Imfura y'ubwa Nyaburunga

Imfura y'ubwa Nyaburunga Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Imfura y'ubwa Nyaburunga, News & Media Website, Bujumbura.

💙♥️Visca Barça ♥️💙Umumenyereza Xavi Hernandez yatangajwe n'urugero umukinyi w'umunya Sénégal w'umwagarizi Mikaye baherut...
18/07/2023

💙♥️Visca Barça ♥️💙

Umumenyereza Xavi Hernandez yatangajwe n'urugero umukinyi w'umunya Sénégal w'umwagarizi Mikaye baherutse kuzana muriyo équipe Aho akiri muto cane .

Ariko abakurikiranye imyimenyerezo yo kumunsi wejo,bemezako yitwaye neza Aho yakinana na Ronald ARAUJO akina mumutima wa défense kuruhande rw'i buryo,ntimuzotangare mubonye kumwaka uza ariwe akinana na ARAUJO,mbibutseko afise imyaka 18 gusa.

💙♥️ Visca Barça♥️💙Amakuru y'indani muri Barça kubakinyi basohoka.Ibimenyeshamakuru vyi Catalogne vyamenyeshejeko ata muk...
18/07/2023

💙♥️ Visca Barça♥️💙
Amakuru y'indani muri Barça kubakinyi basohoka.

Ibimenyeshamakuru vyi Catalogne vyamenyeshejeko ata mukinyi n'umwe biramenyekanako azosohoka ariko:
✔️Pablo torre agiye gutizwa muri équipe ya Gérone kugira akomeze kuzamura urwego mughe NICO Gonzalez baracarondera Aho bamutiza
✔️ Clément LENGLET aracarindiriyeko dosiye yiwe na Tottenham imutware burundu mugihe Alex Corrido agiye gukina muri Betis Séville
✔️Ez Abde azoguma mûri équipe bivanye nukuntu yitwaye mur ossasuna na CAN yabatarenze 23 mughe Sergino Dest agomba kwemeza umutoza mûri pré-saison barebeko bamugumana cnk bamuguza

🦧Uragomba kuguma uronka amakuru yose kumirwi ukunda ??gira Suivre kuriyi page🙏https://www.facebook.com/100094517481243/posts/115610311599551/?app=fbl

"Christiano RONALDO yahumaganye"Umukinyi karuhariwe yabiciye biracika biracika kumugabane wa Burayi ariko abarizwa Ubu k...
18/07/2023

"Christiano RONALDO yahumaganye"

Umukinyi karuhariwe yabiciye biracika biracika kumugabane wa Burayi ariko abarizwa Ubu kumugabane wa Asie mubanyabitoro mu murwi wa Al Nasser yaraye atangaje amagambo yabiciye biracika Aho yifatiye umupira kumugabane wa Burayi 🤣

Yagize ati:Narugaye imiryango kugusubira gukina i Burayi,ntabwo nzosubirayo gukina mu mirwi yaho, umupira w'iburayi waratakaje agaciro nakanovera uretse Premier League icihagazeko yonka.

Nuguruye imiryango muri Soudi arabia ndabonako n'abandi bakinyi bagiye guhurumbira iyi shampiyona y'abanya bitoro🌚

Saudi Pro League irakomeye gusumba MLS yo mûri amerika(shampiyona MESSI agiye gukinamwo)🤣😂😂😂

🦅Intamba zacu🦅 Youssouf wacu♥️Nkuko tubibona kurubuga rw'umukinyi w'Intamba mu Rugamba akaba akinira umurwi wa OGC Nice ...
17/07/2023

🦅Intamba zacu🦅 Youssouf wacu♥️

Nkuko tubibona kurubuga rw'umukinyi w'Intamba mu Rugamba akaba akinira umurwi wa OGC Nice mu bufaransa,Uyo mukinyi ari mi rutonde rw'abakinyi 29 ba OGC Nice bagiye mu gihugu ca Espagne mumujibm wa Catalogne gutegura inkino za gicuti zokwitegurire shampionnat zigiye gutangura mukwezi kuza.

Uwo murwi wa OGC Nice ukaba ufitaniye urukino igenekerezo Rya 22 n'umurwi wa Montpellier

Reka twipfurize imyiteguro myiza umurundi wacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

16/07/2023

😂Bumamuru FC💙

Mudufashe gukeza umusore wacu Kilongozi Bazombwa... yaraye ateye intambwe agakora ubugeni⚪💚

..."Tunakutakia nyumba yenye furaha, yenye amani na watoto wema"...

Abakinzi bacu mudufashe kumukeza..




💙Bumamuru FC💙Mudufashe gukeza umusore wacu  Kilongozi Bazombwa... yaraye ateye intambwe agakora ubugeni⚪💚 ..."Tunakutaki...
16/07/2023

💙Bumamuru FC💙

Mudufashe gukeza umusore wacu Kilongozi Bazombwa... yaraye ateye intambwe agakora ubugeni⚪💚

..."Tunakutakia nyumba yenye furaha, yenye amani na watoto wema"...

Abakinzi bacu mudufashe kumukeza..




💙♥️ FC Barcelone ♥️💙Wa murwi w'abakunzi benshi unakina n'umupira mwiza nkuko vyemezwa n'abakunzi bawo uriko ushaka umuki...
16/07/2023

💙♥️ FC Barcelone ♥️💙

Wa murwi w'abakunzi benshi unakina n'umupira mwiza nkuko vyemezwa n'abakunzi bawo uriko ushaka umukinyi wa Villarreal
Nkuko amakuru ava mubegereye uburongozi bw'umurwi ngo umumenyereza Xavi Hernandez abonako mûri équipe babura umukinyi ashbora kurema uburyo bwinshi buvamwo ibitego (numéro 10 Full) bakabonako gusinyisha Bernardo Silva bitoroshe narirya umurwi ataburyo ufise bwukumuzana babona Lo Celso wa Villarreal yoba umusubirizi mwiza babuze Bernardo Silva

15/07/2023

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Imfura y'ubwa Nyaburunga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share