Buja Sound

Buja Sound Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buja Sound, Media/News Company, Bujumbura.

🎧 Buja Sound ni vibe, ni ijwi ry’ukuri.

👉🏾 Wumva umuziki w’iwacu?
👉🏾 Ushigikira impano z’urwaruka?
👉🏾 Wipfuza kuguma uri updated?

🖤 Kanda Like kuri page – ntuzobe usigaye inyuma.

Inyuma y'igihe kitari gitoya umukinyi wa film akongera akaba umu comédien yamenyekanye kw'izina rya   uwumwanya tuvugana...
12/07/2025

Inyuma y'igihe kitari gitoya umukinyi wa film akongera akaba umu comédien yamenyekanye kw'izina rya uwumwanya tuvugana akaba yaravuye mu mpimba ubu aridegemvya.

FYONDA FOLLOW CANKE SUIVRE PLZ 🙏

🔵🟣🤯Man United na Aston Villa bari batanze ubusabe bungana n'imiliyoni 70€ muri Barcelona babahe Fermin Lopez Alfre Marti...
09/02/2025

🔵🟣🤯Man United na Aston Villa bari batanze ubusabe bungana n'imiliyoni 70€ muri Barcelona babahe Fermin Lopez

Alfre Martinez umunyamakuru wo muri Espanye yemeza KO Man United na Aston Villa bari begereye umu Milieux wa Barcelona kuri miliyoni 70€ bemeza KO bazomuha numushahara ukwiye ariko Fermin Lopez yabwiye agent wiwe KO ubwo busabe bwose yobwanka kuriwe intumbero ariyo kubandanya akinira Barcelona

✅Alfre Martinez na Yariga

🔵🟣Réal Madrid : Dani Ceballos na Valverde baza kuba bari mubakinyi bazakubabubatse Milieux ya Réal Madrid imbere ya Ath ...
08/02/2025

🔵🟣Réal Madrid : Dani Ceballos na Valverde baza kuba bari mubakinyi bazakubabubatse Milieux ya Réal Madrid imbere ya Ath Madrid

Diario AS cemeza KO muri Derby Madrid iba uwumusi Dani Ceballos na Valverde bazakuba bari mubakinyi Réal Madrid izakugirako muri Milieux imbere ya Ath Madrid

Irindi izina ni Lucas Vasquez niwe azakuba ari nimero 2 Rino joro kuruhande rwa Réal Madrid aratangura

✅AS

🔵🟣 Barcelona Rino joro izakuba iri mumwambaro wurwatsi rubisi imbere ya Valence 22h30
06/02/2025

🔵🟣 Barcelona Rino joro izakuba iri mumwambaro wurwatsi rubisi imbere ya Valence 22h30

🟣🔵Real Madrid Paaa Kylian Mbappe niwe atowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwambere guheza muruwu murwi Kylian Mbappe aherut...
05/02/2025

🟣🔵Real Madrid Paaa Kylian Mbappe niwe atowe nk'umukinyi yaranze ukwezi kwambere guheza muruwu murwi

Kylian Mbappe aherutse gutahukana agashimwe k'umukinyi yukwezi kwambere muri Laliga no muri Réal Madrid birangiye ariwe agatsindiye atsinze ba Bellingham ba Rodrygo

Muvyukuri Mbappe guhera mukwambere yaritwaye neza kuruta abandi Bose 🫱🏻‍🫲🏼🔥

🟣🔵Barcelona ngo nubu ntiraheba umugambi wayo izosinyisha umusatirizi wokurwego aca ibubafu 📝 Fc Barcelona haraciye amezi...
05/02/2025

🟣🔵Barcelona ngo nubu ntiraheba umugambi wayo izosinyisha umusatirizi wokurwego aca ibubafu

📝 Fc Barcelona haraciye amezi menshi bivugwa KO muci yiteguye kuzosinyisha uwundi musatirizi umwe wo kuruhande azoza kwifandikanya nabandi basatirizi igirako

🥇 Deco wewe ngo amahitamwo yama abambwira ngo nayo kuzorondera Luis Díaz wa Liverpool, ngo amubona nk'umukinyi anyaruka arema ibitsindo anatsinda anayungurura kuriwe ngo niyo yoba amahitamwo meza

✅ kubwa Joan Laporta nabandi bayobozi bobo babona amahitamwo meza koyoba hagati ya Nico Williams, wa Athletic Bilbao , na Rafael Leão wa Ac Milan

.

