Star Zone Burundi

Star Zone Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Star Zone Burundi, Media/News Company, 62890095, Bujumbura.

OFFICIEL:Jorrel Hato yasinyiye *Chelsea* avuye muri *Ajax*, ku masezerano azomara gushika muri  2032
03/08/2025

OFFICIEL:Jorrel Hato yasinyiye *Chelsea* avuye muri *Ajax*, ku masezerano azomara gushika muri 2032

02/08/2025

Amakuru mashasha Cristiano Ronaldo* arashaka kongera gukinana na *Bruno Fernandes*, kuko *Al-Nassr* yatanguye ibiganiro kugira imukure muri *Manchester United*! 🔥🇵🇹

Niyaramuka aje, yohurira na *Ronaldo*, *João Félix*, na *Otávio* mu rutonde rw’abanya-Portugal bakina muri Al-Nassr.
Ronaldo arashaka kwiyegereza abanya Portugal ngo bakinane muri Al nassr 👀

Tottenham Hotspur bariko bariyumvira kugura *Ronald Araújo* muri iyi mpeshyi! ⚪️👀Kuva aho *Barcelona* ifatiye abakinyi b...
02/08/2025

Tottenham Hotspur bariko bariyumvira kugura *Ronald Araújo* muri iyi mpeshyi! ⚪️👀

Kuva aho *Barcelona* ifatiye abakinyi benshi b’inyuma kandi *Araújo* atakiri umukinnyi w’icizere gisesekaye ku mutoza *Hansi Flick*, birashoboka ko *Ronald Araújo*, afise imyaka 26, yoshobora kwemera kwimukira ahandi kugira aronke umwanya uhagije wo gukina.

Ikipe ya tottenham iripfuza Araujo Renald wa Barcelona

Muntumbero yoguha icubahiro Diego Jota yahoze akinira ikipe ya Liverpool yitavye Imana Jams Wilnetner bakinanye igihe ki...
01/08/2025

Muntumbero yoguha icubahiro Diego Jota yahoze akinira ikipe ya Liverpool yitavye Imana Jams Wilnetner bakinanye igihe kinini mu ikipe ya Liverpool yahisemwo kuzambara numero 20 mumwaka uza wimikino

01/08/2025
01/08/2025

Chelsea bemeranije na xavi simons wa RB Leipzig ko yowusinyira amasezerano yokuwukinira kugeza muri 2032

Inama irategekanijwe hagati ya Chelsea nubuyobozi bwa RB Leipzig 🤝

Chelsea iriko itanga miliyoni 60€ ariko Leipzig ishaka 70€

Mwibuke Yuko uwo musorw wewe yamaze kwemeranya na Chelsea ko yoza kubakinira✌️

Florian Wirtz azambara numero 7 mu ikipe ya Liverpool Niwe mukinyi wambere mushasha muri Liverpool yambaye numero 7 🤟🤙✌️
01/08/2025

Florian Wirtz azambara numero 7 mu ikipe ya Liverpool
Niwe mukinyi wambere mushasha muri Liverpool yambaye numero 7 🤟🤙✌️

🛑Ikimenyeshamakuru "Mundo Deportivo" gitangaza ko FC Barcelone yahaye Frenkie De jong amasezerano mashasha yimyaka 3 , n...
29/07/2025

🛑Ikimenyeshamakuru "Mundo Deportivo" gitangaza ko FC Barcelone yahaye Frenkie De jong amasezerano mashasha yimyaka 3 , na Frenkie De jong ashaka kuguma muri Barça.

[Inkomoko] : Fabrizio Romano

🚨🎖️|Barça ntizokwigera yumviriza ubusabe bwa Ronald Araujo.[Diario Sports]🚨🎖️|Joao Cancelo azokina urukino gwa finare ya...
11/01/2024

🚨🎖️|Barça ntizokwigera yumviriza ubusabe bwa Ronald Araujo.[Diario Sports]

🚨🎖️|Joao Cancelo azokina urukino gwa finare ya Super Copa niyo twaramuka dutsinze unomusi.[Mundo deportivo]

🚨🎖️|Joao Palhinha umukinyi wa Fulham afise indoto zo gukinira Barça kuva kera nawenyene izina ryiwe riravugwa muri ekipe uwo musore akaba akina hagati akaba afise imyaka 28.

