05/11/2025
❌️ harya ngo ba Sat-B canke ba bari n'a m'afranga💵 🤣 ubu tuvugana uno mu solitaire yaraye aguze 🌊🚢 yagurana nivyaho vyose kumafranga 400 millions kumbe nuku ihemba ngiye kujayo nanje bamwe mubant batangaye cane ngo
nukwibesher kugira abereke ko batanganaye
burimuntu wese yamubwiye
ukomande ikintu wakuze wifuza ndakurihura ntuzan ubwo ngo bwa mwite Rutwitsi Burundi 🇧🇮 abo ba canke ba bageze iwe bacika abakozi bomunzu