🔝 Fc Barcelona ngo iriteguye kuzoshiramwo amafaranga muci mpaka isinyishije umusatirizi murayo mahitamwo ifise kuko ngo Ubu uretse Raphinha gusa ntawundi musubirizi akina kuruhande rwibubafu arikurwego rwiza niyo mpavu biteguye kuzosuma

📰 Vía: Diario Sport ✅

🔵🟣Isabukuru nziza kuri Cristiano Ronaldo dos Santos Aveiro yuzuuje imyaka  40 uwumusi umwe mubakinyi beza isi yarankojwe...
05/02/2025

🔵🟣Isabukuru nziza kuri Cristiano Ronaldo dos Santos Aveiro yuzuuje imyaka 40 uwumusi umwe mubakinyi beza isi yarankojwe yakoze amateka menshi adasanzwe

🏟inkino amaze gukina 1261
⚽️ amaze gutsinda ibitsindo 923
🅰️amaze gutanga imipira ivamwo ibitsindo 257

🇪🇸 Real Madrid yayitsindiye ibitsindo 450 , atanga na Assist 120

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Manchester United —yayitsindiye ibitsindo 145 ,atanga na Assist 57

🇵🇹 Portugal — amaze kuyitsindira ibitsindo 135, na Assist 37

🇮🇹 Juventus — yayitsindiye ibitsindo 101 , na Assist 20

🇸🇦 Al-Nassr — amaze kuyitsindira ibitsino 87 , na Assist 19 assists

🇵🇹 Sporting Lisbon — yayitsindiye ibitsindo 5 , na Assist 4

🇪🇸 Real Madrid yayitsindiye hat-tricks incuro 44

🇵🇹 Portugal yayitsindiye Hat-trick 10

🇸🇦 Al-Nasr amaze kuyitsindira hat-trick 6

🇮🇹 Juventus hat-tricks 3

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Manchester United hat-tricks 3

✅ niwe mukinyi wambere mumateka yumupira amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumateka yumupira kuva ubaho

✅Niwe mukinyi amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumirwi Nserukirabihugu

✅ Niwe mukinyi amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumateka ya Real Madrid

✅ niwe mukinyi amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumateka ya Portugal

✅ niwe mukinyi amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumateka ya Champions League

✅ niwe mukinyi amaze gutsinda ibitsindo vyinshi mumateka ya Euro

✅ niwe mukinyi amaze gutsinda za Hatrick nyinshi mumirwi Nserukirabihugu

✅ niwe mukinyi wambere yashoboye kuba Meilleur Buteur mumahiganwa 4 atandukanye

✅ niwe mukinyi yashoboye gutsinda ibitsindo birenga 50 Mumahiganwa 4 atandukanye

✅ ni Meilleur buteur Mumirwi nserukirabihugu

✅ niwe meilleur buteur wa Coupe du Monde des Clubs

✅ niwe Meileur buteur wa Euro Qualification

👇ivyo yagiye aratahukana

🏆 5 Champions League
🏆 4 Club World Cup
🏆 3 Premier League
🏆 3 European Super Cup
🏆 2 Spanish Super Cup
🏆 2 Italian Super Cup
🏆 2 Spanish League
🏆 2 Italian League
🏆 2 League Cup
🏆 2 English Leagu

🔵🟣 Barcelona : Frenkie de Jong Arabiya Saoudite bahaye bamukubita amafaranga menshi kugira azojeyo 🫢Ntibisanzwe ngo imir...
04/02/2025

