The Builders Of Heart Band

The Builders Of Heart Band The Builders Of Heart in Burundi 🇧🇮 ,song whrite , vocols coach ,....

Morning appraciate to y'll 🙌 Ni   Abipfurije   kuri mwese 🙌 ✨Yacunguye ubugingo bganje ngo bube mu mahoro, kugira ngo nt...
20/06/2025

Morning appraciate to y'll 🙌
Ni
Abipfurije kuri mwese 🙌

✨Yacunguye ubugingo bganje ngo bube mu mahoro, kugira ngo ntibanyegere,
Kukw abandwanya ari benshi.

Zaburi 55:18🙌

Shalom nizereko muguwe neza bivanye numwe wese aho aherereye Ni   abipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese 🙌 ✨ yaduki...
16/06/2025

Shalom nizereko muguwe neza bivanye numwe wese aho aherereye
Ni abipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese 🙌

✨ yadukijije ububasha bg'umwiza, atwimurira mu bgami bg'Umwana wiwe akunda. Mur' uwo ni ho dufise ugucungurwa, ni kwo guharirwa ivyaha vyacu.

Ab'i Kolosayi 1:13-14🙌

Hello guys muguwe neza bivanye numwe wese aho aherereye,Ni The Builders Of Heart BandIbipfurije  ✨ Undongore mu kuri kwa...
13/06/2025

Hello guys muguwe neza bivanye numwe wese aho aherereye,
Ni The Builders Of Heart Band
Ibipfurije


✨ Undongore mu kuri kwawe, unyigishe:
Kukw ari wewe Mana y'agakiza kanje;
Ni wewe nirirwa niteze.

Zaburi 25:5🙌

🚨Shalom shalom muguwe nezaaa mumfashe twipfurize isabukuru 🎂 nziz k'umurongozi wa THE BUILDERS Akajambo kamwe kuriwe ✨ I...
10/06/2025

🚨Shalom shalom muguwe nezaaa mumfashe twipfurize isabukuru 🎂 nziz k'umurongozi wa
THE BUILDERS
Akajambo kamwe kuriwe

✨ Izuba si ryo rizoba rikikubera umuco ku murango, cank' ukwezi ngo kukuboneshereze: ariko jewe Uhoraho ni jewe nzokubera umuco utazoshira, kandi jewe Imana yawe ni jewe nzokubera icubahiro.

Yesaya 60:19🙌🎉

Shalom shalom guys Ni Hakizimana SamsonAbipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese 🙌 ✨ Nuko bene Data, ndabahanura kubg'...
09/06/2025

Shalom shalom guys
Ni Hakizimana Samson
Abipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese 🙌

✨ Nuko bene Data, ndabahanura kubg' imbabazi z'Imana, ngo mutange imibiri yanyu ibe ibimazi bizima vyera, bihimbara Imana, ni kwo kuyikorera kwanyu kwogira ikimazi.

Abaroma 12:1🙌

morning appraciate to y'll ✨ ni Alexis Better Son B'zm abipfurije uwamangu W'IMANA Mwiza  ✨Mwame munezererwa mu Mwami wa...
07/06/2025

morning appraciate to y'll ✨
ni Alexis Better Son B'zm
abipfurije uwamangu W'IMANA Mwiza

✨Mwame munezererwa mu Mwami wacu imisi yose; ndabivuze ubugira kabiri: ni munezerwe. Ubugwaneza bganyu bumenywe n'abantu bose; Umwami wacu ari hafi.🙌

Ab'i Filipi 4:4-5🙌

morning appraciate to y'll 🙌 ni Ange Princia Abipfurije WEEKEND nziza mwese ✨Arikw'abamwakiriye bose yabahaye ububasha b...
06/06/2025

morning appraciate to y'll 🙌
ni Ange Princia Abipfurije
WEEKEND nziza mwese

✨Arikw'abamwakiriye bose yabahaye ububasha bgo gucika abana b'Imana, ni bo bizeye izina ryiwe,

Yohana 1:12🙌

📍morning appraciate to y'll ✨ niCycy Builders Niyonsaba abipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese🙌✨ Uba mu bgigobeko b...
02/06/2025

📍morning appraciate to y'll ✨
niCycy Builders Niyonsaba abipfurije intango y'indwi nziza kuri mwese🙌

✨ Uba mu bgigobeko bg'Isumba vyose
Azokwama ari mu gitutu c'Ishobora vyose.

Zaburi 91:1

mwarahezagiwe 🙌

morning appraciate to y'll ,  ni Bruce Yamuremye abipfurije   ✨Ni koko, abakwiteze nta wuzomaramara:Abahemuka ata nyandu...
30/05/2025

morning appraciate to y'll ,
ni Bruce Yamuremye abipfurije


✨Ni koko, abakwiteze nta wuzomaramara:
Abahemuka ata nyanduruko ni bo bazomaramara.

Zaburi 25:3🙌

shalom shalom muguwe nezaDusangire rino jambo ry'IMANA ✨Amahanga azoza ku muco wawe, n'abami bazoza ku gukayangana kwawe...
29/05/2025

shalom shalom muguwe neza

Dusangire rino jambo ry'IMANA

✨Amahanga azoza ku muco wawe, n'abami bazoza ku gukayangana kwawe.

Yesaya 60:3

nuko mugire ijoro ryiza mwese 🙌

🔴Shalom nizereko muguwe neza nipfuje kubatumira muri kino kibanza mukuza kwifadikanya hamwe n'aba benedata muguhimbaza I...
22/04/2025

🔴Shalom nizereko muguwe neza nipfuje kubatumira muri kino kibanza mukuza kwifadikanya hamwe n'aba benedata muguhimbaza IMANA
Umugwi Builders Of Heart Band niho tuzoba twibereye kaze mwese ??

Twe mumuryango wacu The Builders Of Heart BandTubipfurije
04/04/2025

Twe mumuryango wacu
The Builders Of Heart Band
Tubipfurije

Address

Bujumbura

Telephone

+25776477416

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The Builders Of Heart Band posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to The Builders Of Heart Band:

Share