I love the person who loves, my God

I love the person who loves, my God Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from I love the person who loves, my God, Bujumbura.

03/07/2025


๐Ÿ”ด๐ŸŸ๏ธ Ibikorwa vyo kwubaka ikibuga Intwari bigeze kure, hageze gushirako amatara azobonesha bariko bakina ijoro๐Ÿ“ธ Amwe mu m...
17/04/2025

๐Ÿ”ด๐ŸŸ๏ธ Ibikorwa vyo kwubaka ikibuga Intwari bigeze kure, hageze gushirako amatara azobonesha bariko bakina ijoro

๐Ÿ“ธ Amwe mu masanamu yashizwe ahabona n'ishirahamwe ry'urukino rw'umupira w'amaguru yerekana ko bimwe mu bikorwa vy'ibanze vyamaze gukorwa

โœ… Umusezero wa kijambere waragiyeko, intebe zirashirwaho, ubwugamo bw'iteka buracahinyanyurwa, n'ibindiG bikorwa vy'inyuma y'ikibuga biriko birasozerwa

โœจ Ubu haramukiwe gushiraho ibikoresho bizobonesha ico kibuga bariko bakina mu masaha y'umugoroba n'ijoro

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‰ Aho mwomenya ko ico kibuga citezwe ko kizoza gukura ibibazo imigwi nserukiragihugu hamwe n'imigwi yo mu yahora yakirira hanze y'Uburundi bigatwara amafaranga atari make, mbere bigatuma n'abakunzi b'inkino batari bake bahomba kurorera izo nkino

17/04/2025

๐Ÿ”ด๐ŸŸ๏ธ Ibikorwa vyo kwubaka ikibuga Intwari bigeze kure, hageze gushirako amatara azobonesha bariko bakina ijoro

๐Ÿ“ธ Amwe mu masanamu yashizwe ahabona n'ishirahamwe ry'urukino rw'umupira w'amaguru yerekana ko bimwe mu bikorwa vy'ibanze vyamaze gukorwa

โœ… Umusezero wa kijambere waragiyeko, intebe zirashirwaho, ubwugamo bw'iteka buracahinyanyurwa, n'ibindiG bikorwa vy'inyuma y'ikibuga biriko birasozerwa

โœจ Ubu haramukiwe gushiraho ibikoresho bizobonesha ico kibuga bariko bakina mu masaha y'umugoroba n'ijoro

๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‰Aho mwomenya ko ico kibuga citezwe ko kizoza gukura ibibazo imigwi nserukiragihugu hamwe n'imigwi yo mu yahora yakirira hanze y'Uburundi bigatwara amafaranga atari make, mbere bigatuma n'abakunzi b'inkino batari bake bahomba kurorera izo nkino

17/04/2025

31/10/2024

ยฅยฎyeshua # amashiah๐Ÿฅฐ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

09/10/2024
09/10/2024

With A. Fati Fans โ€“ I just got recognized as one of their top fans!

26/12/2023
26/12/2023

Je vous aimes fort

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when I love the person who loves, my God posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share