Three in One Church

Three in One Church IKIBANZA C'IKANGURO N'INKURU NZIZA KURI BOSE

29/05/2026

UBUTUMWA BWIZA

29/05/2026

UMUSI WA GATANU W'INDWI Y'AMASENGESHO

Kuwa 28 Rusama 2026Umusi wa kane w'amasengeshoUmwigisha : Pst. Patrick NDIKUMANAUmutwe w'ijambo : amasigarīraImirongo ns...
28/05/2026

Kuwa 28 Rusama 2026
Umusi wa kane w'amasengesho
Umwigisha : Pst. Patrick NDIKUMANA
Umutwe w'ijambo : amasigarīra

Imirongo nshimikiro :
1samweli 17:45
Abaroma 9:29
Yesaya 1:9
Gusubira mu vyagezwe 3:11

Uhoraho Imana yama afise amasigarira yiwe yisigarije misi yose,kugira ish*tse ico Imana ishaka ku buzima bwawe.

Na satani nawe arisigariza ingabo zigwanya buri runganwe uko rubisanya, ariko turahiriwe twebwe dufise Uhoraho nyene ingabo.
Irondere umenye uho uri amasigarīra, rondera kuba mu masigarira y'abantu Imana yisigarije mu gikorwa.

Ntitwovuga Imana nyene ingabo mu gihe ishengero ritariko rirahindura ibintu.

Ahandi hose wodusanga :
: threeinonechurch
: three in one tv
2026, umwaka wo kwugururirwa imiryango

28/05/2026

UMUSI WA KANE W'INDWI Y'AMASENGESHO

UMUNSI WA GATATU W'INDWI YAMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 27/05/2026.UMWIGISHA:REV PASTEUR NDIKUMANA PARTICK.ICIVUGO:UHORAHO...
27/05/2026

UMUNSI WA GATATU W'INDWI YAMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 27/05/2026.
UMWIGISHA:REV PASTEUR NDIKUMANA PARTICK.
ICIVUGO:UHORAHO UMWAMI NYENE INGABO.
IMIRONGO NSHIMIKIRO:
1SAMWELI17:45
1SAMWELI5:2-4

MURASHOBORA GUKWIRIKURANABINYIGISHO ZOSE MUCIYE KUMBUGA ZACU👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇

: Three in One Church
: THREE IN ONE TV

27/05/2026

UMUSI WA GATATU WA MASENGESHO

UMUNSI WA KABIRI WARANZE INDWI YAMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 26/05/2026.UMWIGISHA:REV PASTEUR MDIKUMANA PATRICK.ICIVUGO:U...
26/05/2026

UMUNSI WA KABIRI WARANZE INDWI YAMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 26/05/2026.

UMWIGISHA:REV PASTEUR MDIKUMANA PATRICK.

ICIVUGO:UHORAHO UMWAMI NYENE INGABO.

UMURONGO NSHIMIKIRO:
1SAMWELI17:45

Kwirikirana inyigisho zose uciye kumbuga zacu hano munsi👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇

: Three in One Church
: THREE IN ONE TV

26/05/2026

UMUSI WA KABIRI WA MASENGESHO

UMUNSI WAMBERE WARANZE AMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 25/05/2026,ICIVUGO:UHORAHO UMWAMI NYENE INGABO.Imirongo nshimikiro:  ...
25/05/2026

UMUNSI WAMBERE WARANZE AMASENGESHO IGENEKEREZO RYA 25/05/2026,

ICIVUGO:UHORAHO UMWAMI NYENE INGABO.
Imirongo nshimikiro:
1Samweli1:1-17
Yosuwa18:1
Yosuwa19:51

Murashobora gukwirikirana inyigisho zose muciye kumbuga zacu hano munsi👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇

: Three in One Church
: THREE IN ONE TV

25/05/2026

UMUSI WAMBERE W'INDWI Y'AMASENGESHO

AMAKORANIRO YO KUMUNSI W'IMANA IGENEKEREZO RYA 24/05/2026.PREDUCATEUR:PASTEUR KAMIKAZI SANDRINE.THEME:IHANGANE GUSH*TSA ...
24/05/2026

AMAKORANIRO YO KUMUNSI W'IMANA IGENEKEREZO RYA 24/05/2026.
PREDUCATEUR:PASTEUR KAMIKAZI SANDRINE.
THEME:IHANGANE GUSH*TSA KWIHEREZO.

IMIYONGO NSHIMIKIRO:
YOBU1:6-12
YOBU1:13-22
YOBU42:10-17
YAKOBO5:11

Mwisi turi ingenzi twerekereza iwacu mwijuru, mururwo rugendo duhura nibihe bibiri,
Ibihe vyiza nibihe bibi,
Icodusabwa tutarashika iyo tuja nukwihangana gushika kwiherezo, Yobu yaraciye mwigeragezwa ry'ibihe bibi muga ntiyigeze ava ku Mana, mbese ukwihangana kwiwe kwatumye asubizwa ibihe vyiza.

Kwirikirana inyigisho zose uciye kumbuga zacu abo munsi👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇

: Three in One Church
:Three in one TV

Address

Carama Avenue Muka N° 80 (Kumayir' Abiri)
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Three in One Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Three in One Church:

Share