09/09/2025
Tubandanye n'inkuru yacu ๐๐
๐ Twari tugeze Aho wamugore yashaka kugirira surprise Umugabo wiwe kugira amwereke ko yamubabariye ๐ซ, ariko aca asanga munzu umugabo arikumwe nawamukobwa bari bakundanye yatera inda ๐
๐ Umugore amaze kubibona yaravyitegereje yumva aracitse intege nokwama ariko aringinga umugabo guhindura ariko agakomeza kuba mungeso mbi ๐ฅน, Umugore yarash*tse yanka nokubaramutsa ahita yigira mucumba na surprise yashaka kugirira umugabo aca arayiheba ๐ฅณ
๐ Umugabo abonye ko umugore yashavuye yahise yinjira mucumba abwira Umugore ko yosohoka muri salon bakaganira ๐, Umugore yaramwumviye arasohoka Bose bicara muri salon, Umugabo Niko gufata ijambo abwira abaraho Bose kuko Umugabo Yari yatumyeko nizindi ncuti ziwe, atangura kubabwira ukuri kuvyerekeye urugo rwiwe ๐ค
๐ Umugabo afata ijambo avunga ngo:
Uyu Mugore mubona hano ni Umugore tubanye umwaka urenga ariko kuva ndamutwara ntagihe nakimwe yigeze abona umunezero uvuye kuri jewe kuko buri gihe naramuturubika nkamukubita nkamutuka kugira amvire murugo ๐ฅน, ariko Murivyo vyose ntiyigeze anyubahuka ngo antuke nkuko ndamutuka, Ahubwo yakomeza kunyubaha nk'umugabo wiwe, akanyereka urukundo nkaho ntirirwa ndamugomagura amakofe ๐โโ๏ธ
Igihe kimwe Natashe mvuye kukazi nshika naborewe Umugore yaranyakiranye igishika cinshi, aranganiriza amajambo mezaa atako arandirimbira nukuri amaze kundirimbira inzoga zose zahise zihera m'umutwe ntangura kwibagira ivyiyumviro bibi muri jewe ๐บ๐ป๐๐ป
Rero icatumye ndabakoraniriza hano nikugira ndababwire ko guhera uyu musi uyu Mugore wanje ntazosubira kumukozako intoke mbere ngiye kumukunda kurusha uko yigeze kunkunda ๐, mwabonye ko yababaye amaze kubona uyu mukobwa yicaye hano, nari namubwiye ko namuteye inda ariko ntivyarivyo kwari ukugira ndabe ukwihangana afise uko kungana ๐, ariko nasanze Umugore wanje afise umutima ukomeye, amajambo yambwiye yatumye mpinduka ncambona ko nari nataye Umugore narinkeneye mubuzima bwanje ๐ฅฐ
๐ Umugabo yaheraheje asaba wamukobwa nawe ko yogira ico avuze imbere y'abantu, wamukobwa yarahagurutse ambwira abantu:
Jewe nagendanye nuyu mugabo igihe kitari gito rimwe rimwe akarara iwanje yataha agataha aturubika Umugore wiwe bivuye kurijewe ๐, icanzanye hano numvise ko uyu mugabo yahindutse nanje ncandamubwira ko nzoza gusaba imbabazi Umugore wiwe, rero naje nukuri ndasavye imbabazi bivuye k'umutima Aho natumye uyu Mugore abaho atishimye kubera kwinjira m'ubuzima bw'urugo rwiwe ๐, ikindi jewe ntanda mfise yuyu mugabo Ahubwo ibi ni Umugabo yabikoze kugira apime Umugore wiwe, vyukuri ndarahiye ko uyu mugabo niyagaruka murugo iwanje nzoca nterefona Umugore wiwe ndamubwire ko umugabo wiwe atahindutse ariko rek twizere ko yahindutse ๐๐
Kuva uyumusi Umugore yumve amahoro Ahubwo nanje ingeso ziwe zimpaye icirwa ntovugira hano kuko Numva ndengewe kuko ibi bishoboye abagore bake, ngirako mpanura abakobwa bameze nkanje binjirira mungo zabandi nukuri iyi ngeso ntabwo Ari nziza kuko ituma Umugore mugenzawe yirirwa mugahinda kubera gutwara Umugabo wiwe, amarira mugenzawe arira ariwe uyamuteye bitebe bitebuke nawe uzoyasubizwa nutahinduka ๐ญ๐ญ, kuva uyumusi ndahindutse Ahubwo nanje ngiye gutegura kazoza kanje, murakoze ๐, abaraho Bose bakoma amashi kubw'amajambo uwo mukobwa avuze ๐ค๐ค
๐ Wamugabo aca afata atora isakoshi ayiha Umugore wiwe Ati Raba ikirimwo knd ukirabire imbere yabantu, wamugore yuguruye valise asanga irimwo impuzu zumwana, irimwo ibitege vyiwe vyiza asanga irimwo n'amafaranga atari make, Umugore yarishimye arabona Koko ko Umugabo wiwe yahindutse ๐
Umugore abwira wamukobwa kwamubabariye ndetse ndetse ababariye n'umugabo wiwe, abwira abaraho Bose ngo: NUBONA IBIGERAGEZO BIBAYE VYINSHI M'URUGO UZOKOMEZE GUSENGA IGIHE KIMWE IMANA IZOKUNEZEREZA IKWIBAGIZE AMARIRA YOSE WARIZE ๐๐, ndanezerewe cane ndetse mpanura n'abandi bige kwihangana kuko kwihangana bivyara umunezero m'ubuzima ๐ฅฐ๐ฅฐ, abaraho Bose bavaho bishimye bavuga bรขti hamwe igihugu coronka abagore bake nkaba Ingo nyinshi zohinduka ๐
๐ Nimba warakunze iyi nkuru bitubwire kugira dukomeze kubatamwo izindi nkuru kuko muri stock dufise inkuru nyinshi zigisha, ngusaba wewe utaragira cnk ubikore kugira ntuze uracikwa n'inkuru zacu murakoze ๐๐
Umutima w'Imana