Buja-times

Buja-times Tomorrow is Now

10/04/2025

🔴🔴General w'umunya Rwanda abwira abahutu bo mu Rwanda yuko iyo bashaka bari kubica bose, Ngo Reta yabo barayihamvye ntizagaruka.

    Hariho umurundi yatwandikiye agira ico avuze kuvyo wazalendo yagirije ingabo z'uburundi, Yuko bababuza gutera M23. Y...
08/04/2025

Hariho umurundi yatwandikiye agira ico avuze kuvyo wazalendo yagirije ingabo z'uburundi, Yuko bababuza gutera M23.

Yagize ati " Ndabaramukije, Kuvyo wazalendo yavuze ko ingabo z'uburundi zibabera intambamyi zigatuma badatera M23 , Abarundi bakababwira ko ataruhusha bafise rwo gutera mu gihe M23 baba bayirembeje, Abategetsi b'Uburundi barakwiye kuvyigana ubwitonzi.

Nk'akarorero,

Jewe sintahura ukuntu ingabo zacu muri Nord kivu zafashe Masisi, munyuma twumva ngo bayikuyemwo, Haheze imisi ngo bageze Minova, Mumisi mike naho twumva ngo bikuye Minova batarwanye baca baja gushinga ibirindiro bikuru Bukavu, M23 irabasatira Kavumu, Twari tuzi tuti Uburundi ntiburekura Aéroport ya Kavumu.

Twumva ngo naho bagiye batarwanye, Baca Bukavu birenganira baja i Nyangezi, Ubu bakaba Bageze i kamanyola kumupaka w'Uburundi.

Ibi n'ibintu bidasiguritse Ku gisirikare catsinze aba El shabab muri Somariya.
Jewe igihe natangura kubona Pacifique Nininahazwe aronka amakuru y'ingabo ziri kurugamba akamenya n'ibintu vy'indani, naciye mbona ko intambara muri Congo itunaniye, Kuko mu gisirikare harimwo ba Maneko b'Urwanda.

M23 ikoresha Ibiturire kugira ngo itsinde urugamba, Ntakuntu Pacifique Nininahazwe yomenya amakuru y'imbere mu basirikare atayabgiwe n'abo nyene. Rero ibiriko biraba kuri FARDC ya Congo birashobora kuba arivyo biriko biba Ku gisirikare cacu.

N'ukuhagabira cane rero, Ivyo wazalendo yavuze ntitubigaye ahubwo tuvyuririreko turondere ivyo vyitso vya Kagame vyoba biri mu gisirikare cacu"

08/04/2025

🚨🛑 Video Umu wazalendo abazaMinistre intego y'ingabo z'Uburundi muri RDC, Kubera abarundi babazibira bakabankira kwataka M23.....

    🚨🛑‼️Wazalendo ibaza umushikiranganji ico ingabo z'uburundi ziriko zikora muri RDC.Bavuga bati:« Twebwe Wazalendo, tu...
08/04/2025

🚨🛑‼️Wazalendo ibaza umushikiranganji ico ingabo z'uburundi ziriko zikora muri RDC.
Bavuga bati:
« Twebwe Wazalendo, turafise ingorane ku mirongo y’urugamba. Ko muri hano hamwe n’umukuru wacu hamwe n’umugaba w’akarere wa , muduhe umuco: murashobora kutubwira intumbero n’intego y’igisirikare c’Uburundi kiri mu gihugu cacu?

Kenshi tuba turi hafi yo gutsinda umwansi ng’aha i Kamanyola, ariko Abarundi batubwira ngo ntitwemerewe kugaba igitero ku mwansi.

Mu gihe turindiriye, umwansi abandanya atera imbere. None ubwo igisirikare c’Uburundi kiri hano kugira kidufashe twebwe Abanyekongo, canke kiri ngaha gufasha umwansi kugira ngo adutere?

