Foot Actu Burundi

Foot Actu Burundi AMAKURU YINKINO YOSE HANO

🛑🚨⚠️BREAKING : RODRI yateye indobo REAL MADRID, ahejeje guhitamwo FC BARCELONA 🔵🔴🔥RODRI yahisemwo FC BARCELONA !Yamaze k...
06/08/2026

🛑🚨⚠️BREAKING : RODRI yateye indobo REAL MADRID, ahejeje guhitamwo FC BARCELONA 🔵🔴🔥

RODRI yahisemwo FC BARCELONA !

Yamaze kubwira Real Madrid ko bohagarika kumwipfuza kuko ubu umugwi ashaka ari Barça

Yamaze kandi no kubwira MAN CITY ingingo yiwe

Ikintu ubu gisigaye ni uko Barcelona itanga imiriyoni €60m-€70m Man City imushakako

Hansi Flick ashaka gusinyisha Rodri vyihuta, vyitezwe ko vuba caane azoba yitwa umukinyi FC BARCELONA 🔵🔴✨

Confirmed ✅

[ Fabrice Hawkins ]

🛑🚨⚠️OFFICIAL: REAL MADRID yemeje ko yasinyishije YAN DIOMANDE kuva muri RB Leipzig 🇨🇮⚪✨Umugwi w'i bwami wemeje ko Dioman...
06/08/2026

🛑🚨⚠️OFFICIAL: REAL MADRID yemeje ko yasinyishije YAN DIOMANDE kuva muri RB Leipzig 🇨🇮⚪✨

Umugwi w'i bwami wemeje ko Diomande yasinye amasezerano y'imyaka INDWI, azotuma awukinira gushika mu 2033

Diomande yabaye umukinyi wa mbere aguzwe amahera menshi mu mateka ya Real Madrid. Yaguzwe imiriyoni zirenga €130m

Ku myaka 19 y'amavuko, yabaye kandi umukinyi wa mbere w'umunya Côté D'ivoire akiniye Madrid 🇨🇮⚪✨

Umugwi w'i bwami urasumye 💯

Uyu mwana ararenze 💎🇨🇮

🟣🔵Ukuri kwuzuye nobasangiza kubijanye na Rodri muri Barca nuku: Ego nivyo amakuru mwayamenye Barca yinjiye murugamba rwo...
06/08/2026

🟣🔵Ukuri kwuzuye nobasangiza kubijanye na Rodri muri Barca nuku:

Ego nivyo amakuru mwayamenye Barca yinjiye murugamba rwo gusinyisha Rodri ariko ntacemezo kuriwe aratanga muri Barca yemeranye nabo

Barca iratekanye kandi izineza ko mukeba wabo Real Madrid akirimbere kuri Rodri kuko bobo bamaze kwemeranya amasezerano yokugiti cumukinyi Rodri ,Real Madrid ibura kimwe gusa kwemeranya na Man City gusa

Barca nayo nivyo ihaye iganira nabamwegereye ariko ntanyishu Rodri arabaha neza yemeza ko ahinduye yemeye kuzoza muri Barca mubisanzwe Barca ntiraronka intambwe nimwe kuri Rodri yamasezerano kugiti cumukinyi oya

Barcelona yasobanuye ukwinjira murugamba rwo gusinyisha uwu musore yabwiye Mundo Deportivo ati : Nivyo amakuru ahari nuko ashaka kuja muri Real Madrid ,Ariko natwe tumurindiriye kuri kimwe gusa nyimba yifuza kwambara umwambaro wacu waba Blaugana nuko ategerezwa kubitwereka naho bitabaye uko ntakintu cahatari tugiye gukora kuriwe

Wumvise aya Majambo Barca yavuze kuri Rodri ihaye Mundo yerekana ko ekipe ya Barca yo nubwo ihaye isunika mwiyi Dossier iracarindiriye ukwemera kwa Rodri kutaraboneka gufiswe namukeba wabo Real Madrid

Situation imeze uko ntihagira ibindi bishasha biza turabaha ariko ibintu bimeze uko Barcelona iri murugamba gusa ikirindiriye icemezo canyuma kuri Rodri ibanye urugamba nuko🔥

🛑🚨⚠️BREAKING: FC BARCELONA ubu niyo ihabwa amahirwe menshi yo gusinyisha RODRI 🤯🔥Ivya RODRI kuja muri Real Madrid vyahag...
06/08/2026

🛑🚨⚠️BREAKING: FC BARCELONA ubu niyo ihabwa amahirwe menshi yo gusinyisha RODRI 🤯🔥

