Buja Update

Buja Update Buja update est une magazine qui vous aidez a publier vos produit

FASHA NAWE WARAFASHIJWEUyu mwana mubona Yitwa Mpawenimana Thierry,afise imyaka 18,aba ku Mutumba Kirema, Agacimbiri Munk...
19/09/2023

FASHA NAWE WARAFASHIJWE

Uyu mwana mubona Yitwa Mpawenimana Thierry,afise imyaka 18,aba ku Mutumba Kirema, Agacimbiri Munkazi. Ni muri komine kayanza,intara ya Kayanza. Afise umuvyeyi umwe yitwa Yakunze Espérence nawe ni Ntahonikora.

Aho mubona ariko udutambara,ni aho bafutse ibikomere yaratobotse cokimwe n'aho ku jisho.

Amaze imisi myinshi.umuvyeyi wiwe yaramujanye kwa muganga ariko kubera uburyo buke yaratevye aramutahana,ubu arembeye muhira. Afise ikibazo co kubūngwa amagufa,ubu aho bigeze umubiri uratobagurika,mu maso,ku maguru,eka ntiworaba.

Uwo ariwe wese yoshobora kuronka ahova ubufasha, canke uwomugirira impuhwe,
Yotabariza ico kibondo kuko aguma aborogera aho aryamye.

Uwokwifuza kumenya vyinshi cane kuri uyo mwana, yoterefona Umupfasoni Aline Nininahazwe umumenyeshamakuru kuri Radio Ubuzima FM. Kuri téléphone 71747729 (WhatsApp)!

Canke agahamagara nyina w'uwo mwana yitwa Yakunze Espérance kuri 69157854.

Imana ihezagire abafise umutima w'impuhwe.

Lolilo Simba agomba adutemwo 🔥Muri ready ? 👌
17/06/2023

Lolilo Simba agomba adutemwo 🔥

Muri ready ? 👌

Biragaragara ko umuririmvyikazi Natacha Burundi agira adutemwo ikintu kiremereye 🔥🔥🔥🔥 Muri Tayali ?
15/06/2023

Biragaragara ko umuririmvyikazi Natacha Burundi agira adutemwo ikintu kiremereye 🔥🔥🔥🔥

Muri Tayali ?




Mwakiriye gute indirimbo nshasha ya MB Data yitwa   ?
14/06/2023

Mwakiriye gute indirimbo nshasha ya MB Data yitwa ?





MC BABA le rappeur  Muet 😍Love from
14/06/2023

MC BABA le rappeur Muet 😍

Love from

Messi ngo yibereye i Mwaro nivyo ? 😅🏃🏃🏃🏃Team Team MessiiTeam MessiaFundación Leo MessiMFundación Leo MessiiFundación Leo...
21/03/2023

Messi ngo yibereye i Mwaro nivyo ? 😅🏃🏃🏃🏃

Team Team MessiiTeam MessiaFundación Leo MessiMFundación Leo MessiiFundación Leo Messi

Drama T ngo ntasumvya kuririmba Bidondo ?🏃😅
21/03/2023

Drama T ngo ntasumvya kuririmba Bidondo ?🏃😅

 : ishengero Eusebu, Misiyoni   abungere bategetse abakirisu kubagurira amamodokari z' agaciroAbakirisu bo mw' ishengero...
14/03/2023

: ishengero Eusebu, Misiyoni abungere bategetse abakirisu kubagurira amamodokari z' agaciro

Abakirisu bo mw' ishengero rya Eusebu, mu bubwiriza bukuru bwa Kididagi, buri muri komine intara ya Makamba baridoga. Basigura ko abungere bakuru b' iryo shengero bariko barabasahura izuba riva. Muri iyi misi, mu bubwiriza bwose hategetswe gutangwa amafaranga yo kugurira izo modokari pasitoro mukuru hamwe n' icegera ciwe.

Ng' izi insiguro zahawe abakirisu:

« Pasitoro wa patenkoti Kayogoro ( Makamba ) agendera mu modokari nziza ( iyo bavuga ni V8 ). Iyo duhuriye mu manama turamaramara. Namwe nimutugurire imodokari nk' irya nyene ».

Abakirisu bo mw' ishengero rya Eusebu kubera ukuruha baridoze cane, ubu rero ngo bakaba bategekanya kugura imodokari zibiri nk' izirerura abakuru, zifise agaciro k' imiriyoni zirenga gato 250 y' Amarundi.

N' ubwo bari mu bukene budasanzwe, abakirisu baratozwa amafaranga y' umurengera

Buri ndwi, hari amafaranga atozwa ari mu mice itanu: amashikanwa, ibigira cumi, amashimwe, umwimbu hamwe n' umushuzo.

Ayo ni amafaranga ava buri ndwi atangwa ku wa kane, ku wa gatandatu no ku musi w' Imana nk' uko abakirisu bo mu bubwiriza bushika 80 bugize misiyoni Kididagi bavyidoga.
Abo bakirisu nta nsiguro bafise yo kutayatanga. Akarorero batanga ni ku mwimbu. Uwubuze ayo yitwa umwimbu ategekwa guca atanga amahera y' ibiro bibiri vy' ibiharage ( 6400 y' Amarundi ) nk' uko bavyidoga.

Bamwe mu bapasitoro begeranya ayo mafaranga bavuga ko barushe birengeje urugero:

« Iyo tujanye ayo mafaranga, n' aho ikinga rigutobokerako ntushobora gukuramwo na cumi. Bagutegeka kurisunika mpaka uyashikanye. Ukuyemwo na cumi, wisigura ufukamye imbere y' abo bakozi b' Imana bakuru.

Amafaranga adasiguritse yatanguye kwanduzwa kuva kera

Aho muri Misiyoni Kididagi haheruka kwubakwa urushengero rugeretse. Rwubakwa, abakirisu ni bo bakoreshwa ahanini. Rumaze kwuzura, abo bungere batangaje ko baheranye imiriyoni amajana ane z' Amarundi ( 400 millions

15/02/2023

LEGEND by LINO G 🔥 Hit yumwaka irabonetse👏🔥🔥🔥🔥🔥

❌ AC Milan yamaramarijwe ku kibuga cayo❌ Juventus yo ka Monza Kari kayishe❌ Liverpool ikubitwa na Brighton🤝 PSG inganya ...
30/01/2023

❌ AC Milan yamaramarijwe ku kibuga cayo
❌ Juventus yo ka Monza Kari kayishe
❌ Liverpool ikubitwa na Brighton

🤝 PSG inganya na Reims ku kibuga cayo

🤝 Real Madrid inganya na Real Sociedad ku kibuga cayo.

Ukaba ufise umugenzi atigira, ntumuve hafi umucunge ashobora gukora utuntu tutari twiza 😥

Ukabona ataravyuka naho uze urasimba kumuraba umukora kumutima 😭

Address

Gard Du Nord
Bujumbura

Telephone

+25776466679

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Update posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Buja Update:

Share