BTA Dynasty

BTA Dynasty De La Fontaine

🛑Ntibikiri ibanga   ubu iramutswa  Akaba yatowe 100% mumatora abaye kuri irigenekerezo rya 05 myandagaro 2025
05/08/2025

🛑Ntibikiri ibanga ubu iramutswa

Akaba yatowe 100% mumatora abaye kuri irigenekerezo rya 05 myandagaro 2025

 Nibi vyogucamande Abakoze mwenibivyaha vyoguhemukira abenegihugu bo bihereza ivyobinyobwa baba bavunitse cane kugira ba...
26/07/2025



Nibi vyogucamande
Abakoze mwenibivyaha vyoguhemukira abenegihugu bo bihereza ivyobinyobwa baba bavunitse cane kugira bashobore kwivuna alanyota mishireho ibihano birenze mugukingira abarundi muri rusangi.

Ubusuma mumpande zose ntaho vyodushikana nimba turi mw'iyerekwa

  🇧🇮🔵   Club_Sportif igiye gukina na    yo mu Gihugu ca   ku kibuga   🏟️ C'i Makamba mu rukino rwa   kuwa 28 Ruheshi 202...
25/06/2025

🇧🇮

🔵 Club_Sportif igiye gukina na yo mu Gihugu ca ku kibuga 🏟️ C'i Makamba mu rukino rwa kuwa 28 Ruheshi 2025.

Bakaba bakiranywe ugweze iwacu i 🇧🇮

🔵 Mumisi irenga gato 130 icamamare muvyubutunzi n'ubushakashatsi   ari mubutegetsi bwa   akaba ari mumabanga yogucungera...
25/04/2025

🔵 Mumisi irenga gato 130 icamamare muvyubutunzi n'ubushakashatsi ari mubutegetsi bwa akaba ari mumabanga yogucungera uko leta ya Amerika ikoresha uburyo .

🎤Akamenyeshako yobagiye gutanga akaja kure yivyaporitike akabandanya akurikirana ibikorwa vyiwe mukiringo amaze ari muri reta ama company yiwe amaze gusubira inyuma ibice 13%.

✍🏿Ivyo tubikesha ibinyamakuru bikomakomeye harimwo

-Technology-Agency

 🔵 Igisata kijejwe gukwiragiza amatara n'amazi mubisagara vy'igihugu cose mw'iyimisi kiriko citwara nabi nabi cane kuban...
17/04/2025



🔵 Igisata kijejwe gukwiragiza amatara n'amazi mubisagara vy'igihugu cose mw'iyimisi kiriko citwara nabi nabi cane kubanwanyi baco

Bamwe bakagira muti ubwo icogisata c'igihugu nticoba cadukanye ingesombi nk'iyigisata kiraho kidufukamye munda abarundi isinzi bakoresha i yaco ndavuga aho ushobora kurungika ikamara umusi urenga itaruguruka aho warikokoye utubika umukanda ngo uguze umutekero wa ukwezi kukarangira utayakoresheje nkuko wabitegekanya.

✍🏿twigarukire kuri yacu iriharaje kutwiriza hafi umusi wose atamuyagankuba igisagara nka cose gifise bwagoroba ikigera hejuru isahimwe zumugoroba igaca iwutwara igahengera twihebuye ataco tukiwukoza ikawugarukana aho icamazi sinirigwa ndakivugako vyishi ababa mubisagara bitandukanye muraziko n'indwi canke irenga bikubita atanidonyi rikorotse murupangu ubamwo.

🔵🇧🇮🇧🇮Prezida W'u Burundi   ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe   ndetse n'izindi ndongozi z'igihugu bari bajanye m'urugendo m...
07/04/2025

🔵🇧🇮🇧🇮Prezida W'u Burundi ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe ndetse n'izindi ndongozi z'igihugu bari bajanye m'urugendo muri Vietnam🇻🇳 baganutse kuri uyu wa Mbere Italiki ya 7 NDAMUKIZA 2025.

🔵Urugendo bagize rw'imisi 4 muri Vietnam rugiye kunagura imigenderanire hagati y'U Burundi🇧🇮 nico gihugu ca Vietnam🇻🇳.

🟢U Burundi🇧🇮 na Vietnam🇻🇳 bikaba bigiye gukomeza gufashanya muvyubuhinga narirya ari iyabanya Vietnam ndetse nigisata c'Umupira wamaguru kigiye gushigikirwa bidasanzwe.

Iyi noyo post yambere yacacamamarame mwakunze muribeshi kumusi wambere winyuma yamafungo yahoramwo✍️✍️👎“New season, new ...
31/03/2025

Iyi noyo post yambere yacacamamarame mwakunze muribeshi kumusi wambere winyuma yamafungo yahoramwo✍️✍️👎

“New season, new vibes! ☀️🔥 It’s time to level up!

Address

Centre Musenyi
Bujumbura
LABOBO9393

Telephone

+25769509393

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BTA Dynasty posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BTA Dynasty:

Share