Ninde Sport Official

Ninde Sport Official Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ninde Sport Official, Digital creator, Bujumbura.

07/02/2026

Hari ibintu dukwiye gufata nkankama iyo dushaka gushik kundoto zacu

Harikintu nize canee kijanyeee nokureka kuvugan ugaha umwanya amatwi nayo akumviriza kuko mukwumviriza biragufasha kugira ubwenge iyo aringombwa bugatahura cane ariko kandi ikintu ngomba gushimikirako cane niki biragufasha kumenya abarikuvuga urwego bariko muvyubwenge

Ingorane dufise abantu siyindi :
*twihuta kumva ko dukwiye kwishura kubiriko biravurwa vyose
*kubona ko nkahamwe utogira icuvuze ko bokugaya
*ko utokwemera ko umuntu yumva ibintu uko utavyumva wewe muyandi majambo ugashaka gutahuza umuntu kunguvu

ariko vyukuri aha niho hagaragarira integenke zikiremwa mumuntu kandi ninaho habonekera urwego uriko

ivyiza vyo :
* abantu barakwubaha; babona ko udahuruduka muvyuvuga
*abantu bama biteze icuhava urenzako kuvyavuzwe ariko kubera utaravuga ivyo bakabikwubahira
*umenya igihe nyaco cokugira ico uvuze
ikindi ciza cane co guhora nuko imigambi yawe idakwiye kumenywa nabose kuko sibose bagushakira ivyiza kandi sibose bonezererwa kubona uteye imbere

ikintu dukwiye kwibaza imbere yokugira icuvuze :
*imbere yokwishura ibaze ati ese ningombwa ko ngira icomvuze?
* Ese biri bumare iki ivyongiye kuvuga?
* kuki nkwiye kuvuga?

ivyo bizogufasha nokwisobanukugwa nomumenya igihe nyaco ukwiye kugira icuvuzeee. Umurundi wese ahari amenye ko icubahiro umuntu araciha.

iyi muzahamenyera ibintu vyubwenge bikenewe cane nomurikazoza

Iyi   yaba bagabo  &Pepe igihe cabo bury aba attaquants benshii barahura nikibazo kuko aba bagabo zari ingwanyiii nigake...
18/07/2023

Iyi yaba bagabo &Pepe igihe cabo bury aba attaquants benshii barahura nikibazo kuko aba bagabo zari ingwanyiii nigake wabacika , amahigwe kuribo yokurangiza urukino atawuriye ikatara(carton) yarinkaho atayooo

  Mbappe # ubu tuvugana yibereye muri Cameroun  aho Se asanzwe avuka
06/07/2023

Mbappe # ubu tuvugana yibereye muri Cameroun aho Se asanzwe avuka

🔴🔴  # Mason Mount numukinyi wa   United Fc #
06/07/2023

🔴🔴 # Mason Mount numukinyi wa United Fc #

06/07/2023
iyi   # iriko iravuza ubuhaha aho abakinyi bariko barahinduranya imigwi Mbega umugwi waw ubona uriko wiyubaka gute?? #  ...
06/07/2023

iyi # iriko iravuza ubuhaha aho abakinyi bariko barahinduranya imigwi

Mbega umugwi waw ubona uriko wiyubaka gute??

# Sport Official@ #

Address

Bujumbura

Telephone

+25762666569

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ninde Sport Official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ninde Sport Official:

Share