N'i Nyangezi, vyagenze uko nyene. »

Ministre guy kabombo ati" Abarundi n'ababanyi beza Ku gihugu cacu, Ibijanye nigihe co kwataka no kutataka ni ivya gisirikare ntavyo nomenya"

  Alain Mukurarinda avugira guverinoma y'Urwanda yitabye Imana kuruno wa gatatu, amasoko avuga ko ahitanwe n'indwara y'u...
03/04/2025

Alain Mukurarinda avugira guverinoma y'Urwanda yitabye Imana kuruno wa gatatu, amasoko avuga ko ahitanwe n'indwara y'umutima.

03/04/2025

🚨🚨Urgent: Video,Umukoroneli wa Congo( FADRC) Abuza Wazalendo ngo ireke kurwanya M23.

🚨AMAKURU Y'AKA KANYA🚨 Perezida Tshisekedi yagiranye ikiganiro na kagame imbonankubone mu gisagara ca Doha muri Qatar, Um...
18/03/2025

🚨AMAKURU Y'AKA KANYA🚨 Perezida Tshisekedi yagiranye ikiganiro na kagame imbonankubone mu gisagara ca Doha muri Qatar, Umwami Wa Qatar niwe yari umuhuza.
Baganiriye ku buryo boheza ikibazo c'ingwano iri muri Congo.

Iphoto/ Felix Tshisekedi na Paul Kagame i Doha kuruyu wakabiri.
Source/ Reuters

16/03/2025

Paul Kagame yateguje AbanyaRwanda gufunga umukanda, ati gufunga umukanda nkabiteguriye inzara yikigoyi, kugira ngo umusi yaje ama pantalo ntazatibuke. Ati mwitegure ibihe birimbere ntivyoroshe.

🔴🔴 Umurundikazi Dj Ira yasavye ubwenegihugu Perezida kagame, Ahita abwemererwa byako kanya.Hari Muri Bk Arena, Mukiganir...
16/03/2025

🔴🔴 Umurundikazi Dj Ira yasavye ubwenegihugu Perezida kagame, Ahita abwemererwa byako kanya.

Hari Muri Bk Arena, Mukiganiro uyo mukuru w'igihugu yariko arageza kubanyagihugu.

🔴🔴 Paul Kagame : " Ndiyamirije ububirigi kandi nzobandanya ndabwiyamiriza , Abo babiligi ntibadushinzwe. Baduhora ko tun...
16/03/2025

🔴🔴 Paul Kagame : " Ndiyamirije ububirigi kandi nzobandanya ndabwiyamiriza , Abo babiligi ntibadushinzwe. Baduhora ko tungana ariko bo bafise ahandi bavugira. Ibi ndabivuga ndabategura banyarwanda, Twe turashaka kuba abanyarwanda ntabwo dushaka kuba ababirigi . Badusotoye kuva kera banka ambassaderi wacu, Ubu turashaka kubikurako burundu "

🔴🔴Urgent  Paul Kagame ati " Nimba abanya Rwanda bari congo batemegwa na Reta ya Kinshasa nibabirukanane n'ubutaka bariko...
16/03/2025

🔴🔴Urgent Paul Kagame ati " Nimba abanya Rwanda bari congo batemegwa na Reta ya Kinshasa nibabirukanane n'ubutaka bariko.

Yabivugiye mu nama iriko iramuhuza nabaturage muri Kigali Arena

📛 BREAKING NEWS ‼️‼️Wazalendo yishe colonel wari uyoboye operation yo gufata uvira Colonel Rukara, ni umusirikare w'urwa...
13/03/2025

📛 BREAKING NEWS ‼️‼️
Wazalendo yishe colonel wari uyoboye operation yo gufata uvira Colonel Rukara, ni umusirikare w'urwanda yapfanye n'abandi benshi i kaziba................................................ Francais .....................................................................
Les wazalendo ont égorgés le colonel Rukara de l'armée Rwandaise qui dirigeait les troupes Rwandaises qui ont contourner les chaînes de mitumba à partir de kaziba.

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja-times posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Address
  • Alerts
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share