Kure heza kids

Kure heza kids Murakaze neza kuri Kure Heza Kids! Turi umugwi ukora udukino dusetsa kandi dutanga inyigisho nziza. Dukurikire, usangize abandi.

Intumbero yacu ni ukubanezereza, kubigisha no kubaha akanyamuneza.

13/08/2026

?aho rero ntimwumva igisabo?


🤣🤣😭Nundabire Rero ubu butumwa , har'uwundi araburonswa?? 😭😭🤣🤦🤦
11/08/2026

🤣🤣😭Nundabire Rero ubu butumwa , har'uwundi araburonswa?? 😭😭🤣🤦🤦

15/07/2026

Gys mudukorere ama partages na commentaires zanyu zirakenewe ni 🤣😭🤣

14/07/2026

Umvirize le comédien bashaah aramaze kubabara🤦🤦🤦😭😭🤣😂

10/07/2026

Hishura abahungu gusa kuri kino kibazo ca le comédien! 😭😭

10/07/2026

Muze ngaha mwishure! kandi mwibuke kudufollowinga.Uyu umwite le comédien from .

09/07/2026

BOSS:Mana ndashaka kubona ukuboko kwawe
IMANA:ejo uri mumodoka ntamuntu amugaye yaguseze uca uduza ibiyo?urya yari jewe!
BOSS:..?

09/07/2026

Mumuji niho hantu haba umuntu wambere mugufi, muremure,

avyibushe, yonze,
atunze,akenye uwinzobe,uwirabura cane.mumpinyuze!

🤣🤣  yishuye umufana kuvyo yaramubajije!! abafana muzonatwica. 😂😭😭
04/07/2026

🤣🤣 yishuye umufana kuvyo yaramubajije!! abafana muzonatwica. 😂😭😭

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kure heza kids posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share