Twigishanye Android

Twigishanye Android Technologie

25/03/2025

Ino video iza kugufasha gukuramwo schema Telephone ubwoko bwa oppo ukaba ufise icokibazo canke ugomba kubimenya Reba neza iyi video . commentaire zanyu ningirakamaro cane kuko bituma tubandanya kugira ingumvu zukubazanira utundi tuntu twubwenge rero ukaba nawe harico ushaka candike ๐Ÿ™๐Ÿ‘‡

NIMBA USHAKA KUZOHORA UHAMAGARA UMUNTU NTABONE NUMERO YAWE  KORA IVYO ๐Ÿ‘‡Gufungura no kuzima Caller ID (*31 #) Niba udasha...
25/03/2025

NIMBA USHAKA KUZOHORA UHAMAGARA UMUNTU NTABONE NUMERO YAWE KORA IVYO ๐Ÿ‘‡

Gufungura no kuzima Caller ID (*31 #) Niba udashaka kwerekana caller ID yawe (numero ya telefone) iyo uhamagara umuntu, koresha code *31 # kugira ngo uyizime. Iyo caller ID yawe izimye, guhamagara *31 # birayifungura.

Address

Avenue Ngendandumwe
Bujumbura

Telephone

+254735521306

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Twigishanye Android posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Twigishanye Android:

Share