JIGA Sports

JIGA Sports C'est une page qui parle du sport en haut et en large donc tout les sports du monde

23/11/2024

Jiga sport is alive

02/03/2024

Hello Guys murameze nezaaa nari ndabakumbuye cane bantu banje 🙏🙏🙏

🚨🚨umugwi nserukira gihugu wacu Intamba murugamba ejo waraye utsinze umugwi nserukira gihugu ca Guinne igitsindo kimwe ku...
20/11/2022

🚨🚨umugwi nserukira gihugu wacu Intamba murugamba ejo waraye utsinze umugwi nserukira gihugu ca Guinne igitsindo kimwe kubusa (1-0) cinjijwe n'umukinyi yitwa Pacifique

Uyu musi niho ryahiganwa rikuru riza gutangura ry'umupira wa maguru igikombe c'isi yose gihuza ibihugu vyinshi vyo kumug...
20/11/2022

Uyu musi niho ryahiganwa rikuru riza gutangura ry'umupira wa maguru igikombe c'isi yose gihuza ibihugu vyinshi vyo kumugabane w'isi yose ese mwebwe bakunzi basomyi bacu muha amahirwe nde 💥

20/11/2022

Inyuma y'igihe kitari gito JIGA Sport itariko irakora ibikorwa vyayo twashaka tubasabe imbabazi bakunzi bacu kandi mwatwitangiye mutuhereza umutima n'urukundo mutubabarire ntizari imvo ziva iwacu nizabarongozi ba Facebook gusa baduhaye uruhusha ubu turaje kubikorwa kandi vy'umwihariko

🚨🚨💥Umumenyereza Steven Gerard wa Aston Villa yaraye yirukanywe k'umusi wejo n'inyuma yaho atsindiwe n'umurwi wa Fulham🚨🚨...
21/10/2022

🚨🚨💥Umumenyereza Steven Gerard wa Aston Villa yaraye yirukanywe k'umusi wejo n'inyuma yaho atsindiwe n'umurwi wa Fulham🚨🚨💥

🚨🚨💥Bika vyaraye bibaye umukinyi Karim Benzema niwe yaraye atwaye Balon d'Or yuyu mwaka w'imikino wose. Bikaba vyabaye ku...
18/10/2022

🚨🚨💥Bika vyaraye bibaye umukinyi Karim Benzema niwe yaraye atwaye Balon d'Or yuyu mwaka w'imikino wose. Bikaba vyabaye kumusi w'ejo mubufaransa. 🚨🚨

💥💥Twese hamwe tumukeze Karim Benzema kugashimwe yaraye aronse kandi kana mukwiye kuvyo yakoze vyose💥💥

🚨🚨Kuruno musi wa mbere niho baza gutanga kagashimwe k'umukinyi mwiza yaranze umwaka w'imikino ariko bita Balon d'Or 🚨🚨💥💥...
17/10/2022

🚨🚨Kuruno musi wa mbere niho baza gutanga kagashimwe k'umukinyi mwiza yaranze umwaka w'imikino ariko bita Balon d'Or 🚨🚨

💥💥ibinurwa nurwa nuko bavuga ko umukinyi Karim Benzema yoba ariwe afise amahirwe meshi yo kugatwara ako gashimwe kuruyu musi💥💥

🚨🚨Umumenyereza wa Liverpool ariwe Jurgen Klopp imbere yuko ahura na Manchester City yari yaiyiteye amashurwe avuga ngo:🎙...
16/10/2022

🚨🚨Umumenyereza wa Liverpool ariwe Jurgen Klopp imbere yuko ahura na Manchester City yari yaiyiteye amashurwe avuga ngo:

🎙:"Manchester City n'umurwi mwiza unafise n'abakinyi beza cane banaguze numusatiriza mwiza nimirwi mike ishobora kuyitsinda ubu"

Mugabo bikaba vyarangiye umurwi wa Liverpool utahanye intsinzi yigitsindo kimwe kubusa bwa Manchester City 🚨🚨

