15/04/2026
✍️ Mu buzima, birakenewe kwemera kugira ivyo wigomwe ( sacrifice )kugira ushike kuri target zawe.
Ariko abantu benshi ntibatahura neza ico arico sacrifice
Sacrifice si ukubabara gusa. Ni ukwemera kuvuga “oya” ku bimwe bimwe uno musi, kugira ejo uzovuge “ego” ku buzima bwiza
Ni ukuvuga: ✔️ Gukora abandi basinziriye 😴
✔️ Investir muri wewe nyene, mu gihe abandi bariko barasesagura ngo biyerekane ku bandi
✔️ Kugumana discipline n’ukwiyubara naho bigoye
✔️ Kubandanya naho ata n’umwe abona ivyo uriko urakora
Ivyo wigomwe uno musi, ni vyo bizoba ivyiza uzokwishimira ejo.
Nta n’umwe atsinda par chance .
Succès yose ifise igiciro c’ivyo wigomwe mu mpisho.
⚫Join our trading guidance channel: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X
⚫ Register with the best profirm in 2026: https://checkout.goatfundedtrader.com/aff/Irakoze/