#
marly ati:
Nitwa MBONIHANKUYE Marly Chrétien niga Universite du Burundi igisata TIC mumwaka wa kabiri benshi basanzwe banzi kwizina Marly Foden a part yamashure ndumu photographe nkongera nkaba umu videographe (director) hama projet nsanzw mfise nuguteza imbere technologie mu Burundi nko gukora les appareils éléctroniques nyinshi zitandukanye iyo tablette ndayironse yomfasha muma recherche yo kumenya les logiciels ziri compétents muriyo domaine yanje kuko yoyo yonashobora no kuzugurura kuko nico kibazo nkunda guhura naco
Hma ndabashimiye cane mwebwe mwese muza gushobora kuduha amahirwe yo gutahukana ako gashimwe ari naco kizodufasha mukwiteza imbere murakoze cane mugire ibihe vyiza 🙏 Imana ibane namwe
#
#
09/09/2022
Kirikou A kili
04/09/2022
Turavye uko iyi couples yitwara mubona umwana wabo azoronswa indero ikwiye🤔??
Uko bitwara biboneka ko twiteze ibirenze kumwana wabo ariko arakura
Belle 9ice
Akeza.net
Be the first to know and let us send you an email when Gunners studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.