Ariko twansifere yiwe ikaba igoye kuberako ari kugiciro co hejuru Fulham imushakako miriyoni 60.[Toni Juanmarti]

🚨🎖️|Barça ntirerekana ko ikeneye kwongereza amasezerano Sergio Roberto mashasha.[Mundo deportivo]

🚨🎖️|Puma iriko irategura ubusabe bukomeye izoha Barça mu mateka yayo azoba ari imiriyoni 155 kuri buri sezo.[Diario Sports]

🚨🎖️|Muri Swede baremeza ko Barça yarungitse ubusabe bw'imiriyoni 6,5 kumwanya yitwa Lucas Bergvall.[Diario Sports]

🚨🎖️|Gavi uburyo ariko arakira biriko birihuta cane umuhungu wacu ashobora kuba ameze neza mukwezi kwa gatandatu.[Diario Sports]

Guys ndakumbuye uyu muntu ariko kweri azoza navyimvye numutima kabisa🙄

🚨🎖️|Ter Stegen azogaruka mundwi zibiri.[Alex Pintanel]

🚨🎖️|Jesse Lingard yishize yasavye Barça ko yomusinyisha nk'umukinyi yigenga.

Kora Share na Like kuri page kugira mubandanye muronka amakuru ya Barça 🙏🏿

M.N:Iyi niyo page imwe rukumbi kumakuru ya Barça 🤞🏿

🚨🎖️|Christensen niwe yatowe nk'umukinyi wumunya Danmark yaranze umwaka wa 2023.🚨🎖️|Arsenal na Man city ziripfuza cane gu...
07/01/2024

🚨🎖️|Christensen niwe yatowe nk'umukinyi wumunya Danmark yaranze umwaka wa 2023.

🚨🎖️|Arsenal na Man city ziripfuza cane gusinyisha Pedri muci riza.[Fichajes.com]

🚨🎖️|Napoli irashaka gukoresha imiriyoni 60 kwisoko kugira izohure na Barça ikomeye.[Sports]

🚨🎖️|Pablo Tore muri Girona ino sezo ariko yitwara neza cane mu maci zitanu aheruka gukina

Yakinye iminota 315 kuri 450 y ategerezwa gukina akaba afise igitsindo kimwe hamwe nipase ivamwo igitsindo😍.

🚨🎖️|Pep Guardiola urukino gwambere yakoceje nk'umumenyereza wa Barça bari bahura ba Barbastro icogihe yatsinze ibitsindo bitatu uyo mugwi hari muri 2007/2008.

Sergio Busquet, Pedro na Jeffren nigwo rukino gwambere batanguye mu kibuga.

Ico gihe Pep Guardiola yarasubiriye umu koca yitwa Frank Rijkaard ubu akaba afise ibikombe 37.

Source:Jaume Mercet [Sports]

🚨🎖️|Nkuko vyemezwa n'umunyamakuru Adrian Sanchez Everton ishaka imiriyoni 80 kuri 70 kumukinyi dushaka Amadou Onana.

🚨🎖️|Barça yamaze gufata umwanzuro wo gusinyisha Estevao Willian.

Naho hariho imigwi ikomeye yindi imushaka iburaya ariko Ekipe yiwe yahisemwo kwemera ivyipfuzo vy'umukinyi vyo kumureka akaja aho yipfuza ubu rero ibiganiro bikaba bigiye gutangura kumugaragaro akaba azoca aza iburaya yujuje imyaka 18 muri 2025.

Source:[Roger Toréllo] & [Mundo deportivo]

🚨🎖️|Marc Guiu ahejeje gutsinda ibitsindo bitatu wenyene murukino Barça yabakiri bato itsinze ibitsindo bine Celta muri Copa Del Rey.

🚨🎖️|Gahunda ni yayindi nyene Barça igiye kugerageza kuraba uburyo yogumana Felix ikindi gihe ibiganiro bikaba bigiye gutangura muri uku kwezi nyene.[Sports]

Kora Share na Like kuri page kugira mubandanye muronka amakuru ya Barça 🙏🏿

M.N:Iyi niyo page imwe rukumbi kumakuru ya Barça 🤞🏿

Address

62890095
Bujumbura

Telephone

+25762529234

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Star Zone Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share