Region Des Grands Lacs

Region Des Grands Lacs Société

01/04/2023
01/04/2023

Amasengesho yo mumaPfungo kucivugo tumurikiwe n'inyigisho z'abatumwa nitunagure imiryango yacu irangwe n'Ukwemera hamwe n'Amahoro.

31/03/2023
Welcome on my WhatsApp
31/03/2023

Welcome on my WhatsApp

 : Putine avuga ko Leta zunze ubumwe za Amerika ko ziriko zirisenya zo ubwabo, aho ni mugihe ibihugu vy'Uburengero vyafa...
31/03/2023

: Putine avuga ko Leta zunze ubumwe za Amerika ko ziriko zirisenya zo ubwabo, aho ni mugihe ibihugu vy'Uburengero vyafatiye ibihano uburusiya bigatuma bidakunda ko bukoresha ama y'Amerika.

Uburusiya ubwabwo sibwo bwatumye ivyo biba, ahubwo ngo bwahisemwo guca bukoresha ifaranga ryaba ryitwa iriyuwani. Ivyo bigatuma riganza ubuhangane ifaranaga rya ngo ryari rimaranye imisi kandi rihuriweko nabose.

Uburusiya bukaba buhaye bucuruzanya nibindi bihugu bikoresheje ifaranga ry'Ubushinwa aho iriko icuruzanya nibihugu vyinshi hatadakoreshejwe iryo faranga ryabanyamerika nabanyaburayi.

🇷🇺🇱🇷 ivyo bihugu biboneka ko biriko birahanganira ahazoza abantu benshi bashobora kumenya. Ariko uko bigenda kwose hatabayemwo kwumvikana hazogira umwe ahasiga amenyo.

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Region Des Grands Lacs posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Region Des Grands Lacs:

Share