22/08/2022
Indoto Group Films (IGF).
Second tour!
Gwaruka uri mu gisagara ca Bujumbura, mwipfuza gukina amareresi(films) yo gutwenza, yigisha abantu mukubakebura uko bokwitwara mukibano nibindi vyishii.... muri IGF imiryango iracuguruye kumuntu wese yumvako afise impano yiwe agomba kugaragaza biciye munzira yugukina amareresi...
Ntimutangwe no kuza kwifatanya na IGF umugwi mushasha ugiye gutangura ibikogwa vyo gukina amareresi vuba cane... IGF
Imiryango n'amadirisha biracuguruye vyose.
Ibisabwa:- uba mugisagara ca Bujumbura
-amafaranga asabwa mukwinjira, ubusa(0fbu)
- ingoga n'umwete vyo gukora bija imbere
- kuba ukunda impano yawe...
Wipfuza kumenya vyishi canke hari ico ubaza ca hanoπππ
Phone: +25761029035 ( call, SMS and WhatsApp)
+25772053684 (call and SMS )
Email: [email protected]
Rondera kuri Facebook: Rich Buntu , Burundi love stories, BLS Entertainment, Indoto Group Films.. Utwandikire hose turakwishura..
"Iterambere riva mubwitange n'inguvu dukoresha mubuzima kandi inguvu zawe nizo nkingi yubuzima bwawe"
Murakoze cane..
Address: Bujumbura-Burundi
Send a message to learn more