Ivya RODRI kuja muri Real Madrid vyahagaze❌

Madrid ikeneye kubanza kugurisha umukinyi kugira ironke ikibanza co gushiramwo RODRI

Yashaka kugurisha Camavinga ariko yanse kugenda

Ubu rero FC BARCELONA iriko irasunika caane ( The Athletic )

Bisa nkaho BARÇA ubu iriko iraja imbere ya MADRID mu gusinyisha RODRI ( Ben Jacobs )

Barça yagiranye ibiganiro na Rodri hamwe na Man City

Ingingo isigaye ku mukinyi ( Fabrizio Romano )

Mu ncamake, muri aka kanya tuvugana, RODRI ahabwa amahirwe menshi yo gusinya muri FC BARCELONA kurusha gusinya muri REAL MADRID

WOW🤯

🟣🔵FAB ALERT!!! Franco Mastatuono yamaze kugenda numukinyi wa Fiorentina bidasubirwamwo atijijwe na Real Madrid sezo iza ...
05/08/2026

🟣🔵FAB ALERT!!!
Franco Mastatuono yamaze kugenda numukinyi wa Fiorentina bidasubirwamwo atijijwe na Real Madrid sezo iza azoba arimumwambaro wa Fiorentina

Deal Done ✅🔥

Fabrizio Romano

🛑🚨⚠️BREAKING: BRUNO GUIMARAES muri ARSENAL, HERE WE GO 🔴🇧🇷🔥ARSENAL na NEWCASTLE bamaze kwumvikana imiriyoni £75m kuri Br...
05/08/2026

🛑🚨⚠️BREAKING: BRUNO GUIMARAES muri ARSENAL, HERE WE GO 🔴🇧🇷🔥

ARSENAL na NEWCASTLE bamaze kwumvikana imiriyoni £75m kuri Bruno Guimaraes, umwe mu bakinyi bo hagati ba mbere beza kw'isi🤯

Uyu mugabo w'imyaka 28 agiye gukora ibipimo vy'abaganga, hama ace asinya muri The Gunners!!!

Yeah, Abarashi barasumye! What a player 🇧🇷✨

Ninde azohagarika ARSENAL muri iyi sezo ???

Defense ya Saliba na Gabriel

Midfield ya Declan Rice na Bruno Guimaraes

Attack ya Bukayo Saka na........ Vini 👀

Kwisubiza Premier League vyovyo ni ngombwa, ariko kuri iyi ncuro, bazorenzako na Champions League mu gihe boronka na Vini !!!!!

Musengere imigwi yanyu 🙏🏾

Intare Sports
Intare Blue

🔵🟣Real Madrid Inkuru yakakanya nuko Vinicius azanye na agent wiwe kukibuga cimyimenyerezo ca Real Madrid Harinama yamye ...
05/08/2026

🔵🟣Real Madrid Inkuru yakakanya nuko Vinicius azanye na agent wiwe kukibuga cimyimenyerezo ca Real Madrid

Harinama yamye ivugwa ejo mwitangazamakuru ryi Madrid ko yoba uwu musi canke ejo ihuza Vini na Real Madrid

Mumuduga wiwe Vinicius ngo yururukanye na agent wiwe i Valdebebas bishobora bakaba baje mubiganiro vyanyuma na Real Madrid

Turindire Ibisohoka turabibaha

🟣🔵Real Madrid Situation ya Vinicius isa nkiyigomba gusa niyashikiye Cristiano Ronaldo Akiri muri Real Madrid Vinicius nu...
05/08/2026

🟣🔵Real Madrid Situation ya Vinicius isa nkiyigomba gusa niyashikiye Cristiano Ronaldo Akiri muri Real Madrid

Vinicius nubu bahaye bamuha hafi umushahara wimiliyoni 22 ngo namasezerano yokugera 2031 ngo ariko asa nkuwuhaye nubu abwanka arashaka bamukwirize neza miliyoni 30€ amahera Fiorentino Perez atemeranya nawe ko yoyahabwa ❌

bahaye bamuha umushahara Cristiano Ronaldo bamuha buri sezo nawene yari miliyoni 22€

ariko CR7 yabwira Florentino Perez ko yifuza kuganya na Messi bahangana kwa Barcelona yahabwa miliyoni 30€ umusaza Florentino Perez yabwiye CR7 kobamwongeyeko miliyoni 3€ bazomuha miliyoni 25€ maze CR7 aranana ko atamasezerano asinya birangira Real Madrid imukubise kwisoko arigendera

