Tylo Sixer Demana

Tylo Sixer Demana Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tylo Sixer Demana, Magazine, R9, Bujumbura.

๐Ÿ’ก UMUSHINGAMATEKA ๐Ÿ‘‘
๐Ÿ’Ž TYLO SIXER DEMANA ๐Ÿ†
๐Ÿ’Š PLATEAUX DES STARS ๐ŸŽฅ๐ŸŽถ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ“ข Ukeneye ko tukwamamariza canke tugupromotingira ibikorwa vyawe bigashika kure cane dusange in box ๐Ÿ’ฌ๐Ÿ“ž
๐ŸŒ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช

โ˜Ž๏ธ WhatsApp / Call: +257 62138890 ๐Ÿ‘‘๐Ÿ’ก

Akajambo kamwe gusa kuri Kirikou A Kili uce wirenganira โœ๏ธ๐ŸคŒ
21/09/2025

Akajambo kamwe gusa kuri Kirikou A Kili uce wirenganira โœ๏ธ๐ŸคŒ

Inze kuri Stade INTWARI cnk ngume kuriyi Stade iringaha muhira? Mumbwire๐Ÿคฃ๐Ÿ’”๐Ÿ’€
21/09/2025

Inze kuri Stade INTWARI cnk ngume kuriyi Stade iringaha muhira? Mumbwire๐Ÿคฃ๐Ÿ’”๐Ÿ’€

Flambeau Du Centre FC muradufasha kutubwirira abafana banyu ko umunezero ntukabatume bonona. Vyadutwaye imyaka kugira im...
21/09/2025

Flambeau Du Centre FC muradufasha kutubwirira abafana banyu ko umunezero ntukabatume bonona.

Vyadutwaye imyaka kugira imirwi yo mu Burundi yakirire hano mu Burundi rero twigore tubugabunge anomahirwe kuko umutekano w'ikibuga nk'uko twama twabibabwiye urabwa na buri umuntu wese aba ari kukibuga.



Kirikou  Est Petit Mais il rรฉflรฉchi 2.7 M De Vues  Mukwezi Kumwe Tenez-Vous Bien Bimรฉditer S'il Vous Plaรฎt ๐Ÿ˜‚ None AHA NI...
21/09/2025

Kirikou Est Petit Mais il rรฉflรฉchi 2.7 M De Vues Mukwezi Kumwe Tenez-Vous Bien Bimรฉditer S'il Vous Plaรฎt ๐Ÿ˜‚ None AHA NIHE DJ Paulin ๐Ÿ˜ƒ

Tylo Sixer Demana โœ๏ธ mukazi kose ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
........
Ukeneye ko tukwamamariza canke tugupromotingira ibikorwa vyawe twandikire WhatsApp +257 62138890

Melanin boy arahevye umuziki canke bagira ahindure ibintu ???
21/09/2025

Melanin boy arahevye umuziki canke bagira ahindure ibintu ???

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐ŸŸ๏ธ : UmunezeroUdasanzwe muri ๐—™๐—น๐—ฎ๐—บ๐—ฏ๐—ฒ๐—ฎ๐˜‚ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—–๐—ฒ๐—ป๐˜๐—ฟ๐—ฒKuba batsindiye ๐Ÿฏ๐Ÿฌ.๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐Ÿฌ.๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐—™๐—ฏ๐˜‚.Inyuma yo gutsinda ๐€๐ฅ ๐€๐ค๐ก๐๐š๐ซ ๐’๐‚Ibits...
20/09/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐ŸŸ๏ธ : Umunezero
Udasanzwe muri ๐—™๐—น๐—ฎ๐—บ๐—ฏ๐—ฒ๐—ฎ๐˜‚ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—–๐—ฒ๐—ป๐˜๐—ฟ๐—ฒ
Kuba batsindiye ๐Ÿฏ๐Ÿฌ.๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐Ÿฌ.๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐Ÿฌ๐—™๐—ฏ๐˜‚.

Inyuma yo gutsinda ๐€๐ฅ ๐€๐ค๐ก๐๐š๐ซ ๐’๐‚
Ibitsindo 2-1 kuri Stade Intwari, Umugwi
Wa Flambeau du Centre waraye urimwo
Akanyamuneza kadasanzwe.

Umuyobozi wawo, Kazohera ๐—ฉ๐—˜๐—ก๐—˜๐—ฅ๐—”, Yahise ash*tsa ivyo yari yabasezeraniye,
Aha abakinyi imiriyoni 30 zโ€™amarundi
(30.000.000 Fbu) nkโ€™agashimwe
Kโ€™intsinzi.

๐Ÿ† Intsinzi yโ€™ibitsindo 2-1 yatumye
Abakinyi bararana izo miriyoni.
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข
Ukeneye ko tukwamamariza canke tugupromotingira ibikorwa vyawe bigashika kure cane twandikire WhatsApp +257 62138890

Niryambere mbonye indirimbo yumu underground iryoshe nkuku ๐Ÿ˜‹ ABA Bana nabo baje nabi kumurindi udasanzwe baje barenze ba...
19/09/2025

Niryambere mbonye indirimbo yumu underground iryoshe nkuku ๐Ÿ˜‹ ABA Bana nabo baje nabi kumurindi udasanzwe baje barenze babami banyu ngo ni ba NABA ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

Music video by Damzz Kartel performing Tonight (Official Music Video).ยฉ2025 908Records.Stream/Download:https://damzzkartel.fanlink.tv/MoveYourWaistCredits:So...

19/09/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ˜ Ingona ๐ŸŠ Yikuye Kirikou A Kili Yibaza Ngo Acasubirinyuma None Ubu Ari Munyishu ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
Ntaco Mwoyibwira? ๐ŸŠ
AHA NIHE!

19/09/2025

Ngwaho ๐Ÿซก๐Ÿ”ฅNgwaho ๐Ÿ”ฅ Kirikou A Kili ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ aje atavyorosha with

Chch Sunny best promoteur mubona dukundana twese turi aba Promoter atari fresh ๐Ÿฅฐ ???
19/09/2025

Chch Sunny best promoteur mubona dukundana twese turi aba Promoter atari fresh ๐Ÿฅฐ ???

Mumpanuye iki ?? Nje murukundo na Sunny best promoteur canke ndavyihoze
19/09/2025

Mumpanuye iki ?? Nje murukundo na Sunny best promoteur canke ndavyihoze

18/09/2025

Niho nkibona ko Fernando aye abayoboje inkoni y'icuma ๐Ÿ† umuziki ndundi kurundi RWEGO ๐Ÿ”ฅ

Address

R9
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tylo Sixer Demana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Tylo Sixer Demana:

Share

Category