Umukozi Tv

Umukozi Tv YouTube

Saturday Services Muri   Kaze Muri Benshi Kumunsi Wejo Dusangire Ijambo Ryimana Umuvyeyi Wacu   Azotugaburira Ijambo Ryi...
26/07/2024

Saturday Services Muri Kaze Muri Benshi Kumunsi Wejo Dusangire Ijambo Ryimana Umuvyeyi Wacu Azotugaburira Ijambo Ryimana Kaze Muri Benshi Imana Iduhezagiranire Hamwe Amen 🙏🙌

05/07/2024


Amakoraniro Yuyumunsi Itariki 15/6 Muri   Yabaye Amakoraniro Adasanzwe Aho Ibidasanzwe Vyakoretse Umwungere W'itorero   ...
15/06/2024

Amakoraniro Yuyumunsi Itariki 15/6 Muri Yabaye Amakoraniro Adasanzwe Aho Ibidasanzwe Vyakoretse Umwungere W'itorero Yashoboye Kw'igisha Ijambo Ryimana Aho Ubonako Ibidasanzwe Vyakoretse Hakaba Hihanye Isinzi Ryabantu Benshi Cane 🙏🙏

Urukundo Nuburwaneza Nivyo Biranga   Ivyo Yari Yasezeranye Yabikoze Kumunsi Wambere Aho Yashoboye Guhindurira UBUZIMA Bw...
11/06/2024

Urukundo Nuburwaneza Nivyo Biranga
Ivyo Yari Yasezeranye Yabikoze Kumunsi Wambere Aho Yashoboye Guhindurira UBUZIMA Bwabamama Benshi Aho Yabahaye Imirimo Kugira Bave Mubuzima Bari Barimwo.
Kari Akanyamuneza Kenshi Kubahawe Akazi Eka Vyukuri Banakora Banarya.

Welcome To Visit King Jesus Ministry 🙏🙏🙌🙌

Ntaho Imana Itokura Umuntu Ntaho Itomushikana Vyose Bisaba Kwihangana Igihe Cose Gisaba Umwanya   Yagumije Ukwizera Iman...
10/06/2024

Ntaho Imana Itokura Umuntu Ntaho Itomushikana Vyose Bisaba Kwihangana Igihe Cose Gisaba Umwanya Yagumije Ukwizera Imana Imuhindurira Amateka Amen 🙏🙏

Wari Umunsi Udasanzwe Muri   Aho   Yigishije Ukuntu Utotanga Ishikanwa Canke Ikigira Cumi Mugihe Hariho Umubanyi wawe Ya...
09/06/2024

Wari Umunsi Udasanzwe Muri Aho
Yigishije Ukuntu Utotanga Ishikanwa Canke Ikigira Cumi Mugihe Hariho Umubanyi wawe Yaraye Ubusa Canke Hariho Impfuvyi Abapfakazi Badafise ico Bafungura...Ninyigisho Ubona Ko zagize Ico Zihindura Muri Benshi 🙏🙏

Nikumunsi Wejo Kandi Kuncuro Yindi Aho Hari Amateraniro Muri ...  Guhera Isaha 10h Gushika 13h Kaze Muri Benshi Umuvyeyi...
07/06/2024

Nikumunsi Wejo Kandi Kuncuro Yindi Aho Hari Amateraniro Muri ...
Guhera Isaha 10h Gushika 13h Kaze Muri Benshi Umuvyeyi Wacu Yaduteguriyo Inyigisho Z'ubuzima

Karibu Murisanze Mungoro Kwadata 🙏

Umunezero Nivyishimo Nivyo Vyaranze Intumwa Y'imana Pastor Eric Nduwimana Aho Yaramutse Yinjira Ministry LAUNCH Vyari Ib...
02/06/2024

Umunezero Nivyishimo Nivyo Vyaranze Intumwa Y'imana Pastor Eric Nduwimana Aho Yaramutse Yinjira Ministry LAUNCH Vyari Ibidasanzwe Kuko Pastor Eric Nduwimana Yavuze Yuko Indoto Uyumunsi zabaye Ukuri Kuko Cari Igihe Kirekire Arindiranye Igishika Uyumunsi Ariko Vyakunze Abantu Bishimye Cane kuko Basangiye Infungurwa Bongera Banasangira Ijambo Ryimana Kaze Muri Benshi Nikindi Gihe Tuzoja Duterana Burimunsi Wa Imana Ibahezagire Cane

Benshi Bari Bafise Amatsiko Yukwinjira Inzu Y'imana   iki Nico Gihe Tukigina Tukishimira Hamwe Na   Kaze Muri Benshi Ita...
28/05/2024

Benshi Bari Bafise Amatsiko Yukwinjira Inzu Y'imana
iki Nico Gihe Tukigina Tukishimira Hamwe Na


Kaze Muri Benshi Itariki 1/6 isaha 9h00' Tunezererwe Hamwe Twijira Muri King Jesus Ministry Inzu Y'imana Iteye Igomwe Cane Murahawe Kaze Imana Ibahe Umugisha Mwinshi 🙏🙏❤️❤️

Address


Telephone

+25775509507

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umukozi Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umukozi Tv:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share