🚨🚨💥💥Uyu musi, iyi tariki, mu masaha make hazakuba ari show show kur'uyumusi wamungu ni EL CLASSICO💥💥hagati y'imigwi ibir...
16/10/2022

🚨🚨💥💥Uyu musi, iyi tariki, mu masaha make hazakuba ari show show kur'uyumusi wamungu ni EL CLASSICO💥💥hagati y'imigwi ibiri mikeba yo mugihugu ca Espagne ni Real Madrid iza kwakira Fc Barcelone kuri Santiago Bernabeu igihe c'isaha cumi zahano iwacu(16h). Ese nuwuhe mugwi uha amahirwe ko utsinda??
Amaso kuri ecran turindire ico ifirimbi yanyuma itubwira💥💥

💥💥umurwi wa Real Madrid ukaba urikumwe n'umumenyereza wabo carlos Anceloti hamwe n'abakinyi bose bakwiye uretse umunyegori wabo Thibaut Courtois uyu musi bavuga ati gutsindwa 4-0 umwaka uheze na Barcelone n'agasuzuguro kabaho reka uyu musi tuze kubakosora tubereke ko tutangana twanatwaye na ChampionsLeague tuyikwiye.

💥💥Umurwi wa Fc Barcelone urikumwe n'umumenyereza wabo Xavi Hernandez ukaba wamaze gushika i Madrid ufise n'abakinyi bawo uretse abari mu mvune aribo :Ronald Araujo, Memphis Depay, Hector Berlin, Christeinsen bakaba bagwaye kuruyu musi ntibaza kuboneka mukibuga wowo uvuga ati naho tubona amahirwe yo kubandanya muri UEFA Champions League ntimutuhangareko ngo turabana reka tuze natwe tubereke ko tushoboye kandi tutanabatinya nagato tubatsindire mukibuga c'iwanyu. 💥💥

Ewana bwira mugenzawa ati uyu musi ni show show ntagire iyindi gahunda 14h abe yash*tse kuri Salle Imwegereye yirabire urukino nyarukino

💥💥Ese Benzema avuga iki??wewe ntavyishi ashaka yerekane ko akwiye guhabwa Ballon d'Or abikwiye no mugutsinda umurwi wiwe mukeba ahe na karibu mugenziwe Robert Lewandowisk uyu musi mukibuga ca Santiago Bernabeh. Ahanje ngejeje aha amaso kuri Ecran twese twirabire El Classico kumutekano.🚨🚨

💥💥JIGA Sport Irabashimiye ibipfuriza n'uwamungu mwiza inyuma y'isi hari ubundi buzima dutegure inzira y'Imana twibuka gutegura ubuzima bwahazaza hacu. Hano kw'isi turi guca itike izatujana kwa Data wa twese Senga wibuka n'Imana umuremyi wacu. Murakoze🚨💥💥

🚨💥💥Bakunzi ba JIGA Sport mwaramutse aho muri hose sinabasize bakunzi banje ndaje ndabahe amakuru y'inkino kuburyo buramv...
15/10/2022

🚨💥💥Bakunzi ba JIGA Sport mwaramutse aho muri hose sinabasize bakunzi banje ndaje ndabahe amakuru y'inkino kuburyo buramvuye murakozea💥💥🚨

🚨🚨💥Umukinyi  Erling Haaland afise amasezerano avuga ko ashobora kugurwa imiriyoni 200 z'amahera yabanyaburaya. 💥ayo mase...
11/10/2022

🚨🚨💥Umukinyi Erling Haaland afise amasezerano avuga ko ashobora kugurwa imiriyoni 200 z'amahera yabanyaburaya.
💥ayo masezerano avuga ati Erling Haland afise uruhusha rwo kugurwa kurico giciro c'imiriyoni 200 kumurwi wariwo wose uretse uwukina mwihiganwa ryo mu bwongereza mumwaka wa 2024 niho ayo masezerano azatangura gukora💥

🚨🚨ese Haland agiye kujahe??🚨🚨

Address

M. Forest
Bujumbura
119

Telephone

+25768936765

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when JIGA Sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to JIGA Sports:

Share