Gihuhusi entertainment

Gihuhusi entertainment burundian FLM action

21/11/2025

nukuri iyi film ndazi muzoyikunda

khan
mutoni

  Khan na   Mutoni bamwe mubakinye muzokunda cane mur film  nshasha   iriko irabategurira
13/11/2025

Khan na Mutoni
bamwe mubakinye muzokunda cane mur film nshasha iriko irabategurira

12/11/2025

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Liesse Niyonkuru, Christa Bechou Iriho, Aüdïfãx Øffïcïãl, Shugweryimana Emelyne

umus ugira 23 wa tournage,Ninde yotomboja izina ryiyi film?
08/11/2025

umus ugira 23 wa tournage,
Ninde yotomboja izina ryiyi film?

ntibiba vyorosh ibikorwa vya shooting ariko turapambana tuumwanya numwanya turaba film tumaze imisi itari Mike dutegura ...
07/11/2025

ntibiba vyorosh ibikorwa vya shooting ariko turapambana tu
umwanya numwanya turaba film tumaze imisi itari Mike dutegura
Khan
ornella
Chris

vyari ivyishimo ntangere kumurwi   aho yahimbazq isabukuru yukwaka umwe imaze ikora kumugaragaro
03/11/2025

vyari ivyishimo ntangere kumurwi aho yahimbazq isabukuru yukwaka umwe imaze ikora kumugaragaro

Enjoy the videos and music that you love, upload original content and share it all with friends, family and the world on YouTube.

Mose yishura Imana ati mfise INKONI gusa muntoke? mbega nawe Harico woba ufise wobwir Imana ?? mbega ico kintu ufis urab...
03/10/2025

Mose yishura Imana ati mfise INKONI gusa muntoke? mbega nawe Harico woba ufise wobwir Imana ?? mbega ico kintu ufis urabonako gifise ubushobozi bwokukujabukana ?
kaze dusangira Ijambo ry Imana

28/09/2025

hallo friends 🧡
nizereko Mur amahoro,turabokunda turiko turabategurir ibintu vyiza cane
stay tuned

Inyuma ya film   , hari iyindi film iriko irategurwa mumisi mikeya iraja ahabona
12/09/2025

Inyuma ya film , hari iyindi film iriko irategurwa mumisi mikeya iraja ahabona

Mwite Nzoyisaba Joël cank PS wa    Akaba agiye kugaragar mur film nshasha ya iriko irategurwa
09/09/2025

Mwite Nzoyisaba Joël cank PS wa
Akaba agiye kugaragar mur film nshasha ya iriko irategurwa

07/09/2025

New movie is loading.....65%

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gihuhusi entertainment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share