HIT NEWS/+257

HIT NEWS/+257 We are Media and News Company based in East Africa/Burundi🇧🇮.We are powered by Vivant Journalist. Contact us on Whatsapp🇦🇪:(+971)545562735

26/09/2026

🔴 By Kingorongoro🤣😀🤣🔥🔥

Murumigwa ivyo yishuye & Big Fizzo & Fabelove....!

26/09/2026

🔴 by Mkombozi Lucifer ft 26 Life (Official Music Video)🤣🔥🤣🔥🔥🤣🔥🔥

Nukuri murumigwa kumajambo arimwo,yifatiye mugahanga Big Fizzo, B-Face,Fabelove...nabandi benshi...🔥🔥😀😀

🔴⚽Umuririmvyi akaba numuhinyanyuzi   niwe aheruka gutunganya indirimbo nshasha " INTAMBA MURUGAMBA " ya Natacha Burundi ...
19/09/2026

🔴⚽Umuririmvyi akaba numuhinyanyuzi niwe aheruka gutunganya indirimbo nshasha " INTAMBA MURUGAMBA " ya Natacha Burundi iriko ivugisha benshi⚽🇧🇮🔥....

Kugeza ubu,Uyu niwe muhinyanyuzi yagiye mumahanga kuko aba muri 🇨🇦 ariko akabandanya gukora ibikorwa vyishi kubw'indirimbo zabarundi nokuvugiriza abaje kuhakorera ibiteramo .

Nkakarorero muri Album ya Big Fizzo yumvikanye mundirimbo yakunzwe yitwa , ubu naho yahinyanyuye indirimbo ihayagiza " INTAMBA MURUGAMBA " mukiringo kitagera kukwezi kandi indirimbo igezweho iriko ivugisha benshii.

Iyo ndirimbo ubu imaze kurabwa incuro zirenga 200k+ kurubuga rwa YouTube,niba utarayiraba ica ngaha mazw uyisangize abandi:👉https://youtu.be/BUIIVE3CAYA?si=otkshcr8_2DGl1by

🛑⚽Umuririmvyikazi Natacha Burundi   yijukiye guteza imbere inkino,ahereye mumurwi w'Igihugu w'Umupira w'Amaguru{Intamba ...
16/09/2026

🛑⚽Umuririmvyikazi Natacha Burundi yijukiye guteza imbere inkino,ahereye mumurwi w'Igihugu w'Umupira w'Amaguru{Intamba Mu Rugamba} mugusohora indirimbo iwuhayagiza...🎵🇧🇮

Kumusi wejo haheze igenekerezo rya 15-09-2026 niho umuririmvyikazi Natacha yasohoye indirimbo yiwe yise INTAMBA MURUGAMBA yoguhayagiza,ubukomezi,ubushobozi bw'abakinyi buwo mugwi. Umu Manager wiwe ariwe niwe yagiye kuyishikiriza icese iyo ndirimbo k'umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo inkino,imico Kama,...[ ] arinawe yatanze iciyumviro cogukora iyo ndirimbo.

Indirimbo INTAMBA MURUGAMBA yegeranije abatamvyi(Danceurs)barenga 100 akataraboneka mumuziki wo mu Burundi. Kimwe nuko umuririmvyikazi Natacha ubu mubikorwa vyiwe usanga yashizemwo amajambo yiyandika mumasanamu(Lyrics) kuri YouTube bituma umuntu asoma ariko arakurikirana indirimbo icarimwe.

Indirimbo woba wamaze kuyibona,wayibonye gute⁉️Niba utarayibona woca ngaha,maze ukayiraba hama ukayisangiza abandi👉
https://youtu.be/BUIIVE3CAYA?si=otkshcr8_2DGl1by

28/08/2026

🔴BABANTU MUFISE INGWARA ZIDAKIRA,BIRAKEMUTSE🤗🙏KUBWA MUGANGA MU RWANDA🇷🇼,...ABANWA BIRAKEMUKA BURUNDU,ABAGORE BABURA IMIHANGO N'ABO IBABAZA🩸,UBUROZI,INGWARA ZIDAKIRA ZITANDUKANYE,DIABETE,AMAZI KUBAGORE,UBUSHAKE BUKE.MUGITANDA,UMUVYIBUHO UKAZE....

MUTEGE AMATWI NGAHA INGWARA ASHOBORA GUKIZA ZOSE.

👇👇👇👇👇👇👇👇

MUMURONDERE NGAHA :👉+2507815400 48

24/07/2026

🔴✝️ avuze kubantu bapfuye muri //Ubushobozi bwa 🥰🥹//Ibitangaza vyabaye🙏🔥

🚨🚨 Muri  🇦🇺 : Umuririmvyi w'umurundikazi Wema Nella 🇧🇮 yakiriye mugenziwe   wo muri Tanzania🇹🇿, akaba yamwakiriye mugisa...
23/07/2026

🚨🚨 Muri 🇦🇺 : Umuririmvyi w'umurundikazi Wema Nella 🇧🇮 yakiriye mugenziwe wo muri Tanzania🇹🇿, akaba yamwakiriye mugisagara citwa muri Australia ahazobera igikorane gikomeye cabo hamwe n'abandi baririmvyi batandukanye b'indirimbo mpimbaza Mana(Gospel) ...

Kizoba kuruyu wa gatandatu itariki 25-07-2026

Amatike mushobora kuyagura ngaha: 👇🏾

https://www.eventbrite.com.au/e/thanksgiving-concert-3-ft-malkia-rose-muhando-tickets-1988008451795?aff=oddtdtcreator&keep_tld=true

Malkia Rose Muhando 🇹🇿
Wema Entertainment 🇧🇮

19/07/2026

🔴🇷🇼UMUGORE BA AMWERETSE ABAGORE BAMUTWAYE UMUGABO🥱🥹//MUGANGA ARARIKOROJE ARABAZANYE ARABICA BOSE😳😳🔥🔥🔥

+250781848886

15/07/2026

🔴🇷🇼UMUSORE UMAZE AMEZI 6 AVA 🩸 YARAROZWE N'UMUKOBWA BAKUNDANYE,NONE AMUHAYE UMUTI🙏🥱🙏

Address

Bujumbura

Telephone

+25762572708

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when HIT NEWS/+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to HIT NEWS/+257:

Shortcuts

Share