku Bakunzi ba FC Barcelona, ni Code promo 👉 FCB257

‼️ANDIKA MUNDOME NKURU KANDI UFATANYE INDOME NIVYO BIHARURO.

Umaze kuyikoresha, simbira kuri WHATSAPP utwandikire kwiyi numéro 👇👇👇
62 42 99 45 Tugushire muri groupe yacu ya 1XBET imaze kujamwo abantu barenga 100
hama tuze turaguha coupon za Buri musi Ku Buntu

Canke uce kwiyo Link winjiremwo
👇👇👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/DIOIOA9ZSwc3y5xDznTxG2?mode=ems_copy_t

KARIBU MWESE 👏👏

Ibigezweho social media
-RMA257
-FCB257

🚨📢 INSOLITE MURI FOOTBALL 😀 Umufana w’umugwi wa Júnior Barranquilla yasavye kubana n’abagore babiri hagati y’igice ca mb...
01/11/2025

🚨📢 INSOLITE MURI FOOTBALL 😀 Umufana w’umugwi wa Júnior Barranquilla yasavye kubana n’abagore babiri hagati y’igice ca mbere n’icakabiri (mi-temps) c’urukino (Júnior yakinye na Santa Fe ejo).

📝 Ati vyagenze gute:

⚽ Ivyo vyabereye ku kibuga Estadio Metropolitano Roberto Meléndez kiri i Barranquilla, mu rukino rwa Liga BetPlay yo muri Colombie.

💍 Uwo mugabo yipfukamye mu ntebe z’abafana, asaba ubukwe ku bagore babiri bari ng’aho.

✅ Bose baravyemeye.

📸 Ico gikorwa cafashwe nama Caméra 📷 ya Win Sports, bituma iyo video n’amafoto bikwirakwira cane ku mbuga ngurukanabumenyi.

Ngaha nanje nciye ntangura kwibona ndiko nkorera mariage muri stade ya Sunderland umugwi wanje nsanzwe nkunda 😀😀

🚨🔴📢MBEGA MWABIMENYE ? Vinícius Jr yemeye gutanga amafaranga y’imfungurwa no kurihira amashure y’abana ba Virgínia Fonsec...
01/11/2025

🚨🔴📢MBEGA MWABIMENYE ?
Vinícius Jr yemeye gutanga amafaranga y’imfungurwa no kurihira amashure y’abana ba Virgínia Fonseca.

Virgínia, umupfakazi afise abana batatu, yaguye mu rukundo na Vinícius kandi bose bariko baritegura gukora ubukwe vuba.

Biravugwa ko yemeye gutanga amafaranga y’ivyo gufungura no kurihira amashure y’abo bana aho bazohitamwo kwiga.

Abagore benshi kw’isi yose bariko bavuga ko Vini ari umugabo w’ukuri w’umugwaneza cane.

Vini ngo arashoboye cane 😀
Mbega namwe Niko mubibona ?

🗞️ Choquei

🚨🛑📢 Ibiyago vyabaye hagati ya Vinicius na Xabi Alonso vyashizwe Ku Mugaragaro  ! 🤝⚪️Inyuma y’imisi ibiri y’akaruhuko, ab...
30/10/2025

🚨🛑📢 Ibiyago vyabaye hagati ya Vinicius na Xabi Alonso vyashizwe Ku Mugaragaro ! 🤝⚪️

Inyuma y’imisi ibiri y’akaruhuko, abakinyi ba Real Madrid basubiye mu myimenyerezo kuri Valdebebas kuri uyu wa gatatu. Nk’uko vyatangajwe na Edu Aguirre, uwo musi washimangiwe n’akanya kadasanzwe hagati ya Vinicius Junior na Xabi Alonso.

🕥 Hageze isaha 10h30, imbere y’isaha y’imyimenyerezo, Vinicius yasavye ijambo imbere y’abakinyi bose, abarongoye umugwi hamwe n’abakozi bawo.

🗣️ Yavuze ati: « Ndabasavye imbabazi », avuga ku myitwarire yiwe igihe c’urukino rwa Clásico. Yongeyeko ko bitazosubira kuba ukundi, hanyuma ahereza Ku butumwa bwo gusaba ubumwe:

👉 « Tuzokomeza twese tugende mu nzira imwe. » 💪

Ku rwa, Xabi Alonso, yagiye avuga n’iteka, n’ubutwari, yamenyesheje neza ati:
🗣️ « Nimba hari uwufise ico yidoga, abivuge mu mpisho, atari imbere y’abandi bose. »

Umumenyereza yavuze ko na we ubwiwe yigeze kuba umukinyi, ko yumva amarushwa y’abandi, ariko ko ic’ingenzi ari uguhesha agaciro umugwi.

Hanyuma, nk’uko Aguirre yabandanije abishikiriza, abo bagabo babiri basigaye ari bonyene akanya gato — ikiganiro cari kigufi ariko c’ukuri. Vinicius yasavye imbabazi mu maso ya Alonso, nawe aramwakira neza.

Imyimenyerezo yaciye ikurikira neza cane, mu mwuka mwiza w’ubumwe n’ivyishimo. ⚽️✨

👉TUBIBUTSE KO MURI 1XBET CODE PROMO Y'ABAKUNZI BA REAL MADRID YITWA 👉RMA257

🚨🏆 OFFICIEL : Arda Güler niwe yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kw'icumi muri Real Madrid !🇹🇷 Ibiharuro vya Arda Güler m...
30/10/2025

🚨🏆 OFFICIEL : Arda Güler niwe yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kw'icumi muri Real Madrid !

🇹🇷 Ibiharuro vya Arda Güler muri uyu mwaka :
• Ibitsindo 3 ⚽️
• Passes décisives 5 🎯
• Uburyo 37 yaremye💫
• Yabaye uwa 3 mu bafise G/A nyinshi 🔥
• 🏅 Umukinyi w’ukwezi kw'icumi
• 🧠 1x La Liga YPOTM
• 🌟 1x UCL MOTM

Umukinyi w’igitangaza kabsa mwavyanka mwavyemera.. 🤯🤍

Ntimwibagire gukora suivre canke follow kwino page yacu kugira mubandanye mwironkera inkuru zigezweho muri football

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ibigezweho social media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ibigezweho social media:

Share