None na Vinicius ngo nawene arashaka anganye na Mbappe bakinana bose babahe icubahiro nkabami ba ekipe

Bivugwa ko nubu Vinicius akomeje kutemera miliyoni 22€ kumushahara hahaye havugwa inama zanyuma uwu musi canke ejo iyi Dossier dushobora kuzomenya ivyayo nyimba azokwemera canke azoyanka agurishwa

Bishobora kuba nka CR7 ?😃




#

🛑🚨⚠️BREAKING: MOHAMED SALAH muri TRABZONSPOR, HERE WE GO 🔵🟣🔥Trabzonspor yatangaje ko yamaze kwumvikana na MOHAMED SALAH🇪...
05/08/2026

🛑🚨⚠️BREAKING: MOHAMED SALAH muri TRABZONSPOR, HERE WE GO 🔵🟣🔥

Trabzonspor yatangaje ko yamaze kwumvikana na MOHAMED SALAH🇪🇬✨

The Egyptian KING agiye gusinya amasezerano y'imyaka ibiri muri uwo mugwi wo muri Turikiya k'ubuntu inyuma yo kuva muri Liverpool

Trabzonspor isanzwe yarangije mu kibanza ca gatatu mw'ihiganwa ryo muri Turikiya muri sezo iheze, kandi izokina Europa League muri iyi sezo

Inyuma yo kuganza Premier League imyaka ICENDA, Mo Salah agiye kuganza Turkey nayo

Good luck, Mo 🇪🇬✨🫡

🛑🚨⚠️MAN CITY yatanguye ibiganiro n'abahagarariye Pedro Neto. Chelsea iriteguye kumutanga mu gihe umugwi wozana imiriyoni...
04/08/2026

🛑🚨⚠️MAN CITY yatanguye ibiganiro n'abahagarariye Pedro Neto. Chelsea iriteguye kumutanga mu gihe umugwi wozana imiriyoni £70m. Spurs nayo iramushaka mu gihe ivyo gusinyisha Savinho vyokwanka

🔴ARSENAL na Newcastle baregereje kwumvikana kuri Bruno Guimaraes. Hasigaye ibintu bike. Deal ishobora kuba completed vuba hashoboka

🔴Chelsea iregereje kwumvikana na Rayo Vallecano kuri Pep Chavarria. Uyu myugariro wo k'uruhande rw'ibubamfu w'imyaka 28 aje gusubirira Cucurella. Xabi Alonso yamushaka cane

🔴 Inyuma yo kugurisha Chalobah muri Como kuri €30m, The Blues igiye no kugurisha Badiashile na Tosin

🔴Naho Fabrizio Romano yavuze ' Here we go ' imigwi itarumvikana, ubu igiye kwumvikana. Yan Diomande agiye gusinya muri Real Madrid ku miriyoni zirenga €130m. Ashobora kuba umukinyi wa mbere azimvye mu mateka y'umugwi

🔴 Biravugwa ko MOHAMED SALAH yumvikanye na Trabzonspor. The Egyptian King ashobora gusinya amasezerano y'imyaka ibiri muri uyu mugwi wo muri Turikiya

🔴 Tottenham ishaka gusinyisha Nicolas Jackson. Chelsea ishaka £65m

🔴 PSG igiye gutanga ubusabe bwa mbere muri Fc Barcelona kuri Ferran Torres. Ubusabe buri muri €40m-€50m

🔴 Rodri yabwiye Fc Barcelona hamwe n'iyindi migwi yamushaka nka PSG na Bayern ko wēwe yishakira Real Madrid gusa. Azogurwa €65m-€75m

🔴Ter Stegen yasinye muri Ajax

🔴Hari amahirwe ya 70% ko Curtis Jones azova muri Liverpool, asinye muri Inter Milan

🔴Franco Mastantuono agiye kuva muri Real Madrid. Hari amahirwe menshi ko azosinya muri Fiorentina ku ntizanyo

🔴Spurs ishaka gusinyisha Cody Gakpo kuva muri Liverpool

🔴 Chelsea itegura kurungika Mudryk muri Strasbourg ku ntizanyo inyuma yo Kuva mu bihano

🔴Filip Jorgensen yasinye muri Strasbourg ku ntizanyo kuva muri Chelsea

🔴Jesse Bisiwu yasinye muri Fc Barcelona kuva Brugge kuri €8.5m

🔴 Nottingham Forest iriko iripfuza umu midfielder wa Man City, Tijjani Reijnders. Newcastle nayo yari yerekanye ko imushaka mu ntango z'iri ci






Address

Bujumbura
1100

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Foot Actu Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share