🔵🟣 Barcelona : Frenkie de Jong Arabiya Saoudite bahaye bamukubita amafaranga menshi kugira azojeyo 🫢

Ntibisanzwe ngo imirwi ibiri yo muri Arabiya Saoudite imaze kumenyesha umu agent wa Frenkie de Jong KO biteguye kuzomuha umushahara wigwijije kabiri yuwo aronswa muri Barcelona kugira azemere kuja muri Saudi Pro League kandi ngo iyo mirwi yiteguye kuzoriha amahera menshi muri Barcelona

Kugeza Ubu twese dufise inkuru yemeza KO Frenkie de Jong yoba yaremeye kuzokwongera ayandi masezerano mashasha muri Barcelona kugeza Ubu ntaco aravuga kuri buno busabe bwa Arabiya Saoudite ntawuzi KO ubwo busabe buzomuhindura ivyiyumviro vyiwe ariko vyaravuzwe KO inyuma yiyi sezo ariho azicara na Barcelona bayage ivyokwongereza ayandi masezerano nubwo Arabiya Saoudite imuhanze amaso

✅Diario Sport

🔵🟣 Réal Madrid Jude Bellingham nawene ejo ntazokina imbere ya Leganes muri Copa del Ray ✅Carlo Anceloti imbere yabanyama...
04/02/2025

🔵🟣 Réal Madrid Jude Bellingham nawene ejo ntazokina imbere ya Leganes muri Copa del Ray ✅

Carlo Anceloti imbere yabanyamakuru ATI Jude Bellingham ejo ntazokina yaragize akabazo kimvune

Réal Madrid ejo izokina itagira Bellingham nkuko Anceloti avyiyemereje ariko Vinicius azoba ahari

✅Fabrizio Romano

🔵🟣Real Madrid Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Espanye ngo ryanse ubusabe bwa Réal Madrid aho yariko isaba amajwi a...
04/02/2025

🔵🟣Real Madrid Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Espanye ngo ryanse ubusabe bwa Réal Madrid aho yariko isaba amajwi abahagarikizi bavuganye murukino iheruka gutsindwa na Espanyol

Nkuko bivugwa na Diario AS Réal Madrid mwitangazo yarungitse ejo mwijoro hari harimwo gusaba amajwi yabahagarikizi bahagarikiriye urukino rwabo na Espagnol ariko amakuru ahari yemeza KO RFEF ititeguye nagato kwemera ubwo busabe bwa Réal Madrid ngo banse nkabayankiye

✅AS

🔵🟣Barcelona Ansufati yabankiye kugenda Mercato irize irangira yanse ubusabe bwose bwamurondera 😂Fc Barcelona birangiye i...
04/02/2025

🔵🟣Barcelona Ansufati yabankiye kugenda Mercato irize irangira yanse ubusabe bwose bwamurondera 😂

Fc Barcelona birangiye itanezerewe kuko bivanye nuko Ansufati aru mukinyi agira 3 ahembwa umushahara munini imiliyoni 13 asa nkuwunganya na Raphinha na Kounde Frenkie de Jong na Lewandowiski nibo bahembwa menshi kumurusha

Fc Barcelona yari yagerageje kugira agende muruku kwambere

Ngo hari ubusabe bwumurwi wo muri Quatar bari barungitse muri Barcelona Ansufati aranka

Ubundi busabe nubwo Benefica yaje gusaba Fc Barcelona ibe iramubaha kuntizanyo ngo bazoza baramuhemba ibice 35% vymushahara wiwe ariko nubu kukanyuma Ansufati yarahiye KO adasohoka ngo muriwe aguma yizigiye KO muri Barcelona azosubira kugira ibihe vyiza

Mercato yarangiye abankiye ngo singenda

✅Diario Sport

03/02/2025

Tubwire umukinyi akaze Hagati ya:
1. Kylian Mpappé
2. Lamine Yamal

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Sound posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share