Vyose

Vyose Communauté des jeunes journalistes engagés pour le changement

17/07/2023

Basomyi bahire... Yambu

Équipe ubu irakwiye, indero mu Burundi vyanse na gose. Ariko ntihararengerana cane, reka tuyigarukire haba ku neza canke ku kibi.

Aba michou, Legends za ntakigenda, abategetsi bagwanira mw'ibare : karibu hano mugiye kuza murakurikirana inkuru zabo ku mwanya. Gusa vyose muri gahunda yo kugarukira indero.

Hano, tubamenyeshe équipe igize :

Bujumbura : 6 Reporters
Gitega : 3 Reporters
Makamba : 1 Reporter
Ngozi : 2 Reporters
Cibitoke : 1 Reporter

No mu zindi ntara, turabemereye kuzobabera ijisho, kandi tubijeje ko bizogenda neza.

Nk'uko tuguma tubisubiramwo, indero ni karahara mu ruganda ntibacure, atayo Uburundi ntibwitwa Uburundi.

Inengesere, woye kugwa mu vyara vyacu !

14/06/2022

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vyose posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Vyose:

Share